Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Intamba mu rugamba zirahiye umurwi nserukiragihugu wa Sudani y'Epfo https://mail.igihe.bi/Intamba-mu-rugamba-zirahiye-umurwi.html https://mail.igihe.bi/Intamba-mu-rugamba-zirahiye-umurwi.html 2018-11-16T18:53:11Z text/html en vianney HomeNews
Umurwi nserukiragihugu w'Uburundi Intamba mu Rugamba uhejeje kuronka amanota 3 inyuma yo kwirahira umurwi nserukiragihugu wa Sudani y'Epfo mu kuwutsinda ibitsindo 5 kuri 2 vya Sudani y'Epfo mu nkino zo kurondera itike yo gukina ihiganwa rihuza imirwi nserukirabihugu yo k'umugabane wa Afrika zizobera mu gihugu ca Cameroun mu mwaka uza wa 2019.
- FOOTBALL / HomeNews Intamba mu rugamba z'abatarenza imyaka 23 zatsinze Tanzaniya ibitsindo bibiri ku busa https://mail.igihe.bi/Intamba-mu-rugamba-z-abatarenza-22727.html https://mail.igihe.bi/Intamba-mu-rugamba-z-abatarenza-22727.html 2018-11-15T07:54:51Z text/html en vianney HomeNews
Umurwi nserukiragihugu w'Uburundi Intamba mu Rugamba z'abatarenza imyaka 23 zaraye zironse amanota 3 inyuma yo gutsinda ibitsindo 2 mu rukino rwazihuje n'umurwi nserukiragihugu wa Tanzaniya « Taifa Stars » w'abatarenza imyaka 23 mu nkino zo gukuranamwo, barondera itike yo gukina ihiganwa rihuza imirwi nserukirabihugu vy'abatarenza imyaka 23 vyo ku mugabane wa Afrika rizobera mu gihugu ca Misiri mu mwaka uza wa 2019.
- FOOTBALL / HomeNews Umumenyereza w'intamba z'abatarenza imyaka 23 avuga ko biteguriye neza urukino ruzobahuza n'igihugu ca Tanzaniya https://mail.igihe.bi/Umumenyreza-w-intamba-z.html https://mail.igihe.bi/Umumenyreza-w-intamba-z.html 2018-11-14T07:26:34Z text/html en vianney HomeNews
Umumenyereza w'umurwi w'intamba mu rugamba w'abatarenza imyaka 23 (U23 :Under 23)amenyeshako abakinyi bameze neza bose bakomeye ata numwe afise ikibazo kandi bizeye ko urukino ruzobahuza n'umurwi nserukira gihugu w'igihugu ca Tanzaniya k'umunsi wa gatatu igenekerezo rya 14 Munyonyo 2018 ruzogenda neza.
- FOOTBALL / HomeNews Aigle Noir uza mu kibanza ca mbere inyuma y'inkino z'umusi ugira 14 w'ihiganwa https://mail.igihe.bi/Aigle-Noir-uza-mu-kibanza-ca-mbere-22702.html https://mail.igihe.bi/Aigle-Noir-uza-mu-kibanza-ca-mbere-22702.html 2018-11-05T10:54:28Z text/html en vianney HomeNews
Ihiganwa ry'umupira w'amaguru mu cicaro ca mbere mu Burundi ryarabandanije ku munsi waryo wa 14 imirwi ikaba yatsindanye uku gukurikira aho umurwi Aigle Noir wirahiye umurwi Les Lierres ibitsindo 2 k'ubusa bituma Aigle Noir uguma mu kibanza ca mbere n'amanota 38.
- FOOTBALL / HomeNews Aigle Noir uza mu kibanza ca mbere k'urutonde mfatakibanza mw'ihiganwa mu cicaro ca mbere https://mail.igihe.bi/Aigle-Noir-uza-mu-kibanza-ca-mbere.html https://mail.igihe.bi/Aigle-Noir-uza-mu-kibanza-ca-mbere.html 2018-10-29T12:38:12Z text/html en vianney HomeNews
Ihiganwa ry'umupira w'amaguru mu cicaro ca mbere mu Burundi ryarabandanije ku munsi waryo wa 13 imirwi ikaba yatsindanye uku gukurikira aho umurwi Aigle Noir wirahiye umurwi wa Atletico Olympique ibitsindo 7 k'ubusa mu rukino rwabereye ku kibuga Rumuri mu ntara ya Ruyigi.
- FOOTBALL / HomeNews Umumenyereza w'intamba mu rugamba asaba abarundi kuzoja kuwushigikira mu rukino ruzowuhuza na Mali https://mail.igihe.bi/Umumenyereza-w-intamba-mu-rugamba-22670.html https://mail.igihe.bi/Umumenyereza-w-intamba-mu-rugamba-22670.html 2018-10-15T14:03:30Z text/html en vianney HomeNews
Umumenyereza w'umurwi nserukiragihugu mu mupira w'amaguru « intamba mu rugamba », Olivier NIYUNGEKO amenyeshako uyo murwi wifashe neza kandi witeguriye neza kwakira umurwi nserukiragihugu wa Mali mu rukino rwo gusubiza rutegekanijwe ku musi wa kabiri igenekerezo rya 16 Gitugutu 2018.
- FOOTBALL / HomeNews Musongati FC uza mu kibanza ca mbere k'urutonde mfatakibanza mw'ihiganwa mu cicaro ca mbere https://mail.igihe.bi/Musongati-FC-uza-mu-kibanza-ca.html https://mail.igihe.bi/Musongati-FC-uza-mu-kibanza-ca.html 2018-08-27T11:06:33Z text/html en vianney HomeNews
Ihiganwa ry'umupira w'amaguru mu cicaro ca mbere mu Burundi ryarabandanije ku munsi waryo wa gatatu imirwi ikaba yatsindanye uku gukurikira aho umurwi wa Musongati FC wirahiye umurwi wa Flambeau du centre ibitsindo 3 k'ubusa.
- FOOTBALL / HomeNews Intamba mu rugamba zabatarenza imyaka 20 baronse uburenganzira bwo kuja muri CAN ya 2019 https://mail.igihe.bi/Intamba-mu-rugamba-zabatarenza.html https://mail.igihe.bi/Intamba-mu-rugamba-zabatarenza.html 2018-07-23T07:47:06Z text/html en vianney HomeNews
Umurwi w'intamba mu rugamba wabatarenza imyaka 20 baraye baronse uburenganzira bwo kuja mu nkino z'igikombe ca Afrika inyuma yo gutsinda igihugu ca Zambiya ibitsindo 3 k'ubusa ejo ku musi w'Imana igenekerezo rya 22 Mukakaro 2018.
- FOOTBALL / HomeNews CoupeDuMonde2018: La victoire des bleus en finale bien fêtée avec PRIMUS https://mail.igihe.bi/CoupeDuMonde2018-La-victoire-des.html https://mail.igihe.bi/CoupeDuMonde2018-La-victoire-des.html 2018-07-16T09:16:48Z text/html en Jean De Dieu advertorial
La coupe du monde de 2018 est bien arrivée à sa fin, les Français de Didier Deschamps ont remporté la victoire avec un score justifié de 4-2 de l'équipe Croate guidée par son capitaine Luka Modric, élu sacré meilleur joueur du tournoi. À Bujumbura, les bars étaient plein à craquer et cela grâce aux tombolas sur les produits PRIMUS. La fête était assurée.
- FOOTBALL / advertorial CoupeDuMonde2018: La Croatie s'impose face à l'Angleterre, une victoire fêtée avec PRIMUS https://mail.igihe.bi/CoupeDuMonde2018-La-Croatie-s.html https://mail.igihe.bi/CoupeDuMonde2018-La-Croatie-s.html 2018-07-12T17:17:46Z text/html en Jean De Dieu advertorial
Au deuxième match de la demi-finale de la coupe du monde, l'équipe Croate guidée par son capitaine Luka Modric n'a pas laissé le choix aux Anglais d'Harry Kane en emportant une victoire sur le score de 2-1. À Bujumbura, des plaisirs des uns et désolations des autres se sont soldés sur une ambiance marquée par des Tombola promotionnelles autour du produit PRIMUS.
- FOOTBALL / advertorial