Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Emy Emery yasohoye ururirimbo rwa mbere rw'umwaka w'i 2015 https://mail.igihe.bi/emy-emery-yasohoye-ururirimbo-rwa.html https://mail.igihe.bi/emy-emery-yasohoye-ururirimbo-rwa.html 2015-01-09T12:04:44Z text/html rn HomeNews
Umuririmvyi Emy Emery ari mu mahanga ntahagarika igikorwa co kuririmba, yasohoye ururirimbo rushasha ruvuga ku buzima bwa muntu. Arashima ubuhinga ururirimbo rukozwemwo kanatsinda rwakozwe n'abahinga karuhariwe.
Mu gihugu ca Kenya, Emery Emy yagiye mu bikorwa bitandukanye harimwo n'igikorwa co kuririmba. Muri iyo ntumbero, Emery yakoze ururirimbo "Songa Mbele" ruri mu ruririmi w'Igiswahili. Muri "Songa Mbele", Emy avuga ati:"Ubuzima turimwo ni nka zuguruzuguru y'ibibazo, Ibitsitaza, naho (...)
- inkuru / HomeNews Emy Emery aravuga uko umukobwa akunda yoba ameze https://mail.igihe.bi/emy-emery-aravuga-uko-umukobwa.html https://mail.igihe.bi/emy-emery-aravuga-uko-umukobwa.html 2014-09-17T10:15:30Z text/html rn HomeNews
Emy Emery aremera ko abaririmvyi, abakinyi b'amareresi, abanonotsi eka bamwe bita "Stars" muri rusangi bahurumbirwa cane n'abakobwa. Naho biri uko, Emery abona ko urongoye canke ukarongorwa nabi ari ukuzimu kw'isi. Ati :"Uwuhusha itunga ahusha umugore".
Emery ati :"Abo bita "Stars" bakundwa cane n'abakobwa, ikibazo gisigara kuri bo, nibo bategerezwa kumenya ingene bitwara imbere y'ikigeragezo nk'ico". Emery yishimikije amajambo yanditse mu gitabo ceranda avuga ati :" Umugore w'ikijuju asambura (...)
- inkuru / HomeNews Emy Smith yashize ku mugaragaro ireresi yiwe ya mbere https://mail.igihe.bi/emy-smith-yashize-k-umugaragaro.html https://mail.igihe.bi/emy-smith-yashize-k-umugaragaro.html 2014-07-01T08:50:46Z text/html rn HomeNews
Umuririmvyi akaba n'umukinyi w'amareresi Emy Smith aherutse gushira ku mugaragaro ireresi yiwe ya mbere. Ntiyamworoheye ariko Abarundi bayamaze ko "Intango yama igoye", yamutwaye uburyo n'umwanya ariko gikuru n'uko indoto yiwe yabaye ukuri.
"Return to Salvation" ni ireresi ya mbere yateguwe n'umuririmvyi akaba n'umukinyi w'amareresi Emery Ndaboroheye azwi kw'izina rya Emy Smith. Ireresi yatwaye umwanya utari muto, yatanguye gutegurwa kuva mu mwaka w'2009, ikaba yashizwe ku mugaragaro (...)
- inkuru / HomeNews Emy Emery mu gisagara ca Bujumbura https://mail.igihe.bi/emy-emery-mu-gisagara-ca-bujumbura.html https://mail.igihe.bi/emy-emery-mu-gisagara-ca-bujumbura.html 2013-10-19T07:22:28Z text/html rn HomeNews
Inyuma y'aho abarundi babiri Emery Ndabaneze na Cynthia Kezamahoro baserukiye Uburundi mw'ikinwa ry'ireresi Wekeza Inalipa, ibikorwa vy'ukuyishira ku mugaragaro birashimwa n'abayikinyemwo nk'uko bimenyeshwa na Ndabaneze batazira Emy Emery agishika i Bujumbura.
Mu kiganiro yahaye ikinyamakuru IGIHE amaze gushika, Emy Emery yavuze ko bamwe mu bo bahuriyeyo baje baserukira ibihugu bitandukanye bigize akarere ka Afrika y'Ubuseruko, baciye bafata akanya bararirimba indirimbo ihayagiza akarere ibihugu (...)
- inkuru / HomeNews ‘'UKO MUNGU'' amasanamu y'iyo ndiririmbo azoshirwa ahabona kuri uyu wa 6 https://mail.igihe.bi/uko-mungu-amasanamu-y-iyo.html https://mail.igihe.bi/uko-mungu-amasanamu-y-iyo.html 2013-03-28T06:21:20Z text/html rn HomeNews
Umuririmyi wa Gospel benshi bazi ku ndirimbo ‘' jubilee'' agiye gusohora amasanamu y'indirimbo yitwa ‘'UKO MUNGU''.Uwo nawe si uwundi ni Emy smith.
Uwo muririmvyi tumubajije insiguro y'iyo ndirimbo kuko isanzwe iri mu rurimi rw'igiswahili ,avuga ko amajambo ari muri iyo ndirimbo ari ‘'urangaburira ,uranyambika, unyitayeho naho abantu bompeba sinzoguheba,,,,,'' iyo nayo ngo ni Imana yiwe, agaca yongeramwo n'agace k'indirimbo iri mu rurimi rw'igifaransa ivuga ngo ‘'Ayaya jesus est (...)
- inkuru / HomeNews