Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Umugambwe FNL AMIZERO Y'ABARUNDI wankiwe kwemerwa mu gihugu https://mail.igihe.bi/Umugambwe-FNL-AMIZERO-Y-ABARUNDI.html https://mail.igihe.bi/Umugambwe-FNL-AMIZERO-Y-ABARUNDI.html 2018-11-09T07:10:55Z text/html en vianney HomeNews
Ubushikiranganji bw'intwaro yo hagati n'inyigisho zo gukunda igihugu bwankiye kwemerera umugambwe mushasha «FNL AMIZERO Y'ABARUNDI »umushingamateka Agathon RWASA yari yarasavye ko wokwemerwa.
- Imigambwe / HomeNews Evariste NDAYISHIMIYE :« Ukugwanya kudahana niwo muti wonyene ubereye ibihugu vyose vyo kwisi.» https://mail.igihe.bi/Evariste-NDAYISHIMIYE-Ukugwanya.html https://mail.igihe.bi/Evariste-NDAYISHIMIYE-Ukugwanya.html 2018-10-21T13:27:22Z text/html en vianney HomeNews
Umugambwe CNDD FDD umenyeshako kugwanya kudahana niwo muti ubereye ibihugu vyose vyo kwisi bikwiye ko amakungu afata mu mugongo Reta y'Uburundi muri uwo mugambi wo gukurikirana abantu bose bagirizwa n'ubwicanyi bwabaye mu Burundi, kugirango bakubitwe intahe mu gahanga.
- Imigambwe / HomeNews Umugambwe CNDD FDD uvuga ko kwibuka imyaka 57 Rudoviko RWAGASORE agandaguwe ari igihe c'umubabaro https://mail.igihe.bi/Umugambwe-CNDD-FDD-uvuga-ko-22669.html https://mail.igihe.bi/Umugambwe-CNDD-FDD-uvuga-ko-22669.html 2018-10-15T08:24:40Z text/html en vianney HomeNews
Umugambwe CNDD FDD umenyeshako umunsi wo kwibuka imyaka 57 irarangiye Umuganwa Rudoviko Rwagasore yaharaniye incungu yo kwikukira kw'Uburundi agandaguwe n' igihe c'umubabaro, kikaba n'igihe co kwisuzuma, mu ntumbero yo kurushirizaho gukora mu gutsimbataza intahe y'ukwikukira kw'Uburundi.
- Imigambwe / HomeNews Umugambwe APDR uvuga ko ushima ubutwari bw'umuganwa Rudoviko RWAGASORE https://mail.igihe.bi/Umugambwe-APDR-uvuga-ko-ushima.html https://mail.igihe.bi/Umugambwe-APDR-uvuga-ko-ushima.html 2018-10-12T10:25:06Z text/html en vianney HomeNews
Umugambwe APDR umenyeshako ukenguruka ubutwari bwaranze umuganwa Rudoviko RWAGASORE kuko muvyo yaharanira ata kindi yarota ataruko igihugu c'Uburundi co kwikukira.
- Imigambwe / HomeNews FNL usaba ubushikiranganji bw'intwaro yo hagati kutemerera umugambwe mushasha wa Agathon RWASA https://mail.igihe.bi/FNL-usaba-ubushikiranganji-bw.html https://mail.igihe.bi/FNL-usaba-ubushikiranganji-bw.html 2018-09-24T18:37:27Z text/html en vianney HomeNews
Umukuru w'umugambwe FNL Jacques BIGIRIMANA asaba ubushikiranganji bw'intwaro yo hagati mu gihugu kutemerera umugambwe mushasha uheruka gusabwa na Agathon RWASA kuko izina yakoresheje hamwe n'ibimenyetso arivy'umugambwe wabo.
- Imigambwe / HomeNews Abitavye inama y'abanyeporitike mu Kayanza bashikiirije iki? https://mail.igihe.bi/Abitavye-inama-y-abanyeporitike-mu.html https://mail.igihe.bi/Abitavye-inama-y-abanyeporitike-mu.html 2018-08-04T18:39:20Z text/html en vianney HomeNews
Bamwe mu bakuru b'imigambwe hamwe n'abanyeporitike bitavye inama yabahuje kuruyu wa gatanu igenekerezo rya 3 Myandagaro mu ntara ya Kanyanza, bagarutse k'urupapuro rw'inzira rwo mu mwaka wa 2015 abandi nabo basaba ko amatora yo mu mwaka wa 2020 yotangurwa no gutora umukuru w'igihugu.
- Poritike / HomeNews Abanyeporitike b'Uburundi bari mu nama ibahuza mu kayanza https://mail.igihe.bi/Abanyeporitike-b-Uburundi-bari-mu.html https://mail.igihe.bi/Abanyeporitike-b-Uburundi-bari-mu.html 2018-08-03T09:33:38Z text/html en vianney HomeNews
Abanyeporitike hamwe n'abakuru b'imigambwe barahura mu nama kuruno wa gatanu igenekerezo rya 3 Myandagaro uyu mwaka wa 2018 mu ntara ya Kayanza,mu nama itegura urupapuro rw'inzira rw'amatora ategekanywa mu mwaka wa 2020.
- Poritike / HomeNews Umugambwe UPD washikirije aho uhagaze ku bijanye n'abarundi birukanwa mu Rwanda https://mail.igihe.bi/Umugambwe-UPD-washikirije-aho.html https://mail.igihe.bi/Umugambwe-UPD-washikirije-aho.html 2018-07-31T15:32:16Z text/html en vianney HomeNews
Umugambwe UPD ZIGAMIBANGA umenyeshako ubabajwe n'abarundi bamaze imisi birukanwa mu gihugu c'Urwanda hadakwirikijwe amategeko.
- Imigambwe / HomeNews Uwahora ari umukuru wa Sahwanya FRODEBU yagenywe kuwuserukira i Buraya https://mail.igihe.bi/Uwahora-ari-umukuru-wa-Sahwanya.html https://mail.igihe.bi/Uwahora-ari-umukuru-wa-Sahwanya.html 2018-07-16T18:52:49Z text/html en vianney HomeNews
Frédéric BAMVUGINYUMVIRA yahora arongoye umugambwe Sahwanya FRODEBU yagenywe n'umukuru w'uyo mugambwe kugira awuserukira k'umugabane wa Buraya mu mazinga ya Caraibe hamwe no mu mazinga ya Pacifique.
- Imigambwe / HomeNews Umugambwe Sahwanya FRODEBU waronse abarongozi bashasha https://mail.igihe.bi/Umugambwe-Sahwanya-FRODEBU-waronse.html https://mail.igihe.bi/Umugambwe-Sahwanya-FRODEBU-waronse.html 2018-07-09T07:04:38Z text/html en vianney HomeNews
Pierre Claver NAHIMANA niwe yatowe ngo abe umukuru w'umugambwe Sahwanya FRODEBU mu matora yatunganijwe kuruyu w'Imana igenekerezo rya 8 Mukakaro 2018.
- Imigambwe / HomeNews