Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Umukuru wa UNABUDI arakeza abateguye « NEZERA FESTIVAL » https://mail.igihe.bi/Umukuru-wa-UNABUDI-arakeza.html https://mail.igihe.bi/Umukuru-wa-UNABUDI-arakeza.html 2018-08-31T08:14:11Z text/html en vianney HomeNews
Umukuru w'urunani UNABUDI (Union des Artistes Musiciens Burundais de la Diaspora), Felicien MINANI NSENGIYUMVA amenyeshako anejerejwe na bamwe mu baririmvyi b'Abarundi bateguye isabukuru yitiriwe « NEZERA FESTIVAL » izobera muri Reta zunze ubumwe za Amerika kuri uwu wa gatanu igenekerezo rya 31 Myandagaro hamwe no ku munsi wa gatandatu igenekerezo rya mbere Nyakanga 2018.
- Igiteramo / HomeNews Umuririmvyi w'umurundi Jean Marie AHISHAKIYE agiye gushira ahabona indirimbo ziwe zishasha https://mail.igihe.bi/Umuririmvyi-w-umurundi-Jean-Marie.html https://mail.igihe.bi/Umuririmvyi-w-umurundi-Jean-Marie.html 2018-08-22T14:46:18Z text/html en vianney HomeNews
Umuririmvyi w'umurundi azwi kw'izina rya AHISHAKIYE Jean Marie asanzwe aba mu gihugu ca Australiya amenyesha ko mu minsi ya vuba agiye gushira ahabona indirimbo ziwe zishasha zitatu zose zanditswe mu rurimi rw'ikirundi. Jean Marie AHISHAKIYE avuga ko izo ndirimbo zose zitanga ubutumwa bushingiye ku buzima bwa minsi yose.
- umucuraranzi / HomeNews Future Media yabateguriye igiteramo kidasanzwe kuruyu wa gatandatu https://mail.igihe.bi/Future-Media-yabateguriye.html https://mail.igihe.bi/Future-Media-yabateguriye.html 2018-08-11T15:27:22Z text/html en vianney HomeNews
Future media isanzwe itegura ibiteramo bitandukanye yatunganije kuruno wa gatandatu igenekerezo rya 11 Myandagaro 2018 igiteramo kidasanzwe c'abantu batera inkuru zitwenza “Comedie” mu rurimi rw'Igifaransa citiriwe Kigingi Summer Comedy aho vyitezwe ko citabwa n'ibihangange mu gutwenza bo mu bihugu vy'umuryango wa Afrika y'Ubuseruko.
- Igiteramo / HomeNews Isanamu y'ururirimbo rushasha "No Love" rwa SAT-B https://mail.igihe.bi/Isanamu-y-ururirimbo-rushasha-No.html https://mail.igihe.bi/Isanamu-y-ururirimbo-rushasha-No.html 2018-07-26T14:19:27Z text/html en Jean De Dieu HomeNews
Isanamu y'ururirimbo rushasha "No Love" rwa SAT-B
- Amasanamu / HomeNews Isanamu y'ururirimbo rwa Natacha ft Fally ipupa yasohotse (Video) https://mail.igihe.bi/Isanamu-y-ururirimbo-rwa-Natacha-22287.html https://mail.igihe.bi/Isanamu-y-ururirimbo-rwa-Natacha-22287.html 2018-06-30T06:42:50Z text/html en Jean De Dieu HomeNews
Isanamu y'ururirimbo rwa Natacha ft Fally ipupa yasohotse (Video)
- Amasanamu / HomeNews Yves KAMIKIWE yagenywe kuba umuhanuzi mu bijanye n'amategeko mw'ishirahamwe ry'abaririmvyi mu Burundi https://mail.igihe.bi/Yves-KAMIKIWE-yagenywe-kuba.html https://mail.igihe.bi/Yves-KAMIKIWE-yagenywe-kuba.html 2018-06-02T08:53:42Z text/html fr HomeNews
Umuririmvyi w'umurundi ,Yves KAMIKIWE, yagenywe kuba umuhanuzi mu bijanye n'amategeko mw'ishirahamwe ry'abaririmvyi bo mu Burundi, Amical des Musiciens du Burundi.
- umucuraranzi / HomeNews Amafoto yabahiganirwa kuba Miss Burundi 2018 https://mail.igihe.bi/Amafoto-yabahiganirwa-kuba-Miss.html https://mail.igihe.bi/Amafoto-yabahiganirwa-kuba-Miss.html 2018-06-01T13:50:13Z text/html en Jean De Dieu HomeNews
Inyuma yaho kw'igenekerezo rya 28 Ndamukiza 2018 habaye guhitamwo hisunzwe kwihweza aboja mw'ihiganwa ryitiriwe umukobwa mwiza kandi aciye ubwenge umwaka wa 2018 mu Burundi,urutonde rw'abigeme bagiye guhiganirwa muri ico kibanza bamenyekanye ariko uyu mwaka abashika 17 nibo bashikanye ibisabwa kugira baje mu gice ca nyuma.
- Kwidagadura / HomeNews Indirimbo za Bob Marley ziracakunzwe inyuma y'imyaka 37 yitavye Imana https://mail.igihe.bi/Indirimbo-za-Bob-Marley.html https://mail.igihe.bi/Indirimbo-za-Bob-Marley.html 2018-05-11T07:13:20Z text/html fr HomeNews
Uko umwaka utashe kw'igenekerezo rya 11 Rusama, abakunzi b'umuziki na cane cane abakunzi b'umudiho wa Reggae baribuka umuririmvyo Bob Marley afatwa nk'umwami w'uwo mudiho.Inyuma y'imyaka 37 yitavye Imana, abatari bake baremeza ko indirimbo za Bob Marley zidata uburyohe, kubera ubutumwa bukomeye yatanga mu ndirimbo ziwe.
- umucuraranzi / HomeNews Isanamu y'ururirimbo "Me and you" rwa 2 boys ft lolilo yasohotse https://mail.igihe.bi/Isanamu-y-ururirimbo-Me-and-you.html https://mail.igihe.bi/Isanamu-y-ururirimbo-Me-and-you.html 2018-05-08T06:58:23Z text/html en Jean De Dieu HomeNews - Amasanamu / HomeNews Abamenyeshamakuru basabwe kuja mw'ishirahamwe kugira bateze imbere igisata c'amareresi https://mail.igihe.bi/Abamenyeshamakuru-basabwe-kuja-mw.html https://mail.igihe.bi/Abamenyeshamakuru-basabwe-kuja-mw.html 2018-05-08T06:49:21Z text/html fr HomeNews
Isabukuru mpuzamakungu ry'amareresi mu Burundi FESTICAB ryaratunganije kur'uno wa mbere, igenekerezo rya 7 Rusama 2018, uruganda ku bamenyeshamakuru b'imicokama ku bijanye no gutanga ivyiyumviro ku kungene amareresi aba akoze (critique cinematographique) Gervais Hien ajejwe ivyo kumenyesha amakuru mw'isabukuru FESPACO yaremesheje urwo ruganda yahamagariye abamenyeshamakuru gukunda kuraba amareresi yerekanwa mu kibanza gihuriramwo n'abantu benshi.
- Amareresi / HomeNews