Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
rn
SPIP - www.spip.net
-
Swaziland:Itegeko ribuza kwambara ijipo ngufi rigiye gukurikizwa
https://mail.igihe.bi/swaziland-itegeko-ribuza-kwambara.html
https://mail.igihe.bi/swaziland-itegeko-ribuza-kwambara.html
2012-12-24T10:09:17Z
text/html
rn
HomeNews
AfricaNews
<p>Mugihe abakobwa amajana n'amajana badasiba kudefira uko umwaka utashe imbere y'umwami wo muri Swaziland bambaye izuba,igipolisi co catangaje kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 24 Kigarama ko kigiye gushira mungiro bimwe biboneka itegeko ribuza kwambara utujipo tugufi. <br class='autobr' />
Nkuko vyashikirijwe n'umuvugizi w'igipolisi ,Wendy Hleta ku kinyamakuru The indepandent Online News,ngo itegeko ryo mu 1889 ribuza kutikwiza rigiye gukurikizwa,kuko uwuzobirengako azohanishwa umunyororo w'amezi atandatu. <br class='autobr' />
Invo (...)</p>
-
<a href="https://mail.igihe.bi/-mumakungu-38-.html" rel="directory">Mu makungu</a>
/
<a href="https://mail.igihe.bi/+-homenews-+.html" rel="tag">HomeNews</a>,
<a href="https://mail.igihe.bi/+-africanews-+.html" rel="tag">AfricaNews</a>