Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Abantu 728 bahungutse bavuye muri Tanzaniya https://mail.igihe.bi/Abantu-728-bahungutse-bavuye-muri.html https://mail.igihe.bi/Abantu-728-bahungutse-bavuye-muri.html 2018-11-06T10:18:18Z text/html en vianney HomeNews
Abantu 728 nibo bakiriwe bahungutse kuruno wa kabiri igenekerezo rya 6 Munyonyo umwaka wa 2018 bavuye mu nkambi z'impunzi za Nduta na Mtendeli zo mu gihugu ca Tanzaniya.
- Imibano / HomeNews Umunsi mukuru mpuzamakungu wahariwe umukenyezi mwirimizi wahimbajwe https://mail.igihe.bi/Umunsi-mukuru-mpuzamakungu.html https://mail.igihe.bi/Umunsi-mukuru-mpuzamakungu.html 2018-10-15T14:13:08Z text/html en vianney HomeNews
Umunsi mukuru mpuzamakungu wahariwe umukenyezi mwirimizi wahimbajwe kuruno wa mbere igenekerezo rya 15 Gitugutu umwaka wa 2018 zimwe mu ngorane abo bakenyezi bafise akaba ari izijanye no kubura ingurane.
- Imibano / HomeNews Bamwe mu bigeme bavuga ko umusi mukuru wabahariwe batawuzi https://mail.igihe.bi/Bamwe-mu-bigeme-bavuga-ko-umusi.html https://mail.igihe.bi/Bamwe-mu-bigeme-bavuga-ko-umusi.html 2018-10-11T14:42:09Z text/html en vianney HomeNews
Bamwe mu bigeme bavuganye n'ikinyamakuru « IGIHE » bavuga ko umusi mukuru wahariwe umwigeme atawe bazi kuko bawumva uriko uvugwa gusa batarabona abababwira ibijanye nuyo musi kugira nabo bawuhimbaze.
- Imibano / HomeNews Felix MPOZERINIGA :«Amatati hagati y'abakozi n'abakoresha ava kukutamenya amategeko abagenga.» https://mail.igihe.bi/Felix-MPOZERINIGA-Amatati-hagati-y.html https://mail.igihe.bi/Felix-MPOZERINIGA-Amatati-hagati-y.html 2018-09-26T14:01:27Z text/html en vianney HomeNews
Umushikiranganji w'abakozi n'akazi Felix MPOZERINIGA amenyeshako amatati akunda kwiyadukiza hagati y'abakoreshwa n'abakoresha kenshi ava kukutamenya amategeko agenga akazi kenshi bikava kugusamara kw'abakoreshwa badasoma neza amategeko canke amayeri y'abakoresha.
- Imibano / HomeNews Ruyigi –Gisuru : Abantu 1020 bahungutse bakiriwe https://mail.igihe.bi/Ruyigi-Gisuru-Abantu-1022.html https://mail.igihe.bi/Ruyigi-Gisuru-Abantu-1022.html 2018-09-25T12:36:47Z text/html en vianney HomeNews
Abantu bangana 1020 nibo bakiriwe kuruno wa kabiri igenekerezo rya 25 Nyakanga umwaka wa 2018 muri komine Gisuru mu ntara ya Ruyigi bavuye mu nkambi y'impunzi y'i Nduta mu gihugu ca Tanzaniya.
- Imibano / HomeNews Ruyigi-Gisuru:Abantu 1034 bahungutse bakiriwe https://mail.igihe.bi/Ruyigi-Gisuru-Abantu-1034.html https://mail.igihe.bi/Ruyigi-Gisuru-Abantu-1034.html 2018-09-12T08:41:30Z text/html en vianney HomeNews
Abantu bangana 1034 nibo bakiriwe mu Gisuru mu ntara ya Ruyigi bahungutse bavuye mu gihugu ca Tanzaniya mu nkambi ya Nduta hamwe no mu nkambi ya Mtenderi.
- Imibano / HomeNews Umukuru w'igihugu Pierre NKURUNZIZA yatanguje urugendo rw'urumuri rw'amahoro https://mail.igihe.bi/Umukuru-w-igihugu-Pierre-22568.html https://mail.igihe.bi/Umukuru-w-igihugu-Pierre-22568.html 2018-09-05T13:20:01Z text/html en vianney HomeIrambuye MainSlideNews
Umukuru w'igihugu Pierre NKURUNZIZA yatanguje k'umugaragaro kuruno wa gatatu igenekerezo rya 5 Nyakanga umwaka wa 2018 urugendo rw'urumuri rw'amahoro igice ca cumi na kabiri umwaka wa 2018 muri komine Bugendana mu ntara ya Gitega.
- Imibano / HomeIrambuye, MainSlideNews Ruyigi: Abantu 916 bahungutse bakiriwe n'abajejwe intwaro https://mail.igihe.bi/Ruyigi-Abantu-916-bahungutse.html https://mail.igihe.bi/Ruyigi-Abantu-916-bahungutse.html 2018-08-29T14:37:24Z text/html en vianney HomeNews
Abantu 916 bahungutse nibo bakiriwe n'abajejwe intwaro mu ntara ya Ruyigi bavuye mu gihugu ca Tanzaniya mu nkambi z'impunzi za Nduta na Mtenderi.
- Imibano / HomeNews Muyinga: Abantu 649 bakiriwe bahungutse https://mail.igihe.bi/Muyinga-Abantu-649-bakiriwe.html https://mail.igihe.bi/Muyinga-Abantu-649-bakiriwe.html 2018-08-17T11:33:30Z text/html en vianney HomeNews
Abantu 649 nibo bakiriwe bahungutse mu ntara ya Muyinga bavuye mu gihugu ca Tanzaniya.
- Imibano / HomeNews Ruyigi-Gisuru: Abantu 985 bakiriwe bahungutse https://mail.igihe.bi/Ruyigi-Gisuru-Abantu-985-bakiriwe.html https://mail.igihe.bi/Ruyigi-Gisuru-Abantu-985-bakiriwe.html 2018-08-16T18:35:13Z text/html en vianney HomeNews
Abantu bangana 985 nibo bakiriwe muri komine Gisuru intara ya Ruyigi bahungutse Bavuye mu gihugu ca Tanzaniya mu nkambi y'impunzi ya Nduta hamwe n'inkambi ya Mtendeli.
- Imibano / HomeNews