Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Umurwi “Moutcho” uvuza umuziki wisa mu Burundi https://mail.igihe.bi/umurwi-moutcho-uvuza-umuziki-wisa.html https://mail.igihe.bi/umurwi-moutcho-uvuza-umuziki-wisa.html 2013-10-03T06:49:44Z text/html rn HomeNews <p>Mu muziki w'Uburundi hariho umurwi ugizwe n'imisore 3 witwa “Moutcho”. Umurwi kugeza ubu uvuza umuziki wisa. Moutcho uvuza imidiho ya Jazz, Rock n'iyindi ishingiye kuriyo midiho ibiri ariko icanze n'imidiho y'ikinyafrika (Afrobeat) . Umuziki w'uwo murwi uvuzwa ahanini ku bicurarangisho bitatu. <br class='autobr' /> Umurwi “Moucho” wavutse mu kwezi kwa Ndamukiza 2011 kw'izina ry'ikirundi “Muco”. Uwo murwi ugizwe n'imisore itatu: Nganji Arnaud, Kwizera Yvan hamwe Nkurikiye Amadi. Iyo misore itatu yahuye mu 2011, umwe wese (...)</p> - <a href="https://mail.igihe.bi/-inkuru-205-.html" rel="directory">Inkuru</a> / <a href="https://mail.igihe.bi/+-homenews-+.html" rel="tag">HomeNews</a>