Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
rn
SPIP - www.spip.net

Suzy yemanze ko akunda Emery sun birenze
https://mail.igihe.bi/Suzy-yemeye-ko-nawe-akunda-Emery.html
https://mail.igihe.bi/Suzy-yemeye-ko-nawe-akunda-Emery.html
2017-08-03T12:45:25Z
text/html
rn
Egide NDUWIMANA
HomeNews

Emery Sun yararonse akaryo keza ko kwerekana umukunzi wiwe naho hari abagikekeranya ko yoba afise n'abandi. Umukunzi wiwe arerekana ko yaryohewe n'ukuntu bamaranye umwanya mwiza w'urukundo.

inkuru

HomeNews

Amwe mu mafoto y'amaziko y'umuvyeyi wa Emery Sun
https://mail.igihe.bi/Amwe-mu-mafoto-y-amaziko-y.html
https://mail.igihe.bi/Amwe-mu-mafoto-y-amaziko-y.html
2017-07-13T10:29:04Z
text/html
rn
Egide NDUWIMANA
HomeNews

Ubuyobozi bwa Ikoh Multiservice burashimira abantu batandukanye bitanze kugira Ndayiziga Joseph, umuvyeyi w'umuririmvyi Emery Sun ashinguranwe iteka. Bamwe mu baririmvyi bari bishikiye gushigikira mugenzi wabo.

inkuru

HomeNews

Emery Sun avugako atagihundutse muri Isanganiro Awards azoba umurorerezi
https://mail.igihe.bi/emery-sun-avugako-atagihundutse.html
https://mail.igihe.bi/emery-sun-avugako-atagihundutse.html
2015-02-27T11:27:53Z
text/html
rn
HomeNews

Emery Sun umuririmvyi wo muri Kany Empire yatanguranye umwaka w'i 2015 n'ururirimbo "Yaco Umbipa". Ndetse asaba ko itorwa ry'indirimbo zihiganwa muri Isanganiro Awards ryohinduka, indirimbo zifise ubutumwa bumwe zigahiganwa ukwazo. Mu kiganiro yagiranye na IGIHE, Emery Sun amenyeshako ahagaze neza mu kazi kiwe k'umuririmvyi. Ivyo abivuga mu gihe yatanguranye umwaka ururirimbo rw'urukundo rushasha"Yaco Umbipa". Ikindi n'uko abandanya ateramisha abantu muri Karaoke ahitwa kwa Cyrillo ku minsi ya (...)

inkuru

HomeNews

Emery Sun ashobora kutazosubira muri "Isanganiro Awards" atagihindutse
https://mail.igihe.bi/umuririmvyi-emery-sun-aranegura.html
https://mail.igihe.bi/umuririmvyi-emery-sun-aranegura.html
2014-06-25T07:51:05Z
text/html
rn
HomeNews

Ihiganwa Isanganiro Awards ritegurwa n'insamirizi "Isanganiro" ryama riba ku umwaka ku mwaka kuva mu mwaka w'2011. Ritanguye kwidogerwa na bamwe mu baririmvyi bamaze kuja mu mahiganwa. Emery Sun aranegura itangwa ry'amanota ku ndirimbo.

Ihiganwa rya "Isanganiro Awards" ku ncuro ya 4 ryarangiye kw'igenekerezo rya 22 Ruheshi, inyuma yaho ururirimbo "Ndasavye Ijambo" rwa N.John rutahukaniye ikibanza ca mbere, ubwa kabiri hakaza ururirimbo "Wa wundi" rwa Emery Sun. Uwo muririmvyi ntiyakiriye neza (...)

inkuru

HomeNews