Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
rn
SPIP - www.spip.net

Rwanda : Adora Uwimana na bagenzi mu birori vyo gutanguza Groove Awards
https://mail.igihe.bi/groove-awards-adora-uwimana-na.html
https://mail.igihe.bi/groove-awards-adora-uwimana-na.html
2013-08-17T04:31:26Z
text/html
rn
HomeNews

Mu ntumbero yo kurushirizaho guteza imbere ingabirano z'abaririmvyi baririmbira Imana mu Rwanda, i Kigali hatangujwe amahiganwa azoza aratanga udushimwe ku bigenjeje neza muri Gospel. Mu giteramo co gutanguza ayo mahigannwa, haratumiwe n'abaririmvyi b'abarundi harimwo umuririrmvyi Adora Uwimana, Jiji Stiven n'umurwi wose wa The Ganadore.

Ayo mahiganwa akomeye muri Gospel asanzwe abera muri Kenya. Yatanguye kuba kuva mu mwaka w'2004, ubu akaba amaze guha udushimwe abaririmvyi 240 bo muri Afrika (...)

Uwimana Adora

HomeNews

Umuririmvyi Adora Uwimana atuzaniye bishasha
https://mail.igihe.bi/umuririmvyi-adora-uwimana.html
https://mail.igihe.bi/umuririmvyi-adora-uwimana.html
2013-06-04T07:10:54Z
text/html
rn
HomeNews

Umwigeme w'umukristu aririmba indirimbo zo gutazira no kuninahaza Imana. Akaba yiteguriye gusohora urukurikirane rwa mbere rw'indirimbo ziwe. Hakaba azoba ari kw'igenekerezo rya 5 Mukakaro 2013 mu kigo c'abafaransa c'i Bujumbura (IFB).

Adora Uwimana n'umuririmvyi yatanguye kuririmba akiri muto.Yari mu mwaka wa kabiri w'amashuri mato mato. Yavukiye mu muryango waba kristu kukaba nkako umuvyeyi wiwe ni umukozi w'Imana (Pasteur). Ni nawe yanamukundishije ukuririmba no gusoma ijambo ry'Imana. (...)

inkuru

HomeNews