Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net UE : Yashizeho itegeko ryemerera umuntu gutangura gukoresha WhatsApp https://mail.igihe.bi/UE-Yashizeho-itegeko-ryemerera.html https://mail.igihe.bi/UE-Yashizeho-itegeko-ryemerera.html 2018-04-26T15:23:13Z text/html en Jean De Dieu HomeNews
Ibihugu vy'ishirahamwe ry'ibihugu vya Buraya UE (Union Européenne) vyashizeho itegeko ko uwurekuriwe gukoresha urubuga rwo gutumatumanako WhatsApp  ategerezwa kuba afise imyaka kuva kuri 16 kuduga ariko ku bindi bihugu imyaka izoguma ari 13 nk'uko vyari bisanzwe.
- terefone / HomeNews Ihinguriro LG ryakoze terefone ishobora kwirukana imibu https://mail.igihe.bi/Ihinguriro-LG-ryakoze-terefone.html https://mail.igihe.bi/Ihinguriro-LG-ryakoze-terefone.html 2017-10-02T14:37:24Z text/html rn HomeNews
Ihinguriro rikora ibikoresho bikoresha ubuhinga bwa none ryo mu gihugu ca Koreya y'Ubumanuko LG, ryakoze terefone ifise ubushobozi bwo kwirukana imibu mu nzu.
- terefone / HomeNews Ishirahamnwe Google ryatanguye gukorana n'ishirahamwe HTC https://mail.igihe.bi/Ishirahamnwe-Google-ryatanguye.html https://mail.igihe.bi/Ishirahamnwe-Google-ryatanguye.html 2017-09-21T14:03:43Z text/html rn HomeNews
Ishirahamwe Google ryatanze imiliyaridi 1.1 y'amadorare mu masezerano yagiranye n'ishirahamwe rikora ivyuma bikoresha ubuhinga bwa none ryo mu gihugu ca Taiwan, HTC.
- terefone / HomeNews Apple yashize ahabona terefone 3 zikoresha ubuhinga bukomeye https://mail.igihe.bi/Apple-yashize-ahabona-terefone-3.html https://mail.igihe.bi/Apple-yashize-ahabona-terefone-3.html 2017-09-13T08:23:10Z text/html rn HomeNews
Ishirahamwe Apple rizwi cane mu gukora amaterefone ngendanwa agezweho ryashize ahabona terefone nshasha zitatu harimwo n'iyishobora kwuguruka umuntu ayiravye gusa.
- terefone / HomeNews Samsung Galaxy S8+ ikunzwe n'abakoresha telefone ngendanwa kurusha izindi https://mail.igihe.bi/Samsung-Galaxy-S8-ikunzwe-n.html https://mail.igihe.bi/Samsung-Galaxy-S8-ikunzwe-n.html 2017-06-15T09:59:27Z text/html rn HomeNews
Inyuma y'ubushakashatsi bwakozwe ku bantu bakoresha telefone ngendanwa zigezweho, ibiharuro vyerekanye ko telefone ngendanwa ikunzwe cane kandi na benshi ari telefone yo mu bwoko bwa Samsung Galaxy S8+ naho imaze igihe gito iri kw'isoko.
- terefone / HomeNews Rwanda: MTN igiye gutangura ibiganiro na RURA inyuma yo gucibwa ihadabu https://mail.igihe.bi/Rwanda-MTN-igiye-gutangura.html https://mail.igihe.bi/Rwanda-MTN-igiye-gutangura.html 2017-05-18T09:56:19Z text/html rn HomeNews
Ikigo kijejwe gukurikirana ibikorwa vy'amashirahamwe mu gihugu c'Urwanda RURA kimenyeshako cafatiye ibihano MTN Rwanda Ltd rikorera mu gisata co gutumatumanako amakuru kubera ico bise “ Kutubahiriza amategeko atanga uruhusha rwo gutumatumanako amakuru biciye mu buhinga bwa none ”.
- terefone / HomeNews Samsung yakoze telefone nshasha zo mu bwoko bwa Galaxy A3 na Galaxy A5 https://mail.igihe.bi/Samsung-yakoze-telefone-nshasha-zo.html https://mail.igihe.bi/Samsung-yakoze-telefone-nshasha-zo.html 2017-01-03T11:10:36Z text/html rn HomeNews
Inyuma y'amakuru yaciye ku buhinga ngurukanabumenyi yamenyesha ko amabateri ya telephone ngendanwa za Galaxy Note S7 zikorwa n'ihinguriro Samsung,iryo hinguriro ryakoze terefone nshasha yatanguranye n'umwaka wa 2017 zo mu bwoko bwa Galaxy A.
Mu kwezi kwa Nyakanga 2016, niho ihinguriro Samsung ryafata ingingo yo guhagarika icuruzwa rya Galaxy Note 7 ,izishika ku miliyoni 2.5 zari zaramaze kuja kw'isoko zisubizwa mw'ihinguriro.
Naho umwaka wa 2016 usa n'uwutagenze neza kw'ihinguriro Smasung, (...)
- terefone / HomeNews Apple imwe mu materefone yaguzwe cane uyu mwaka https://mail.igihe.bi/ipple-imwe-mu-materefone-yaguzwe.html https://mail.igihe.bi/ipple-imwe-mu-materefone-yaguzwe.html 2015-05-04T13:27:34Z text/html rn HomeNews
Uruganda rukora ubwoko bw'amaterefone yo mu bwokobwa Apple ruratangazwa ni'ivyabaye mu ntango z'uyumwaka hagati y'ukwezi ka Nzero na Ntwarante, aho amafaranga menshi yinjiye, haguzwe amwe mu materefone.
Uruganda rukuru rujejwe ubudandaji kwisi rw'amaterefone y'ubwoko bwa Apple rwagurishije imiriyoni 61,17, mu mezi atatu gusa. Ku cegeranyo Apple isohora uko amezi atatu ahera, mu mwaka ivuga ko imiriyaridi 58 z'amadolari y'Abanyamerica ariyo yinjiye ni inyungu y'imiliyaridi 13,57. Ivyo biharuro (...)
- terefone / HomeNews Ntibashobora kwihanganira ikarata SIMU ikora itanditswe https://mail.igihe.bi/ikarata-simu-zose-zitandikishijwe.html https://mail.igihe.bi/ikarata-simu-zose-zitandikishijwe.html 2014-07-16T15:05:15Z text/html rn HomeNews
Imvugo yabaye ingiro amakarata simu yose atandikishijwe yahagaritswe kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 15 Mukakaro, nk'uko vyari vyashikirijwe n'ubushikiranganji bwo gutumatumanako amakuru. Ku biro bimwe bimwe vy'iyandikiro hiriwe imirongo y'abantu barindiriye kwandikisha amakarata simu yabo.
Kuri uwo wa kabiri, igenekerezo rya 15 mukakaro, ikarata simu zose zitandikishijwe zaragaritswe nk'uko vyashikirijwe na Yozefu Bangurambona umuyobzoi mukuru w'ikigo kijejwe gucungera ivyitumatumanako (...)
- terefone / HomeNews Abakoresha amakarata SIM atarandikishwa bongewe ikiringo https://mail.igihe.bi/abakoresha-amakara-sim.html https://mail.igihe.bi/abakoresha-amakara-sim.html 2014-06-26T11:32:47Z text/html rn HomeNews
Naho isango ryo guhagarika ikoreshwa ry'amakarata SIM atanditswe ryungurujwe kubera imyitegero y'umunsi w'ihimbazwa ry'ukwikukira kw'Uburundi, abakoresha ngendanwa batarandikisha amakarata SIM bagabishijwe.
Ubushikiranganji bwo gutumatumanako amakuru n'imigenderanire hagati ya Reta n'Inama nshingamateka hamwe n'inama nkenguzamateka bwamenyesheje abantu bakoresha ngendanwa ko isango ryo guhagarika ikoreshwa ry'amakarata SIM atanditswe ryari ryashizwe kw'igenekerezo rya 30 Ruheshi 2014, ryungurujwe. (...)
- terefone / HomeNews