Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Abarundi bahamagarirwa kwakira neza abazokwitaba inama ya COMESA https://mail.igihe.bi/Abarundi-bahamagarirwa-kwakira.html https://mail.igihe.bi/Abarundi-bahamagarirwa-kwakira.html 2018-03-02T11:15:30Z text/html fr HomeNews
Umuyobozi mukuru w'igisata c'ingenzi mu Burundi ahamagarira abarundi kwitegurira neza inama ihuza ibihugu bisangiye isoko vyo mu karere ka Afrika y'Ubuseruko n'iyo Ubumanuko COMESA, itegekanijwe kubera mu Burundi mu kwezi kwa gatandatu 2018.
- Igisata c'ingenzi / HomeNews Imvubu yahora itembera ku nkengera za Tanganyika yarashwe n'abasirikare https://mail.igihe.bi/Imvubu-yahora-itembera-ku-nkengera.html https://mail.igihe.bi/Imvubu-yahora-itembera-ku-nkengera.html 2017-11-24T14:24:31Z text/html fr HomeNews
Imvubu yari imaze igihe itembera ku nkenera z'ikiyaga Tanganyika yishwe irashwe n'abajejwe umutekano inyuma y'umutaga wo kur'uyu wa gatanu igenekerezo rya 24 Munyonyo 2017.
- Igisata c'ingenzi / HomeNews Imigenderanire y'Uburundi na Turkia igiye gukomezwa https://mail.igihe.bi/Imigenderanire-y-Uburundi-na.html https://mail.igihe.bi/Imigenderanire-y-Uburundi-na.html 2017-06-18T07:54:54Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Igihugu ca Turkia ciyemeje gukomeza imigenderanire n'ugufashanya n'Uburundi mu bijanye n'iterambere.
- Igisata c'ingenzi / HomeNews ''Visa'' iratera intambamyi ingenzi zipfuza kugendera Uburundi https://mail.igihe.bi/visa-iratera-intambamyi-ingenzi.html https://mail.igihe.bi/visa-iratera-intambamyi-ingenzi.html 2015-01-26T08:54:40Z text/html rn HomeNews
Ingenzi zipfuza kugendera igihugu c' Uburundi ziracafise intambamyi na cane cane mu kuronka uburenganzira bwo kwinjira mu gihugu kimwe bita ‘'Visa''. Umushikiranganji w'ubudandaji, amahinguriro, amaposita n'ingenzi arabahumuriza kuko buza bwarateguye itegeko rijanye no kwinjiira muri wamugambi wa'' visa touristique unique ‘'
Uburundi n'igihugu ciza gifise ibibanza bitari bike bihurumbirwa n'ingenzi aha twovuga nk'ikiyaga Tanganyika, ishamba rya kibira, y'amazi atemba ava ku misozi( chutes), ibuye rya (...)
- Igisata c'ingenzi / HomeNews Burundi : Amasezerano y'imfashanyo yo gusanura ibibanza bihurumbirwa n'ingenzi https://mail.igihe.bi/burundi-742-700-vy-amadorari-y.html https://mail.igihe.bi/burundi-742-700-vy-amadorari-y.html 2015-01-23T15:07:00Z text/html rn HomeNews
Ikibanza co kw'ibuye bitiriye Stanley na Livingston kigiye kwubakwa neza kugira kirushirize guhurumbirwa n'ingenzi , mbere n'ibibanza bindi nk'ishamba rya kibira hamwe na site ya Gishora bigiye gukorwa neza. Uwo mugambi ukazotuma ubutunzi bw'igihugu bwongerekana nk'uko bishikirizwa n'umushikiranganji ajejwe ubudandaji, ingenzi amahinguriro n'amaposita Rose Nizigiyimana.
Kuri ico cibutso ca Stanley na Livingston niho ubushikiranganji bw'ubudandaji amahinguriro ,amaposita n'ingenzi bufashwe mu (...)
- Igisata c'ingenzi / HomeNews Amahoteri y'akarorero arakenewe mu Burundi https://mail.igihe.bi/amahoteri-y-akarorero-arakenewe-mu.html https://mail.igihe.bi/amahoteri-y-akarorero-arakenewe-mu.html 2014-08-22T12:32:21Z text/html rn HomeNews
N'ubwo mu Burundi abanyamitahe basa cane n'abijukiye igisata co kwubaka amahoteri , gushika ubu haracakenewe amahoteri yakira ingenzi zikomakomeye nk'abategetsi baba baje mu ma nama, inyubakwa ishobora kwakira abantu bashika nk'ibihumbi bitanu, ivyo ni vyashikirijwe na Antoine Kabura arongoye ikigo API.
Umuyobozi w'ikigo API Antoine Kabura aremeza ko kuva ico kigo gishinzwe abanyamitahe benshi barubatse amahoteri atari make, ariko n'ubwo biri uko mu Burundi haracakenewe ibibanza biteye igomwe (...)
- Igisata c'ingenzi / HomeNews Air Tanzania: Itangura ry'urugendo Bujumbura-Dar-el Salaam https://mail.igihe.bi/air-tanzania-itangura-ry-urugendo.html https://mail.igihe.bi/air-tanzania-itangura-ry-urugendo.html 2013-12-15T10:35:58Z text/html rn HomeNews
Huguruwe icese (inauguration), kuri uno w'Imana ,urugendo rushasha ruhuza igisagara ca Bujumbura na Dar-el-Salaam. Ishirahamwe ryo gutwara abantu n'ibintu mu ndege Air Tanzania akaba ariryo ryuguruye urwo rugendo igihe c'isaha zitatu zo mu gatondo.
Abategetsi batatu bo muri Tanzaniya akaba aribo bari mu ndege yaagize urugendo rwayo rwa mbere ruhuza Bujumbura na Dar-es Salaam. Abo bategetsi akaba ari umushingamateka, Samuel SITTA, umushikiranganji wa Tanzaniya w'akarere k'Afrika y'ubuseruko, (...)
- Igisata c'ingenzi / HomeNews Igisata c'ingenzi mu Burundi ntikiratera intambwe mu bikorwa vyaco https://mail.igihe.bi/igisata-c-ingenzi-mu-burundi.html https://mail.igihe.bi/igisata-c-ingenzi-mu-burundi.html 2013-09-27T06:23:32Z text/html rn HomeNews
Igisata c'ingenzi kiri mu bituma akaranga k'igihugu kamenyekana, haba muri ico gihugu nyene canke mu mahanga, eka ndetse no mu guteza imbere igisata c'ubutunzi kuko ingenzi zitanga amafaranga mu kuratira ijisho imico ndangakaranga y'igihugu.
Igenekerezo rya 27 Nyakanga, uko umwaka utashe, kw'isi yose barahimbaza umunsi mpuzamakungu wahariwe igisata c'ingenzi n'amaratiro. Aho abantu boca bibaza Ihangiro y'uwo munsi mpuzamakungu wahariwe igisata c'ingenzi : Intumbero nyamukuru yanshinzwe (...)
- Igisata c'ingenzi / HomeNews Amashuha yo ku Ruhwa akwiye gutunganywa neza https://mail.igihe.bi/amashuha-yo-ku-ruhwa-akwiye.html https://mail.igihe.bi/amashuha-yo-ku-ruhwa-akwiye.html 2013-09-03T00:51:04Z text/html rn HomeNews
Biravugwa ko amazi y'amashuha ari umuti uvura indwara zitari nke, ariko si benshi bategera ingene avura kandi hari n'abadashobora kumenya aho ari no kuhashika, canke naho ugasanga si ahantu hateguwe neza ku buryo umuntu yoyiyogamwo, kuko usanga adasukuye canke agategamwo ibintu bituma umuntu atinya kuyakoramwo kandi ntamenye n'uburebure bw'ibinogo birimwo ayo mazi uko bungana.
Aho ni nko ku mashuha ari i ruhande y'uruzi Ruhwa muri komine Rugombo mu ntara ya Cibitoke, ahari urubibe Uburundi (...)
- Igisata c'ingenzi / HomeNews Bujumbura: Abazana ibitoke ku makinga bapfa kabiri https://mail.igihe.bi/bujumbura-abazana-ibitoke-ku.html https://mail.igihe.bi/bujumbura-abazana-ibitoke-ku.html 2013-06-26T03:15:28Z text/html rn HomeNews
Abanyagihugu bashora ibitoke mu gisagara ca Bujumbura , babikura mu ntara ya Muramvya hamwe na Bujumbura Rural babizana ku makinga, bahura n'ingorane zitandukanye, ndetse baragirizwa ko batera amasanganya atandukanye, ikindi ni ukwo iyo bashitse amarembe mu gisagara ca Bujumbura, mu gusubira inyuma naho bandura indwara zitandukanye ariko bobo batazi gushika uyu munsi.
Abo bapakira ibitoke babizana mu gisagara ca Bujumbura, bagirizwa n'abadereva b'imiduga itandukanye ko bagenda nabi mu (...)
- Igisata c'ingenzi / HomeNews