Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576 IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......rnSPIP - www.spip.netNi nde atoba aramenya Kiki Touré mu Burundi?
https://mail.igihe.bi/ni-nde-atoba-aramenya-kiki-toure.html
https://mail.igihe.bi/ni-nde-atoba-aramenya-kiki-toure.html2013-09-05T02:05:23Ztext/htmlrnHomeNews
<p>Kiki Touré n'umurirmvyi w'umurundi akiri muto ariko atanguye kwerekana ubuhinga mu kuririmba kwiwe. Ubuzima bwiwe bwo mu muziki, imvo n'imvano y'ukuririmba kwiwe, ibikorwa n'imigambi yiwe ni iyihe? Ivyerekeye indirimbo yiwe ikimota ubushasha “Rufuku” iriko iramenyekana no mu makungu. <br class='autobr' />
Umuririmvyi w'umurundi azwi cane muri Karaoké ku kazina k'ubuhizi Kiki Touré, yavukiye mu gisagara ca Bujumbura ku Mutanga mu 1993. Irankunda Joe Christian, kw'izina ryiwe ryukuri, Kiki Touré ku kazina k'ubuhizi yahawe (...)</p>
-
<a href="https://mail.igihe.bi/-inkuru-199-.html" rel="directory">Inkuru</a>
/
<a href="https://mail.igihe.bi/+-homenews-+.html" rel="tag">HomeNews</a>