Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Agashimwe ka Fondation FEMIDEJABAT kahindutse imfashanyo y'abatishoboye https://mail.igihe.bi/Agashimwe-ka-Fondation-FEMIDEJABAT.html https://mail.igihe.bi/Agashimwe-ka-Fondation-FEMIDEJABAT.html 2018-08-08T18:38:56Z text/html en vianney HomeNews
Ubuyobozi bwa Fondation FEMIDEJABAT bumenyesha ko ibahasha y'amafaranga y'amarundi agera ku muriyoni w'amarundi bwahawe n'umuririmvyi NSENGIYUMVA MINANI Félicien izokoreshwa yose mu gufasha mu gikorwa cimirije muri uku kwezi kwa Myandagaro, c'ukugarukira ku miryango igera ku majana ane y'abatishoboye yo mu ntara zine nyene, mu kuyigurira amakarata y'ukwivurizako (Cartes d'Assistance Médicale).
- Diaspora / HomeNews Japhet Legentil:”Akari mu mpene niko kari no mu ntama” https://mail.igihe.bi/Japhet-Legentil-Akari-mu-mpene.html https://mail.igihe.bi/Japhet-Legentil-Akari-mu-mpene.html 2018-07-25T08:02:27Z text/html en vianney HomeNews
Umukuru w'ishirahamwe ry'abarundi baba mu mahanga”Diaspora burundaise”,Japhet Legentil amenyeshako kuba hariho bamwe mu barundi batiyumvamwo ishirahamwe arongoye ari ibisanzwe kuko mu ntwaro rusangi ariko bimeze imirwi yemera iki canke itayemera uyisanga ahantu hose.
- Diaspora / HomeNews Umukuru w'igihugu Pierre NKURUNZIZA yuguruye indwi yahariwe abarundi baba mu makungu https://mail.igihe.bi/Umukuru-w-igihugu-Pierre-22414.html https://mail.igihe.bi/Umukuru-w-igihugu-Pierre-22414.html 2018-07-24T10:36:45Z text/html en vianney HomeIrambuye HomeNews
Umukuru w'igihugu c'Uburundi Pierre NKURUNZIZA yuguruye kuruno wa kabiri igenekerezo rya 24 Mukakaro 2018, ibikorwa vy' indwi yahariwe abarundi baba mu makungu vyatunganijwe n'ubushikiranganji bujejwe imigenderanire n'ayandi makungu.
- Diaspora / HomeIrambuye, HomeNews Ireresi ivuga ibikorwa vya « Sindumuja » igiye gusohoka https://mail.igihe.bi/Ireresi-ivuga-ibikorwa-vya.html https://mail.igihe.bi/Ireresi-ivuga-ibikorwa-vya.html 2017-05-08T09:29:53Z text/html rn Jean de Dieu M. HomeNews
Ireresi yakozwe n'uwitwa Jean Eric NAHISHAKIYE igiye gusohoka mu mpera z'iyi ndwi, ikaba yiswe « LE combat des Sindumuja, Epopée des Agneaux du diable »
- Diaspora / HomeNews Petero Karaveri yashimiwe mu baharanira agateka ka zina muntu muri EAC https://mail.igihe.bi/petero-karaveri-mbonimpa-yashimiwe.html https://mail.igihe.bi/petero-karaveri-mbonimpa-yashimiwe.html 2015-10-27T21:23:56Z text/html rn Jean De Dieu HomeNews
Petero Karaveri Mbonimpa asanzwe arongoye ishirahamwe ryitaho agateka ka zina muntu n'akabanyororo APRODH niwe yaronkejwe agashimwe k'abaharanira agateka ka zina muntu muri Afrika y'Ubuseruko (Pan-African Human Rights Defenders schield Award 2015)
Ako gashimwe uyo mutama w'imyaka 66 aharanira agateka ka zina muntu n'akabanyororo mu Burundi yaronse, kakaba katangiwe mu gihugu c'Ubuganda ku murwa mukuru wa Kampala. Petero Karaveri Mbonimpa akaba yaserukiwe n'umunyamabanga nshingwabikorwa wa APRODH (...)
- Diaspora / HomeNews Abarundi baba mu mahanga bibutse abagandaguwe mu kiringo ca gatatu https://mail.igihe.bi/abarundi-baba-mu-mahanga-mu.html https://mail.igihe.bi/abarundi-baba-mu-mahanga-mu.html 2015-10-13T11:42:41Z text/html rn Jean De Dieu HomeNews
Abarundi baba mu mahanga baragize imyiyerekano kuri uwu wa mbere, imbere y'inyubakwa ya Maison Blanche muri Reta zunze ubumwe z'Amerika i Washington‬. Iyo myiyerekano yakozwe mu ntumbere yo kwibuka abarundi bagandaguwe mu kiringo ca gatatu ca Petero NKURUNZIZA
Amwe mu mazina y'abagandaguwe
- Diaspora / HomeNews Umukuru w'inama nshingamateka ahejeje kwemeza ko yahungiye i Bruxelles https://mail.igihe.bi/umukuru-w-inama-nshingamateka.html https://mail.igihe.bi/umukuru-w-inama-nshingamateka.html 2015-06-28T14:25:39Z text/html rn Jean De Dieu HomeNews
Inyuma yaho hari urukurukuru rwemeza ko Umukuru w'inama nshingamateka yoba yarahunze , Piyo Ntavyohanyuma ahejeje kwemeza ko yahungiye i Bruxelles abicishije kumboneshakure FRANCE24
Mukiganiro yatanze yasavye ko amatora yokwegezwa inyuma
- Diaspora / HomeNews Belgique: Abarundi basabwa kw'itaba imyiyerekano kw'igenekerezo rya 1 Mukakaro https://mail.igihe.bi/belgique-abarundi-basabwa-kw-itaba.html https://mail.igihe.bi/belgique-abarundi-basabwa-kw-itaba.html 2015-06-27T09:23:22Z text/html rn HomeNews
Abarundi baba mu gihugu c'Ububirigi no mu bihugu bihegereye,bahamagarirwa kwitaba imyiyerekano itegekanijwe kuba kuwa gatatu igenekerezo rya 1 Mukakaro,mu gihe Uburundi buzoba buhimbaza imyaka 53 iheze buronse intahe yo kwikukira.
Mw'itangazo ry'umurwi w'ubumwe kandi wishinze gukurikiranira hafi indayane ziri mu Burundi,umenyesha ko inyuma y'imyaka 53 Uburundi bwikukiye,abarundi baba mu Bubirigi badashobora guhimbaza uwo munsi,mu gihe kuva kw'igenekerezo rya 26 Ndamukiza,hari abarundi bama bapfa (...)
- Diaspora / HomeNews Nkurunziza yasabiye imiryango yabuze ababo mu gitero c'abarwanyi b'umurwi Al Shabaab https://mail.igihe.bi/pierre-nkurunziza-yabiye-imiryango.html https://mail.igihe.bi/pierre-nkurunziza-yabiye-imiryango.html 2015-06-26T20:57:03Z text/html rn Jean De Dieu HomeNews
Inyuma y'igitero c'abarwanyi b'umurwi w'intagondwa z'abaislamu wa Al Shabaab ku kirindiro c'abasirikare b'ishirahamwe ry'Ubumwe bwa Afrika,mu bumanuko bw'igihugu ca Somaliya cahitanye abashika 30. Umukuru w'Igihugu Petero Nkurunziza yahojeje ababuze ababo abicishije kumuhora FACEBOOK.
- Diaspora / HomeNews Allemagne:Abarundi batumirira kwitaba imyiyerekano yo kuwa 20 Ruheshi https://mail.igihe.bi/allemagne-abarundi-batumirira.html https://mail.igihe.bi/allemagne-abarundi-batumirira.html 2015-06-16T10:59:54Z text/html rn HomeNews
Abarundi baba mu gihugu c'Ubudagi,bari kumwe n'Umurwi yo gushigikirana no gukurikirana ikibazo c'Uburundi,bahamagarira abarundi baba mu budagi kwitaba imyiyerekano itegekanijwe mu Budagi kuwa gatandatu,igenekerezo rya 20 Ruheshi,2015.
Nk'uko biri mw'itangazo dukesha ikinyamakuru Bujanews, iyo myiyerekano bayitunganije, mu ntumbero yo kwerekana ko badashigikiye ukwitoza k'umukuru w'igihugu Petero Nkurunziza kudakurikije amategeko.
Iryo tangazo rivuga kandi ko iyo myiyerekano yatunganijwe mu (...)
- Diaspora / HomeNews