Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Somalie:Al Shabab yasubiye gukomeza ibitero i Mogadiscio https://mail.igihe.bi/somalie-al-shabab-yasubiye.html https://mail.igihe.bi/somalie-al-shabab-yasubiye.html 2015-06-22T08:42:34Z text/html rn newsletter
Umuhari w'intagondwa z'abaIslam barwanya Reta ya Somaliya Al shabaab waragize ibitero ku murwa mukuru wa Somalia, Mogadiscio, hafi y'ikigo gitanga inyigisho c'urwego rw'igihugu rujejwe igendereza.
Hari kuw'Imana,igenekerezo rya 21 Ruheshi.Umurwanyi umwe wa Al Shabab yaturikije igisasu ari mu modoka hanze y'ico kigo c'ibiro bikuru vy'igendereza mu gihugu ca Somaliya.
Umumenyeshamakuru wa BBC ari i Mogadiscio yavuze ko abandi barwanyi ba Al Shabaab ,bihenze batera inzu y'umunyagihugu bibaza ko ari (...)
- Muri Afrika / newsletter Umuvyeyi wa Général Ndirakobuca Gervais "NDAKUGARIKA" yagandaguwe https://mail.igihe.bi/umuvyeyi-wa-general-ndirakobuca.html https://mail.igihe.bi/umuvyeyi-wa-general-ndirakobuca.html 2014-08-11T09:17:28Z text/html rn HomeNews newsletter
Umuvyeyi wa Général Ndirakobuca Gervais batazira "Ndakugarika", icegera c'umuyobozi mukuru w'ibiro bikuru vy'igendereza ry'Uburundi, yagandaguwe mw'ijoro ryo kuri uwu wa mungu, acumiswe imbugita. Ikiziga ciwe cashikanwe ku bitaro vy'abasirikare mu Kamenge yamaze gucikana.
Amakuru dukura ku musozi Ndora, intara ya Cibitoke, amenyesha ko Bakundumwandu Petero, umuvyeyi wa Général Ndirakobuca Gervais batazira "Ndakugarika" yagandaguwe mw'ijoro ryo kuri uwu wa mungu. Ayo makuru ava mu ntara ya Cibitoke (...)
- umutekano / HomeNews, newsletter Amatohoza ya MONUSCO ntiyemeza ivyashikirijwe na Petero Karaveri Mbonimpa https://mail.igihe.bi/rapport-de-l-onu.html https://mail.igihe.bi/rapport-de-l-onu.html 2014-08-07T10:24:10Z text/html rn HomeNews newsletter
Mu cegeranyo gisohoka mu mezi atatu c'ishirahamwe mpuzamakungu ONU ku kuntu vyifashe mu Burundi, bamenyesha ko intwaro rusangi yasubiriye inyuma, ikaba yunyuwe n'icuka kitari ciza hagati ya CNDD FDD na UPRONA, imigambwe yompi yahora isangiye ubutegetsi. Muri ico cegeranyo bavuga ko abakuru b'imigambwe itavuga rumwe n'ubutegetsi batoroherezwa mu bikorwa vya poritike. Muri ico cegeranyo ca ONU, bamenyeshesha ko amatohoza ya MONUSCO yerekana ko ata myimenyerezo ya gisirikare iriko ikorerwa i (...)
- u Burundi / HomeNews, newsletter Ikirangaminsi c'amatora cashikirijwe n'umurwi CENI https://mail.igihe.bi/ikirangaminsi-c-amatora.html https://mail.igihe.bi/ikirangaminsi-c-amatora.html 2014-07-18T10:59:23Z text/html rn HomeNews newsletter
Umurwi w'igihugu wigenga ujejwe gutunganya amatora CENI washikirije abarundi n'amakungu ikirangaminsi c'ingene amatora twimirije yo mu 2015 azokurikirana.
Kuri uno wa gatanu, igenekerezo rya 18 mukakaro , umurwi CENI (Commission Eléctorale Nationale Indépendante) washize ahabona ikirangaminsi c'ingene amatora yo mu mwaka w'2015 azokurikirana. Nk'uko bishikirizwa n'umukuru w'uwo murwi Claver Ndayicariye, hazoba amatora atanu. Hazotangura ay'abajenama ba ma komine abere rimwe n'amatora (...)
- u Burundi / HomeNews, newsletter Rufyiri aritaba umushikirizamanza akukira Mairie n'urutonde rw'abanyonyeza amatungo ya Reta https://mail.igihe.bi/gabriel-rufyiri-aritaba.html https://mail.igihe.bi/gabriel-rufyiri-aritaba.html 2014-07-16T11:56:29Z text/html rn HomeNews newsletter
Igihe c'isaha icenda z'umurango, Gabriel Rufyiri ari kumwe n'umushingwamanza wiwe araza kwitaba umushikirizamanza akukira Mairie ya Bujumbura, kugira yerekane urutonde rw'abatunze vy'umurengera banyonyeza amatungo ya reta.
Mu gihe umukuru wa Olucome kuri uno munsi ariho yari gutanguza urugendo rwa wenyene muri rya sekeza ryo kwiyamiriza abanyonyeza amatungo ya reta , igipolisi cazindutse gikikuza urugo rwiwe guhera nk'igihe c'isaha icenda y'ijoro nk'uko tubimenyeshwa na Gabriel Rufyiri.
Gabriel (...)
- Ubutungane / HomeNews, newsletter Integuro z'amategeko ane nizo zizwe n'inama nshikiranganji https://mail.igihe.bi/inama-nshikiranganji-yakoranye-10632.html https://mail.igihe.bi/inama-nshikiranganji-yakoranye-10632.html 2014-07-16T10:09:39Z text/html rn HomeNews newsletter
Inama nshikiranganji yakoranye, ku rutonde rw'ivyigwa hari iteguro z'amategeko ashika kuri 4 n'utuntu n'utundi. Inama yari irongowe n'umukuru w'igihugu Petero Nkurunziza.
Muri iyo nama nshikiranganji, hizwe integuro z'amategeko ane nizo zizwe, nazo ni:
1) Integuro y'itegeko rishinga isubirwamwo ry'amahera y'umwaka w'i 2014. Iyo nteguro yashikirizwa n'umushikiranganji w'ikigega ca reta no gutunganya itera mbere ry'ubutunzi, Tabu Abdallah Manirakiza.
2) Integuro y'itegeko igenga itunganywa (...)
- u Burundi / HomeNews, newsletter Urugo rwa Gabriel Rufyiri rukikujwe n'abaporisi https://mail.igihe.bi/urugo-rwa-gabriel-rufyiri.html https://mail.igihe.bi/urugo-rwa-gabriel-rufyiri.html 2014-07-16T06:04:47Z text/html rn newsletter
Urugo rwa Gabriel Rufyiri, umukuru w'ishirahamwe OLUCOME rirwanya abarya ibiturire n'isesagurwa ry'amatungo ya Reta, rwazindutse rwugarijwe n'abaporisi benshi.
Ivyo bikaba vyashitse mu gihe uwo mukuru wa OLUCOME yari yamenyesheje ku munsi w'ejo igenekerezo rya 15 Mukakaro, ko agiye kwisonzesha iminsi ibiri, kandi agire n'urugendo ari wenyene, mu ntumbero yo gusaba kumenya ukuri ku bantu bafise amatungo adasiguritse.
Muri urwo rugendo yari gutangura kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 16 (...)
- umutekano / newsletter RUFYIRI yasavye abamucungira umutekano mu myiyerekano agiye kumaramwo iminsi ibiri https://mail.igihe.bi/gabriel-rufyiri-yasavye.html https://mail.igihe.bi/gabriel-rufyiri-yasavye.html 2014-07-15T09:43:47Z text/html rn HomeNews newsletter
Mw'ikete Gabriel RUFYIRI yarungikiye umukuru w'igisagara ca Bujumbura, yamumenyesheje ko agiye gutangura urugendo rw'amahoro, ari wenyene, kuva kuri uwu wa gatatu, gushika kuwa kane igihe c'isaha cumi n'imwe z'umugoroba. Gabriel RUFYIRI yamenyesheje umukuru w'igisagara ca Bujumbura ko ico amusaba ari abamucungerera umutekano gusa.
Gabriel RUFYIRI amenyesha ko kuva mu mwaka w'2004, amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya poritike yamye asaba ko yotunganya ingendo z'amahoro, ariko inyishu ikaba yamye (...)
- umutekano / HomeNews, newsletter Muyinga : Ukutumvikana kw'abari mu mugambwe CNDD FDD kurabandanya https://mail.igihe.bi/muyinga-ukutumvikana-kw-abari-mu.html https://mail.igihe.bi/muyinga-ukutumvikana-kw-abari-mu.html 2014-07-14T12:27:22Z text/html rn HomeNews newsletter
Jean Pierre Ndayisaba yahora arongoye umugambwe CNDD FDD muri komine ya Muyinga yakuwe mu mabanga yiwe, akaba yoba azira indyane zimaze iminsi mu nama mpanuzwajambo ya komine Muyinga.
Jean Pierre Ndayisaba akavuga ko ikete rimukura mu mabanga yo kurongora Abagumyabanga yarironse, ariko ata nsiguro abonamwo. Ariko bikavugwa ko icatumye abogozwa ahanini ari ukutumvikana kumaze iminsi kwibonekeza hagati y'abagize inama mpanuzwajambo ya komine Muyinga na musitanteri w'iyo komine, Evelyne (...)
- Poritike / HomeNews, newsletter Abarovyi b'abarundi bari banyurujwe n'abasirikare ba Kongo bagarutse https://mail.igihe.bi/abarovyi-b-abarundi-bari.html https://mail.igihe.bi/abarovyi-b-abarundi-bari.html 2014-07-14T10:16:05Z text/html rn HomeNews newsletter
Abarovyi 26 bari banyurujwe n'abasirikare b'igihugu ca Repuburika iharanira intwaro rusangi ya Kongo bakorera mu mazi barekuwe.
Abo barovyi bari banyurujwe kuri uyu wa 11 Mukakaro uyu mwaka, n'abasirikare b'igihugu ca Repuburika iharanira intwaro rusangi ya Kongo barwanira mu mazi, mu gihe bariko bararoba. Abo barovyi bakaba bagirizwa kuba baravuze ko mu Kiyaga Tanganyika, hari abarovyi bakoresha insenga zihungabanya ibidukikije kandi zisanzwe zaranabujijwe.
Mu gisata c'uburovyi mu Burundi (...)
- umutekano / HomeNews, newsletter