Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
rn
SPIP - www.spip.net

Ubuzima bwa Sipiriyano NTARYAMIRA akwije imyaka 24 yitavye Imana
https://mail.igihe.bi/sipiriyano-ntaryamira-ni-nde.html
https://mail.igihe.bi/sipiriyano-ntaryamira-ni-nde.html
2018-04-06T08:30:00Z
text/html
rn
egide
HomeNews

Imyaka 24 irarumanye kuri uwu wa gatanu igenekerezo rya 6 Ndamukiza 2018 umuhisi Sipriyano Ntaryamira, umukuru w'igihugu c'Uburundi asandavye mu mpanuka y'indege, inyuma y'amezi abiri gusa asubiriye Melchior Ndadaye, umukuru w'igihugu wa mbere yagandaguwe yari aheruka kwitorerwa n'abanyagihugu biciye mu nzira y'intwaro rusangi. Iragi abarundi bibukirako Ntaryamira Sipiriyano ni "Discipline muri vyose".

u Burundi

HomeNews

Uburundi buranegura ibikorwa vya sentare mpuzamakungu mpanavyaha
https://mail.igihe.bi/uburundi-buranegura-ibikorwa-vya.html
https://mail.igihe.bi/uburundi-buranegura-ibikorwa-vya.html
2016-06-03T11:55:23Z
text/html
rn
egide
HomeNews

Reta y'Uburundi imenyesha ko igikorwa giherutse gutanguzwa n'umushikirizamanza mukuru wa sentare mpuzamakungu mpanavyaha, Fatu Bensuda, gihushanye n'amategeko agenga iyo sentare.

Fatou Bensouda, umushikirizamanza kizigenza wa sentare mpuzamakungu mpanavyaha aheruka gutangura igikorwa c'isuzumwa ry'ivyaha biriko birakorwa mu Burundi kugira arabe ko bikenewe ko atanguza amatohoza nyezina kuri ivyo vyaha.

Kubwa Reta y'Uburundi, ico gikorwa giteye kubiri n'amategeko, umushikiranganji ajejwe (...)

u Burundi

HomeNews

Muramvya : Abanyeshure bagize imyiyerekano yahungabanije ivyigwa
https://mail.igihe.bi/muramvya-abanyeshure-bagize.html
https://mail.igihe.bi/muramvya-abanyeshure-bagize.html
2016-06-03T11:19:03Z
text/html
rn
egide
HomeNews

Ivyigwa vyahungabanye kuri uwu wa gatanu ku mashure atatu yisumbuye yo ntara ya Muramvya, igihe abakozi b'igendereza hamwe n'abaporisi baja gufata abanyeshure bagera kuri 15 bagirizwa ko aribo bafutanganije isanamu y'umukuru w'igihugu Petero iri mu bitabu abo banyeshure bigiramwo.

Mu kwiyamiriza ihagarikwa rya bagenzi babo, abandi banyeshure baciye basohoka ishure bagira imyiyerekano yabashikanye mu kibanza citiriwe ukwikukira. Mu gushwiragiza abo banyeshure, abaporisi baciye barasa amasasu (...)

Amashuri

HomeNews

Hillary Clinton abona ko Donald Trump ashobora kujana Amerika mu ngwano
https://mail.igihe.bi/hillary-clinton-abona-ko-donald.html
https://mail.igihe.bi/hillary-clinton-abona-ko-donald.html
2016-06-03T10:21:13Z
text/html
rn
egide
HomeNews

Hillary Clinton, Umukandida w'Umudemokarate ari imbere mu mugambwe wiwe, yamenyesheje ko umu republicain bahiganwa, ariwe Donald Trump, ari umuntu ashobora gutera ibibazo, kandi adafise ibisabwa kugira abe umukuru w'igihugu.

Ivyo Hillary Clinton yabitangaje mw'ijambo yashikirije, kuri uwu wa kane, asigura kuri politike yiwe yo mu mahanga, akaba yari mu gisagara ca San Diego, muri Reta ya Californiya. Muri iryo jambo ryiwe, Hillary Clinton yashimikiye ku kungene amenyereye amabanga ya Reta, mu (...)

Mu makungu

HomeNews

Abantu biyemerera ko bahora mu myimenyerezo ya gisirikare mu Rwanda bafashwe
https://mail.igihe.bi/abantu-biyemerera-ko-bahora-mu.html
https://mail.igihe.bi/abantu-biyemerera-ko-bahora-mu.html
2016-06-03T09:29:14Z
text/html
rn
egide
HomeNews

Igiporisi c'Uburundi cerekanye Abarundi babiri biyemerera ko bahora mu myimenyerezo ya gisirikare mu gihugu c'Urwanda. Abo bari mu minwe y'igiporisi bavuga ko iyo myiteguro bahoramwo yari iyo kuzotera Uburundi.

Abo barundi berekanwe kuri uwu wa kane n'igiporisi ni babiri, bompi bakaba biyemerera ko bahora mu myimenyerezo ya gisirikare mu kibira ya Nyungwe mu gihugu c'Urwanda. Ukwo ari babiri bafashwe n'igiporisi ku munsi wa mbere ku rubibe Uburundi buhana n'Urwanda, ku ruhande rwo mu Kayanza, (...)

umutekano

HomeNews

Umwami Mswati wa 3 agiye gutwara ishirahamwe SADC
https://mail.igihe.bi/umwami-mswati-wa-3-agiye-gutwara.html
https://mail.igihe.bi/umwami-mswati-wa-3-agiye-gutwara.html
2016-06-03T08:04:24Z
text/html
rn
egide
HomeNews

Umwami Mswati wa gatatu wa Swazilande niwe agiye kurongora ishirahamwe SADC rijejwe iterambere ry'ibihugu vyo muri Afrika y'Ubumanuko.

Ayo mabanga bitegekanijwe ko Umwami Mswati azoyashingwa mu nama y'abakuru b'ibihugu n'ama Reta yo muri ako karere yimirije kubera ku murwa mukuru Mbabane wa Swazilande mu kwezi kwa Myandagaro.

Ariko imihari iharanira intwaro rusangi muri ico gihugu imenyesha ko idashigikiye iryo genwa ry'umwami Mswati. Bamwagiriza guhohotera uburenganzira bw'abanyagihugu biwe mu (...)

Mu makungu

HomeNews

Kanyosha : Umuntu umwe yakomerekejwe na Gerenade
https://mail.igihe.bi/kanyosha-umuntu-umwe-yakomerekejwe.html
https://mail.igihe.bi/kanyosha-umuntu-umwe-yakomerekejwe.html
2016-06-02T12:18:37Z
text/html
rn
egide
HomeNews

Umuntu umwe niwe yakomerekejwe na gerenade yatewe mw'ijoro ryo uwu wa gatatu muri zone ya Kanyosha, mu gisagara ca Bujumbura.

Mu giporisi c'Uburundi bamenyesha ko iyo gerenade yatewe nk'igihe c'isaha zibiri z'ijoro muri karitiye ya Musama iri muri zone Kanyosha, ikaba yakomerekeje umuntu umwe yariko ararengana, nk'uko bimenyeshwa na Moise NKURUNZIZA, icegera c'umuvugizi w'igiporisi (...)

umutekano

HomeNews

Uburundi ntiburamenyeshwa ko abaporisi b'Abarundi bari Centrafrique bagiye kwirukanwa
https://mail.igihe.bi/uburundi-ntiburamenyeshwa-ko.html
https://mail.igihe.bi/uburundi-ntiburamenyeshwa-ko.html
2016-06-02T11:45:26Z
text/html
rn
egide
HomeNews

Ubushikiranganji bw'imigenderanire y'Uburundi n'ayandi makungu buvuga ko butaramenyeshwa ko abaporisi b'Abarundi bari gufasha kugarukana amahoro muri Centrafrique bagiye kwirukanwa. Ubwo bushikiranganji bwemeza ko ivyo ari ibihuha.

Umushikiranganji Alain-Aimé NYAMITWE avuga ko abeshuza ivyo bivugwa ko abaporisi b'Abarundi bagiye kwirukanwa, agashikiriza ko ababivuga ari abitiranya ingene bigenda.

« Kugira Abarundi baveyo, barabitumenyesha biciye mu nzira zirashe vyaciyemwo kugira bagende. »

Uwo (...)

u Burundi

HomeNews

Abantu indwi birukanwe mu Rwanda bapfungiwe mu gasho ka komine Ngozi
https://mail.igihe.bi/abantu-indwi-birukanwe-mu-rwanda.html
https://mail.igihe.bi/abantu-indwi-birukanwe-mu-rwanda.html
2016-06-02T10:11:23Z
text/html
rn
egide
HomeNews

Abarundi indwi baheruka kwirukanwa mu gihugu c'Urwanda bapfungiwe mu gasho ka komine Ngozi. Imiryango yabo isaba ko abo banyagihugu borekurwa.

Abo banyagihugu indwi basanzwe bavuka muri komine ya Bugabira, intara ya Kirundo, bakaba bakwije iminsi itanu mu munyororo. Bafashwe bagishika mu ntara ya Ngozi, bakaba bataramenyeshwa ico bafatiwe.

Imiryango y'abo bari mu munyororo isaba ko abo bantu borekurwa, bakaba bari bamaze imyaka myinshi baba mu Rwanda.

Intara ya Ngozi imaze kwakira (...)

u Burundi

HomeNews

Maragarita BARANKITSE yavuze ico azokoresha amafaranga yahawe nk'agashimwe
https://mail.igihe.bi/maragarita-barankitse-yavuze-ico.html
https://mail.igihe.bi/maragarita-barankitse-yavuze-ico.html
2016-06-02T07:18:40Z
text/html
rn
egide
HomeNews

Barankitse Margueritte, Umurundikazi aherutse guhabwa agashimwe mpuzamakungu kubera guharanira uburenganzira bwa muntu, yavuze ko amafaranga yahawe azoyifashisha mu gusubiza mw'ishuri abana b'Abarundi bahungiye mu Rwanda, kugira bazogaruke iwabo mu Burundi bafise impamyabushobozi zikomeye.

Haheze ukwezi kumwe Maragarita Barankitse ahawe agashimwe mpuzamakungu Aurora Prize 2016, arushije abagera ku 180 bariko bahiganwa nawe.

Agashimwe Maragarita Barankitse yahawe gahwanye n'umiriyoni umwe (...)

u Burundi

HomeNews