Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
rn
SPIP - www.spip.net

Kidumu avuga ko yariye uburozi yuriye indege imushikana muri Kenya
https://mail.igihe.bi/KIdumu-avuga-ko-yariye-uburozi.html
https://mail.igihe.bi/KIdumu-avuga-ko-yariye-uburozi.html
2018-03-28T13:08:18Z
text/html
rn
Egide NDUWIMANA
HomeNews

Umuririmvyi rurangiranwa w'umurundi Jean Pierre NIMBONA benshi bazi kw'izina rya KIDUMU avuga ko yariye uburozi mu Burundi, yasohotse ibitaro ku mugoroba wo kuri uwu wa kabiri. Mu gatondo ko kuri uwu wa gatatu naho, niho yafashe indege imushikana mu gihugu ca Kenya, aho asanzwe arangurira imirimo y'ukuririmba, akaba ari naho aba.

inkuru

HomeNews

Kidumu yikeka ko yahawe ishano mu rugendo arimwo mu Burundi
https://mail.igihe.bi/Kidumu-yikeka-ko-yahawe-ishano-mu.html
https://mail.igihe.bi/Kidumu-yikeka-ko-yahawe-ishano-mu.html
2018-03-27T08:53:14Z
text/html
rn
Egide NDUWIMANA
HomeNews

Inyuma yo kuremba akajanwa kwa muganga mw'ijoro ryo kuri uwu wa mbere, umuririmvyi Nimbona Jean Pierre benshi bazi nka Kidumu, arashimira abamutabarije bakamurokorere ubuzima. Amakuru dukesha urubuga rwiwe rwa Facebook yo kuri uwu wa 26 Ntwarante 2018, avuga ko Kidumu yiketse ko ashobora kuba yari yahawe uburozi.

inkuru

HomeNews

''Gufasha Aaron NTUNGA bikwiye kuva mu majambo bikaja mu bikorwa''-Kidum
https://mail.igihe.bi/Gufasha-Aaron-NTUNGA-bikwiye-kuva.html
https://mail.igihe.bi/Gufasha-Aaron-NTUNGA-bikwiye-kuva.html
2018-02-01T15:29:59Z
text/html
fr
HomeNews

Jean Pierre NIMBONA Kidum, umwe mu baririmvyi baza imbere mu bihangange vy'umuziki ndundi, asaba abarundi kuva mu majambo, bagaterera kugira Aaron NTUNGA ashobore gukwiza uburyo bwo kuja kwivuza mu gihugu c'Ubuhindi.

inkuru

HomeNews

Ubutumwa bwa KIDUM ku biteramo vyiwe vyagenze nabi muri Australie
https://mail.igihe.bi/Ubutumwa-Bwa-KIDUM-ku-biteramo.html
https://mail.igihe.bi/Ubutumwa-Bwa-KIDUM-ku-biteramo.html
2016-11-14T09:16:44Z
text/html
rn
Egide NDUWIMANA
HomeNews

Umuririmvyi Jean Pierre NIMBONA batazira KIDUM avuga ko ibiteramo aheruka kuremesha muri Australie vyagenze nabi kubera abantu bahimirije abandi kutavyitaba, bagiriza uwo muririmvyi ko asigaye ari umunyeporitike. KIDUM arashikiriza uko yakiriye ibimuvugwako.

Mu giteramo yaherukamwo mu gihugu c'Uburundi, Jean Pierre NIMBONA [KIDUM] yavuze ko yasanze amahoro ahari n'umutekano ari wose mu Burundi, ibitandukanye n'ibivugwa n'abandi banyeporitike yaba abari mu Burundi canke mu buhungiro. Mu minsi (...)

inkuru

HomeNews

Kidum yitezwe mu giteramo i Kigali
https://mail.igihe.bi/kidum-yitezwe-mu-giteramo-i-kigali.html
https://mail.igihe.bi/kidum-yitezwe-mu-giteramo-i-kigali.html
2016-06-22T08:07:18Z
text/html
rn
Egide NDUWIMANA
HomeNews

Umuririmvyi rurangiranwa muri Afrika y'ubuseruko, Nimbona Jean Pierre [Kidum Kibido Kibuganizo] yatumiwe mu giteramo gikomeye azokorera mu gisagara ca Kigali kuwa 1 Mukakaro 2016.

Kidum yakunzwe mu ndirimbo nka "Yaramenje", "Nitafanya", "Haturudi nyuma", "Ngwino" n'izindi, yaheruka kuririmbira mu Rwanda muri Ntwarante 2015 mu giteramo yari yatumiwemwo na mugenzi we Frankie Joe.

Muri ico giteramo Kidum azokorera mu gisagara ca Kigali, azoba ari kumwe n'abandi baririmvyi bakomeye nka Big (...)

inkuru

HomeNews

Ukuri ku mpari zabaye hagati ya Kidum na Frankie Joe kugiye kuja ahabona
https://mail.igihe.bi/ukuri-kw-impari-zabaye-hagti-ya.html
https://mail.igihe.bi/ukuri-kw-impari-zabaye-hagti-ya.html
2015-05-12T08:41:28Z
text/html
rn
HomeNews

Kidum agiye gusohora ururirimbo rurimwo ukuri kwose kw'ivyabaye hagati yiwe na Franckie Jo. Uwo muririmvyi aremeza ko akoresha cane indimi mvamakungu zikoreshwa mu Burundi.

Kidum yandika avuga ko hagiye gusohoka vuba cane ururirimbo ruzoshira ahabona ukuri kwose kw'ivyabaye hagati yiwe na Franckie Joe. Yandika ati:"Vuba cane hazosohoka ururirimbo ruzovuga ukuri kwose kwinyegeje mu mpari zabaye hagati ya jewe na mutoyi wanje Frankie Joe. Udufaranga dukeyi dushobora gutera ingorane hagati (...)

inkuru

HomeNews

Kidum abona ko umuti w'ingorane ziri mu Burundi woba ibiganiro
https://mail.igihe.bi/kidum-abona-ko-umuti-w-ingorane.html
https://mail.igihe.bi/kidum-abona-ko-umuti-w-ingorane.html
2015-05-04T13:03:11Z
text/html
rn
HomeNews

Kidum asaba ko ibiganiro vyoza imbere ya vyose, kuko nta murundi ategerezwa gusumba uwundi, naho koba akarwi gatoyi canke uwuri ku butegetsi. Uburundi ni igihugu Abarundi bategerezwa gusangira.
Ubutumwa Kidum yandikiye umuvyeyi wiwe asigaranye, yagize ati:" Wewe na nyakwigendera dawe wanje mwanyigishije ubumwe. Ubumwe mu muryango, mu babanyi bacu, ubumwe mu gihugu cose. Inyigisho zanyu nazishize ku muzirikanyi, nazishize mu vyo nkora vyose. Natanguye gukwiragiza inyigisho z'amahoro (...)

inkuru

HomeNews

Kidum yerekanye ko gushwana na Frankie Jo ari ibere ryayaze
https://mail.igihe.bi/kidum-yerekanye-ko-gushwana-na.html
https://mail.igihe.bi/kidum-yerekanye-ko-gushwana-na.html
2015-04-06T10:47:41Z
text/html
rn
HomeNews

Inyuma yo guterana amajambo hagati y'abaririmvyi Kidum na Frankie Joe bapfa amahera y'igiteramo, hama bakandikirane ama "sms' bavuga ko batoteranywa n'amahera, Kidum yahinduye"photo de profil".

Kidum abandanya yerekana ko ivyabaye hagati ya we na Frankie ari nk'ibere ryayaze, inyuma yo kwandikirana ama "sms", ubu naho yahinduye ""photo de profil". Aboneka rero ari kumwe na Frankie Jo, bose batwenga. Abatari bake batanze ivyiyumviro vy'abo, bamwe bati:" Kidumu ni akarorero keza ariko yereka (...)

inkuru

HomeNews

Kidum yitwariye Frankie Joe inyuma y'uguterana amajambo mabi : photos%Videos
https://mail.igihe.bi/kidum-yitwariye-frankie-joe-inyuma.html
https://mail.igihe.bi/kidum-yitwariye-frankie-joe-inyuma.html
2015-03-30T10:02:13Z
text/html
rn
HomeNews

Abaririmvyi Kidum na Frankie Joe bari mu ntambara y'amajambo bishurana nabi, batumana intoki, bashwana eka no kwitura ubutungane. Ivyo vyose vyatumwe n'amahera yo mu giteramo Kidum atahembwe inyuma y'igiteramo.
Amakuru atangwa n'ikinyamakuru InyaRwanda.com avugako ikibazo ca Kidum na Frankie catanguye kw'igenekerezo rya 27 Ntwarante. Kuri iryo genekerezo, Kidum yari umutumire mu giteramo ca BBA HOUSEMATES categuwe na Envy Promotions Ltd Franckie Joe asanzwemwo. Kidum yaritavye ico giteramo (...)

inkuru

HomeNews

Kidum aratera ivyatsi abamutuka ko yarongowe n'inzoga n'ibiyayura mutwe
https://mail.igihe.bi/kidum-aratera-ivyatsi-abatuka-ko.html
https://mail.igihe.bi/kidum-aratera-ivyatsi-abatuka-ko.html
2015-02-21T09:44:34Z
text/html
rn
HomeNews

Kidum arababazwa n'amakuru yaciye mu kinyamakuru co muri Kenya camwanditseko ivyo yita ibitutsi. Kidum co kimwe n'abatari bake bavuzwe muri iyo nkuru babona ko ari kumucapfuza.
Ikinyamakuru co muri Kenya citwa "Daily Post" canditse inkuru kw'igenekerezo rya 17 Ruhuhuma 2015, isaha icumi n'imwe n'iminota mirongo itanu n'umwe (17h51), ivuga ko Kidum ahurumbirwa cane n'abagore kubera yiguze ibiyayura mutwe n'inzoga. Ico kinyamakuru "Daily Post" co muri Kenya, muri iyo nkuru canditse ko Kidum amaze (...)

inkuru

HomeNews