Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
rn
SPIP - www.spip.net

Isanamu y'Ururirimbo rwa T Max " Twanga na kupepeta" yagiye ahabona
https://mail.igihe.bi/Isanamu-y-Ururirimbo-rwa-T-Max.html
https://mail.igihe.bi/Isanamu-y-Ururirimbo-rwa-T-Max.html
2018-02-15T09:25:35Z
text/html
en
Jean De Dieu
HomeNews

Ururirimbo

HomeNews

T Max yabeshujwe n'uwo bakundanye
https://mail.igihe.bi/ivyo-t-max-yatangaje-ko-atawe.html
https://mail.igihe.bi/ivyo-t-max-yatangaje-ko-atawe.html
2015-01-21T08:34:52Z
text/html
rn
HomeNews

Umuririmvyi wo muri Rap T Max ahejeje gutangaza ko ata gifashi mu rukundo, bisigura ko atawe bakundana muri kano kanya. Ivyo Martine bakundana arabihakana akavuga ko ariwe yavyanditse ku ruhome rwa facebook rwa T Max.
T max yashize ku rubuga rwiwe rwa facebook ikimenyetso abatagira abo bakundana bakunze gushirako, ati :" Ndigenda". Ivyo T Max yanditse vyatangaje benshi narirya bizwi ko akundana n'uwitwa Martine kandi bamaranye igihe kitari gito. Ivyo kuba T max yarakundanye na Martine (...)

Inkuru

HomeNews

Inyuma y'isanganya, T Max ariyegereza cane Imana
https://mail.igihe.bi/inyuma-y-isanganya-t-max.html
https://mail.igihe.bi/inyuma-y-isanganya-t-max.html
2014-10-13T07:29:13Z
text/html
rn
HomeNews

Inyuma yaho agiriye isanganya Imana igakinga ikamurokorera ubuzima, umuririmvyi T- Max yabandanije ashima ku buzima Imana yamusubije. Aboneka asenga yiyegereza Imana.

Amaze kubona avuye mu menyo y'urupfu, umuririmvyi w'umudiho wa Rap T Max yicisha bugufi yiyegereza Imana. T Max arangamije hejuru nk'uwuraba Imana, ati : "THANK God nehema kwa siku ya leo. Thanks to all my family, my friends and my fans kwa prayers zenu". Bisigura:" Urakoze Mana ku migisha umpaye uno munsi. Ishimwe ku muryango (...)

Inkuru

HomeNews

Isanamu y'Ururirimbo "Ngirira vuba"yerekana intimba y'urukundo kubakundanye batari kumwe
https://mail.igihe.bi/isanamu-y-ururirimbo-ngirira-vuba.html
https://mail.igihe.bi/isanamu-y-ururirimbo-ngirira-vuba.html
2014-08-21T12:49:34Z
text/html
rn
HomeNews

Isanamu y'ururirimbo "Ngiririra Vuba" rwa T-Max n'umuririmvyikazi wo mu Rwanda iriko iraboneka ku rubuga rwa You tube yerekana umubabaro abakundana bagira igihe batari kimwe. Dada Cross ati: " Fata indege uze unyarutse kwihangana vyanse... uze uzimye uwu muriro disi watse... kwihangana vyanse".

Amajambo T Max na Dada Cross baririmvye bongera berekana mw'isanamu y'ururirimbo "Ngirira vuba" yerekana intuntu z'urukundo ziterwa n'uko abakundanye batari kumwe. Dada Cross ati:" Burya gukunda muri (...)

Ururirimbo

HomeNews

"Reka tubirangize" : Ururirimbo rushasha T-max yakoranye na Dada Cross
https://mail.igihe.bi/reka-tubirangize-ururirimbo.html
https://mail.igihe.bi/reka-tubirangize-ururirimbo.html
2014-03-31T07:14:00Z
text/html
rn
HomeNews

T-max na Dada Cross bakoranye ururirimbo rufise umudiho w'ikinyafrika, ibintu bitari bimenyerewe kuri T-Max azwi cane mu mudiho wa Hip Hop. "Reka tubirangize" ni ururirimbo rwasohokeye rimwe n'urundi abo baririmvyi bise "Ngirira Vuba"

Raba wongere wumvirize ururirimbo "Reka tubirangize"

T-max

HomeNews

Amaguru amukundiye ageze i Nyanza-Lac guteramisha abakunzi biwe
https://mail.igihe.bi/amaguru-amukundiye-ari-i-nyanza.html
https://mail.igihe.bi/amaguru-amukundiye-ari-i-nyanza.html
2014-03-07T14:38:09Z
text/html
rn
HomeNews

Umuririmvyi w'umudiho wa Rap, T-Max Wanajeshi arafata urugendo aho azoteramisha abo mu gisagara ca Nyanza-Lac.

Ku muhingamo w'uwu wa gatanu, T-Max ari kumwe n'umuririmvyi Franki barafata urugendo rubamushikana mu gisagara ca Nyanza-Lac aho ni mu ntara ya Makamba. Muramuzi, aririmba mu mudiho wa rap. Tumubajije igituma yahisemwo kugirira ico giteramo aho i Nyanza-Lac, uwo muririmvyi avugako iriya ntara ari iyabo, eka n'abanyagihugu baho baramukunda.

Ico giteramo agiye kuremesha i Nyanza-Lac (...)

Inkuru

HomeNews

T-max yipfuza guteza imbere umuziki mu Burundi
https://mail.igihe.bi/t-max-yipfuza-guteza-imbere.html
https://mail.igihe.bi/t-max-yipfuza-guteza-imbere.html
2013-04-02T01:51:21Z
text/html
rn
HomeNews

T-max yaragiranye ikiganiro na IGIHE avuga ingene yatanguye ibijanye no kuririmba. Yivugira ko intambwe agezeko ubu ishimishije ibikorwa vyiwe bigenda birushirizaho gutera imbere ku munsi ku munsi.

Yatanguye gukunda ibijanye no kuririmba akiri umwana muto kuko yakunda kwigana imiziki y'abanyamahanga, abamubona bakavuga ko afise ingabirano yo kuririmba. Yagumye abikunda gushika mu mwaka w'2003 aho yaca atangura gukora indirimbo yiwe ya mbere yitwa “Bararao” iyo ndirimbo yarakunzwe cane (...)

Inkuru

HomeNews