Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Deo Guide RUREMA: “Amazi ya Tanganyika yahinduye ibara nta ngaruka bifise ku magara y'abantu .” https://mail.igihe.bi/Deo-Guide-RUREMA-Amazi-ya.html https://mail.igihe.bi/Deo-Guide-RUREMA-Amazi-ya.html 2018-09-11T12:43:46Z text/html en vianney HomeNews
Umushikiranganji w'ibidukikije,uburimyi n'ubworozi amenyeshako inyuma yaho hibokeje amazi y'ikiyaga Tanganyika ahinduye ibara k'umusi wa mbere agasa n'akatsi kabisi ,ata ngaruka vyagize ku mazi meza yo murico kiyaga asanzwe anyobwa n'abantu kandi ata ngaruka mbi bifise ku magara y'abantu ariko biri mu bituma umwibu w'amafi wiyongera.
- Ibidukikije / HomeNews Umushikiranganji w'ibidukikije asaba abamenyeshamakuru gukorana n'ikigo IGEBU https://mail.igihe.bi/Umushikiranganji-w-ibidukikije-19595.html https://mail.igihe.bi/Umushikiranganji-w-ibidukikije-19595.html 2017-09-21T11:45:50Z text/html rn HomeNews
Umushikiranganji w'ibidukikije, amazi no gutunganya ibisagara, amenyesha ko abamenyeshamakuru bategerezwa gukorana n'ikigo gikurikirana ihindagurika ry'ibihe IGEBU kugira batange amakuru akwiye ku bijanye n'ikirere mu gihugu.
- Ibidukikije / HomeNews "Twari kwipfuza ahubwo ko n'abatarashira umukono kuri ayo masezerano bonyaruka" https://mail.igihe.bi/Twari-kwipfuza-ahubwo-ko-n.html https://mail.igihe.bi/Twari-kwipfuza-ahubwo-ko-n.html 2017-06-02T13:13:25Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Umuyobozi ajejwe ibidukikije n'ihindagurika ry'ibihe mu kigo c'igihugu c'Uburundi kijejwe gukingira ibidukikije, amenyesha ko bitari bikwiye ko hari igihugu kiva mu masezerano y'i Paris araba ibijanye n'ihindagurika ry'ibihe. Kubw'uwo muyobozi, hari hageze ahubwo ko n'ibihugu bitaremeza ayo masezerano bihamvya abandi.
- Ibidukikije / HomeNews Ubumwe bwa Buraya bwagumye mu masezerano y'i Paris https://mail.igihe.bi/Ubumwe-bwa-Buraya-bwagumye-mu.html https://mail.igihe.bi/Ubumwe-bwa-Buraya-bwagumye-mu.html 2017-06-02T11:09:01Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Umukuru w'akanama ka Buraya, Jean-Claude Junker, yavuze ko Ubushinwa n'umuryango w'ibihugu vya Buraya (UE) barungikiye ubutumwa isi yose ko ata kugaruka ku vyapfunditswe mu masezerano ya Paris kw'ihindagurika ry'ibihe.
- Ibidukikije / HomeNews Umushikiranganji mushasha w'ibidukikije yashikirije ibikorwa azoshira imbere (Video) https://mail.igihe.bi/Umushikiranganji-mushasha-w.html https://mail.igihe.bi/Umushikiranganji-mushasha-w.html 2017-01-25T09:37:20Z text/html rn Jean de Dieu M. HomeNews
SC: RTNB
- Ibidukikije / HomeNews Ibihugu bikenye bigiye gufashwa muvy'ihinduka ry'ibihe https://mail.igihe.bi/ibihugu-bikenye-bigiye-gufashwa.html https://mail.igihe.bi/ibihugu-bikenye-bigiye-gufashwa.html 2016-04-08T09:11:00Z text/html rn egide HomeNews
Ibanki y'isi yatanguje umugambi wo kwongereza imfashanyo gushika ku 50 kw'ijana mu mugambi wo gufasha ibihugu biri mu nzira y'amajambere, mu ntumbero y'uguhangana n'ihindagurika ry'ibihe.
Iyo banki itegekanya gushika mu mwaka w'2020, kuba yongeye ku mahera ikoresha ku mwaka, imiriyaridi zitatu n'imiriyoni amajana atanu z'amadorare, mu ntumbero yo guha ingoga igisata c'abikorera utwabo.
Nk'uko tubikesha BBC, imwe mu ngingo z'uwo mugambi wa banki y'isi yose, n'ukwongera amasoko ntanganguvu adahumanya (...)
- Ibidukikije / HomeNews COP21 : Uburundi bwaserukiwe na Yozefu BUTORE https://mail.igihe.bi/cop21-uburundi-bwaserukiwe-na.html https://mail.igihe.bi/cop21-uburundi-bwaserukiwe-na.html 2015-11-30T09:02:24Z text/html rn egide HomeNews
Abitavye inama igira iya 21 (COP21) bagiye kumara indwi zibiri bariko barahanahana ivyiyumviro kuvyokorwa kugira hagabanuke imyuka irungikwa mu kirere igatuma ubushuhe bwiyongera kw'isi.
Iyo nama yatanguye kuri uwu wa mbere mu gisagara ca Paris, yatunganijwe n'ishirahamwe mpuzamakungu ONU.
Muri iyo nama, abaserukiye ibihugu bitandukanye biteze gushika ku masezerano yotuma imyuka irungikwa mu kirere ikongereza ubushuhe kw'isi igabanuka.
Abakuru b'ibihugu bagera kw'ijana na mirongo umunani (...)
- Ibidukikije / HomeNews Zimwe mu ntara kama z'Uburundi zirabangamiwe n'ihinduka ry'ibihe https://mail.igihe.bi/zimwe-mu-ntara-kama-z-uburundi.html https://mail.igihe.bi/zimwe-mu-ntara-kama-z-uburundi.html 2015-04-19T06:48:48Z text/html rn HomeNews
Intara kama ya Mirwa irageramiwe n'ihindagurika ry'ibihe kubera idakingiwe bikwiye kandi ari ahantu hahanamye cane, nk'uko bivugwa n'umwigisha muri za kaminuza, akaba n'umuhinga mu vy'ibidukikije Jean Marie Sabushimike.
Avuga ko abantu baba mu Mirwa bapfa kurima kw'isi ihanamye badakurikije amategeko y' ibidukikije ajanye n'aho hantu, ivyo bigatuma imvura nyinshi isanzwe igwa mu mirwa ica ituma isi itwarwa. Haba rero hejuru mw'itaba ry'imisozi canke amaj epfo, isi isa n' iyidakomeye, kuko (...)
- Ibidukikije / HomeNews Uruzi rwa Ntahangwa rurabangamiye ishure rya Nyakabiga ya 3 https://mail.igihe.bi/uruzi-rwa-ntahangwa-rurabangamiye.html https://mail.igihe.bi/uruzi-rwa-ntahangwa-rurabangamiye.html 2015-04-06T07:58:25Z text/html rn HomeNews
Uruzi rwa Ntahangwa rurabandanya kwiyagurira inkombe zarwo, ibitera ubwoba ababa muri iyo komine, mbere bakabona ko ivyabo bishobora n'ukuhasigara.
Inkombe z'urwo ruzi rwa Ntahangwa rero ziguma ziyagura, zikaba zigeze aho zishobora n'ukubomora ishuro rya Nyakabiga ya gatatu, risanzwe rishigikiwe n'ishengero rya Pentekoti. Kugeza ubu ico kibazo c'izo nkombe z'urwo ruzi, kiramaze n'ukumenyekana mu biro vy'umukuru w'igihugu, ari naco gituma hasabwa ko ibikorwa vy'urwo ruzi vyokorwa mu ntumbero yo (...)
- Ibidukikije / HomeNews Mu myaka 15 iri imbere amazi ashobora kuba make https://mail.igihe.bi/mu-myaka-15-iri-imbere-amazi.html https://mail.igihe.bi/mu-myaka-15-iri-imbere-amazi.html 2015-03-21T11:13:02Z text/html rn IGIHE HomeNews
ONU yaburiye abantu ko hashobora kuba ikibazo gikomeye c'amazi kw'isi mu myaka 15 iri imbere, aho ibice 40% vy'amazi azoba akenewe ashobora kutazoboneka, kiretse abantu bahinduye uko bayakoresha.
Ishirahamwe mpuzamakungu ONU rivuga ko ahanini ibibituma ari ibihe vyahindutse nk'ukuntu imvura igwa, amasoko yo munsi y ‘isi agenda agabanuka, ibitigiri vy'abasanzwe baba kw'isi bigenda vyiyongera, ibisagara bigenda yiyongera, amazi menshi akoreshwa mu mahinguriro no mu burimyi ndetse n'ihindagurika (...)
- Ibidukikije / HomeNews