Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Rumonge: Inzu 31 zasambutse ,umuntu umwe arakomereka inyuma y'imvura yaguye https://mail.igihe.bi/Rumonge-Inzu-31-zasamutse-umuntu.html https://mail.igihe.bi/Rumonge-Inzu-31-zasamutse-umuntu.html 2018-11-16T14:53:17Z text/html en vianney HomeNews
Inzu 31 nizo zasambutse muri komine Rumonge mu ntara ya Rumonge umuntu 1 nawe arakomereka inyuma y'imvura yaguye ku magenekerezo rya 14 na 15 Munyonyo umwaka wa 2018.
- umutekano / HomeNews Ubushikiranganji bw'umutekano buvuga ko ata shirahamwe ryigenga mu gisata c'umutekano ryemerewe gukora ata ruhusha rifise https://mail.igihe.bi/Ubushikiranganji-bw-umutekano-22721.html https://mail.igihe.bi/Ubushikiranganji-bw-umutekano-22721.html 2018-11-12T18:21:27Z text/html en vianney HomeNews
Ubushikiranganji bw'umutekano gukinga no gutabara mu gihe c'ibiza n'isibe bumenyeshako umuntu yipfuza gushinga ishirahamwe ryigenga mu gisata c'umutekano bibujijwe gukora ivyo bikorwa mu gihe ata burenganzira afise buvuye ku nzego zibijejwe
- umutekano / HomeNews Muramvya :Patiri mukuru wa paruwasi Muramvya yagize isanganya https://mail.igihe.bi/Muramvya-Patiri-mukuru-wa-paruwasi.html https://mail.igihe.bi/Muramvya-Patiri-mukuru-wa-paruwasi.html 2018-11-02T10:23:15Z text/html en vianney HomeNews
Patiri mukuru mushasha wa paruwase Muramvya yagize isanganya n'imodoka urenganye ahitwa kwa Kamenge agiye mu bikorwa vy'ubutumwa.
- umutekano / HomeNews Rusizi: Ibikoresho bibujijwe mu kuroba vyafashwe https://mail.igihe.bi/Rusizi-Ibikoresho-bibujijwe-mu.html https://mail.igihe.bi/Rusizi-Ibikoresho-bibujijwe-mu.html 2018-10-29T09:54:20Z text/html en vianney HomeNews
Indobo 10 zuzuye imboga ntonto bita “Umugara”,ubwato butoyi buroba hamwe n'imisegereta nivyo vyafashe n'igiporisi gikorera mu mazi mu gice ca Rusizi.
- umutekano / HomeNews Mairie – Bwiza :Uwitwa Christophe NDAYIKENGURUKIYE yatowe ikiziga https://mail.igihe.bi/Mairie-Bwiza-Uwitwa-Christophe.html https://mail.igihe.bi/Mairie-Bwiza-Uwitwa-Christophe.html 2018-10-12T12:11:09Z text/html en vianney HomeNews
Ikiziga c'uwitwa Christophe NDAYIKENGURUKIYE catowe igihe c'isaha icumi z'ubuca ari kuruyu wa gatanu igenekerezo rya 12 Gitugutu umwaka wa 2018 kw'ibarabara ry'i 7 inomero 37 muri zone Bwiza mu gisagara ca Bujumbura.
- umutekano / HomeNews Abafungwa b'ibohero rya Gitega bagumutse https://mail.igihe.bi/Abafungwa-b-ibohero-rya-Gitega.html https://mail.igihe.bi/Abafungwa-b-ibohero-rya-Gitega.html 2018-10-12T08:38:23Z text/html en vianney HomeNews
Abafungwa bo mw'ibohero rikuru ryo mu ntara ya Gitega baraye bagumutse ku masaha y'inyuma y'umutaga wo kuruyu wa kane igenekerezo rya 11 Gitugutu umwaka wa 2018 muruko kugumuka batera amabuye hanze yiryo bohero.
- umutekano / HomeNews Muyinga :Abakozi 3 b'ishirahamwe IRC bariko barangura imirimo ata ruhusha bari kubazwa n'inyamiramabi https://mail.igihe.bi/Muyinga-Abakozi-3-b-ishirahamwe.html https://mail.igihe.bi/Muyinga-Abakozi-3-b-ishirahamwe.html 2018-10-12T08:33:17Z text/html en vianney HomeNews
Abakozi 3 b'ishirahamwe IRC barafashwe n'abajejwe umutekano bariko bakora akazi kabo ku musi wa gatatu muri komine Muyinga mu ntara ya Muyinga mu gihe ibikorwa vy'amashirahamwe vyarahagaritswe.
- umutekano / HomeNews Mairie –kumase: Umwana w'imyaka 12 yakomerekejwe n'imvubu https://mail.igihe.bi/Mairie-kumase-Umwana-w-imyaka-12.html https://mail.igihe.bi/Mairie-kumase-Umwana-w-imyaka-12.html 2018-10-09T15:02:07Z text/html en vianney HomeNews
Umwana w'imyaka 12 yakomerekejwe n'imvubu ku kuboko kw'iburyo ahitwa ku Mase inyuma yaho yariko aragaza iyo mvubu.
- umutekano / HomeNews Bujumbura –Mutimbuzi: Uwitwa Leopold NZIGAMASABO yatowe ikiziga https://mail.igihe.bi/Bujumbura-Mutimbuzi-Uwitwa-Leopold.html https://mail.igihe.bi/Bujumbura-Mutimbuzi-Uwitwa-Leopold.html 2018-10-09T14:49:49Z text/html en vianney HomeNews
Umuntu yitwa Leopold NZIGAMASABO yatowe ikiziga kuruno wa kabiri igenekerezo rya 10 Gitugutu 2018 ku musozi Kinyinya mu Rukaramu muri komine Mutimbuzi y'intara ya Bujumbura igihe c'isaha cumi na zibiri n'inusu z'agatondo.
- umutekano / HomeNews Muramvya:Abantu 4 bapfuye abandi 3 barakomereka n'isanganya ry'imodoka https://mail.igihe.bi/Muramvya-Abantu-4-bapfuye-abandi-3.html https://mail.igihe.bi/Muramvya-Abantu-4-bapfuye-abandi-3.html 2018-10-08T07:37:45Z text/html en vianney HomeNews
Abantu 4 nibo bapfuye abandi 3 barakomereka inyuma yaho imodoka yo mu bwoko bwa “Remorque” igoganye n'imodoka “Probox” ahitwa Mubarazi ku birometero 4 uvuye ku murwa mukuru w'intara ya Muramvya.
- umutekano / HomeNews