Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
rn
SPIP - www.spip.net

R Flow, Matabaro n'abakobwa bambaye udutenge tugufi mw'itegurwa ry'isanamu nshasha
https://mail.igihe.bi/r-flow-matabaro-n-abakobwa-bambaye.html
https://mail.igihe.bi/r-flow-matabaro-n-abakobwa-bambaye.html
2015-03-20T09:54:23Z
text/html
rn
HomeNews

Matabaro ariko ashira ahabona ifatwa ry'isanamu(video) y'ururirimbo yakoranye na R Flow. Bari kumwe n'abakobwa bambaye udutenge tuzingiye haruguru cane y'amavi, tukongera tugafuka amabere gusa.

Ururirimbo "Whatsapp"Matabaro yaririmbanye na Flow rwamenyekanye cane igihe Matabaro yari mu buserukizi bwa Primusic2014.

Raba amafoto amaze kuja ahabona:

Inkuru

HomeNews

Indirimbo za Patient MATABARO zaronse isoko mu mahanga
https://mail.igihe.bi/indirimbo-za-patient-matabaro.html
https://mail.igihe.bi/indirimbo-za-patient-matabaro.html
2015-03-03T14:01:42Z
text/html
rn
HomeNews

Abaririmvyi bo mu Burundi bariko barondera amasoko yo kugurisha indirimbo zabo mu bihugu vyo mu karere. Mbega mu Burundi habuze uwozana urwo rucuruza kugira umuririmvyi atungwe n'akazi kiwe?.
Inyuma ya Ashley GIRUKWISHAKA aheruka kugirana amasezerano yo kugurisha indirimbo ziwe n'ishirahamwe "Room Tech" ryo muri Kenya, Patient MATABARO nawe yafashe iyo nzira nyene. Uwo nawe yagiranye amasezerano y'imyaka itatu n'ishirahamwe DMARK ryo mu Buganda. Amahera MATABARO azokura mu muziki wiwe azovana (...)

Inkuru

HomeNews

Matabaro nawe yasohoye ururirimbo rwuzuye urukundo
https://mail.igihe.bi/matabaro-nawe-yasohoye-ururirimbo.html
https://mail.igihe.bi/matabaro-nawe-yasohoye-ururirimbo.html
2015-01-29T09:54:23Z
text/html
rn
HomeNews

Umuririmvyi Patient Matabaro ari ku muvuduko munini mu kazi kiwe ko kuririmba, ubu naho yasohoye ururirimbo rushasha yakoreye ku muhinyanyuzi A Tizzo.

Matabaro yasohoye ururirimbo yise "Nzoza", ati:"Humura nzoza cherie, humura nzoza vuba nzogaruka cherie, humura sinzoguta, iyo nagiye nagiye kurondera". Ntibaze bakubeshe, ngo bakuntware.

Ntubibutseko ururimbo rw'urukundo rwa Matabaro rwasohokeye rumwe na "Yaco umbipa" rwa Emery sun narwo nyene ruvuga urukundo.

Umviriza "Nzoza"na (...)

indirimbo

HomeNews

Kuki Patient Matabaro akunda guherekeza Fizzo kuri "Podium"?
https://mail.igihe.bi/kuki-patient-matabaro-akunda.html
https://mail.igihe.bi/kuki-patient-matabaro-akunda.html
2014-07-22T10:13:09Z
text/html
rn
HomeNews

Umuririmvyi Patient Matabaro ari mu baririmvyi baserukira ishirahamwe Brarudi mw'ihiganwa rya Primusic, araboneka kuri "Podium"igihe mugenzi we Big Fariouz aramukiwe kuririmba. Avugako akunda Fizzo kuva akiri muto cane, kandi na Fizzo aramukunda.
Hageze ko Big Fariouz aja kuririmba mu biteramo ariko agirisha muri Primusic hamwe na Sat B na Matabaro, uwo wanyuma acamuherekeza. Barafashanya kuririmba indirimbo za Fizzo. Ivyo bimaze kuba kenshi, ni ko kwegera Patient Matabaro tukamubaza (...)

Patient Matabaro

HomeNews