Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Mairie –Ntahangwa : Abagirizwa kudandaza inzoga zitemewe n'amategeko baciriwe urubanza https://mail.igihe.bi/Mairie-Ntahangwa-Abagirizwa.html https://mail.igihe.bi/Mairie-Ntahangwa-Abagirizwa.html 2018-11-06T10:14:32Z text/html en vianney HomeNews
Sentare nkuru y'igihugu ya Ntahangwa yaciriye umunyororo w'impaga w'umwaka 1 n'amezi 6 hamwe n'ihadabu y'ibihumbi 800 y'amafaranga y'amarundi uwitwa Leonard BANKUWUNGUKA yagirijwe icaha co kudandaza inzoga zitemewe n'amategeko.
- Ubutungane / HomeNews Gitega :Abagirizwa kwica bunyamanswa uwugendeshe ipikipiki baciriwe urubanza https://mail.igihe.bi/Gitega-Abagirizwa-kwica.html https://mail.igihe.bi/Gitega-Abagirizwa-kwica.html 2018-10-30T09:47:16Z text/html en vianney HomeNews
Sentare nkuru y'igihugu y'intara ya Gitega yaciriye umunyororo w'ubuzima bwabo bwose abitwa Dushime Eloge,Gentil Elvis ARAKAZA,Pacifique IRAKOZE hamwe na Jean Marie NSHIMIRIMANA bagirijwe icaha co kwica bunyamanswa umumotari yitwa Bede NTEZICIMPA.
- Ubutungane / HomeNews Itegeko rishasha rigenga umurwi CVR ryemejwe n'inama nshingamateka https://mail.igihe.bi/Itegeko-rishasha-rigenga-umurwi.html https://mail.igihe.bi/Itegeko-rishasha-rigenga-umurwi.html 2018-10-26T07:50:03Z text/html en vianney HomeNews
Inama nshingamateka yarize yongera iremeza integuro y'itegeko rihindura itegeko rigenga umurwi ujejwe gutohoza ukuri no kunywanisha abarundi CVR (Comission Verite et Reconciliation) aho uyo murwi uzotohoza ukuri ufatiye kuva kw'igenekerezo rya 26 Ruhuhuma 1885 mu gihe kare wakora ibikorwa vyawo uhereye kw'igenekerezo rya 1 Mukakaro 1962.
- Ubutungane / HomeNews Rutana:Uwagirizwa gushurashuza umukehabwenge yaciriwe urubanza https://mail.igihe.bi/Rutana-Uwagirizwa-gushurashuza.html https://mail.igihe.bi/Rutana-Uwagirizwa-gushurashuza.html 2018-10-25T15:19:56Z text/html en vianney HomeNews
Sentare nkuru y'igihugu y'intara ya Rutana yaciriye umunyororo w'impaga w'imyaka 25 umuporisi APC Ildephonse NGENDAKUMANA ku caha co gushurashuza umukehabwenge.
- Ubutungane / HomeNews Rutana:Uwagirijwe kwica se wiwe yaciriwe umunyororo w'ubuzima bwose na sentare y'igihugu https://mail.igihe.bi/Rutana-Sentare-Nkuru-y-igihugu.html https://mail.igihe.bi/Rutana-Sentare-Nkuru-y-igihugu.html 2018-10-15T07:29:37Z text/html en vianney HomeNews
Sentare nkuru y'igihugu ya Rutana yaciriye umunyororo w'ubuzima bwose mu rw'ikibiriraho uwitwa Jean Marie NDUWIMANA yagirijwe icaha co kwisa se wiwe.
- Ubutungane / HomeNews Ikinyamakuru « IKIRIHO » cahagaritswe https://mail.igihe.bi/Ikinyamakuru-IKIRIHO-cahagaritswe-22666.html https://mail.igihe.bi/Ikinyamakuru-IKIRIHO-cahagaritswe-22666.html 2018-10-13T13:22:57Z text/html en vianney HomeNews
Ikinyamakuru candika k'urubuga ngurukanabumenyi « Ikiriho » cahagaritswe vyimfatakibanza n'umushikirizamanza mukuru wa repuburika.
- Ubutungane / HomeNews Sentare Nkuru ya Mukaza yaciriye umuyobozi w'ishure ry'imyuga rya Buterere gufungwa imyaka 5 https://mail.igihe.bi/Sentare-Nkuru-ya-Mukaza-yaciriye.html https://mail.igihe.bi/Sentare-Nkuru-ya-Mukaza-yaciriye.html 2018-08-14T19:49:22Z text/html en vianney HomeNews
Umuyobozi w'ishure ryisumbuye ry'imyuga rya Buterere,Benjamin MANIRAMBONA yafashwe ariko akorera ikibazo ca Reta «Examen d'Etat» yigize umunyeshure,yaciriwe gufungwa umunyororo w'imyaka 5 hamwe no kumara imyaka 10 adakora akazi ka Reta.
- Ubutungane / HomeNews Mairie :Uwagirizwa gufata ku nguvu umwigeme yaciriwe gufungwa imyaka 30 https://mail.igihe.bi/Mairie-Uwagirizwa-gufata-ku-nguvu.html https://mail.igihe.bi/Mairie-Uwagirizwa-gufata-ku-nguvu.html 2018-08-13T15:13:56Z text/html en vianney HomeNews
Sentare nkuru ya Bujumbura yaciriye umunyororo wo gufungwa imyaka 30 kuruno wa mbere igenekerezo rya 13 Myandagaro 2018,uwitwa Ezeckiel MANIRAKIZA yagirizwa gufata ku nguvu hamwe no gukomeretse bikomeye umwigeme w'imyaka 18.
- Ubutungane / HomeNews Uburundi bwakiriye inama mpuzamakungu y'ishirahamwe FA-UJA https://mail.igihe.bi/Uburundi-bwakiriye-inama.html https://mail.igihe.bi/Uburundi-bwakiriye-inama.html 2018-08-10T17:31:02Z text/html en vianney HomeIrambuye HomeNews MainSlideNews
Icegera ca mbere c'umukuru w'igihugu, Gaston SINDIMWO yatanguje kuruno wa gatanu igenekerezo rya 10 Myandagaro 2018,ibikorwa vy'inama mpuzamakungu igira ya kabiri y'urunani rw'amashirahamwe y'abashingwamanza bakiri bato ku mugabane wa Afirika FA-UJA (Fédération des Associations et Unions des Jeunes Avocats en Afrique) mu rurimi rw'Igifaransa.
- Ubutungane / HomeIrambuye, HomeNews, MainSlideNews Makamba: Abagirizwa urudandazwa rw'abantu baciriwe umunyororo w'imyaka 5 https://mail.igihe.bi/Makamba-Abagirizwa-urudandazwa-rw.html https://mail.igihe.bi/Makamba-Abagirizwa-urudandazwa-rw.html 2018-07-30T15:33:51Z text/html en vianney HomeNews
Sentare nkuru y'intara ya Makamba yaciriye umunyororo w'imyaka 5 abantu batatu bagirizwa urudandazwa rw'abantu mu gihe uwundi umwe nawe yaciriwe igifungo c'imyaka 2 n'amezi 6
- Ubutungane / HomeNews