Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
rn
SPIP - www.spip.net

Patient Matabaro yemeje ku mugaragaro umwigeme bakundanye
https://mail.igihe.bi/patient-matabaro-yemeje-k.html
https://mail.igihe.bi/patient-matabaro-yemeje-k.html
2015-01-08T07:08:27Z
text/html
rn
HomeNews

Umuririmvyi Patient Matabaro atanguye umwaka atangarije abakunzi biwe uwo bakundanye.

Amakuru y'uko Patient Matabaro yerekanye uwo bakundanye yatanguye kuvugwa mu gihe uwo muririmvyi yari mu giteramo citiriwe "how much I love" ca Kook-k. Kuri uwo munsi w'igiteramo Matabaro yoba yarahamagaye umwigeme yitwa Ines amubaza ko yoba azi ko amukunda uri uwundi yishura ko abizi, aca amusoma ku munwa. Aho hari kw'igenekerezo rya 01/01/2015. Haheze iminsi ibiri gusa, Matabaro yemeje ku mugaragaro ko (...)

Inkuru

HomeNews

Isanamu nshasha ya Patient Matabaro na R Flow isukuye
https://mail.igihe.bi/isanamu-nshasha-ya-patient.html
https://mail.igihe.bi/isanamu-nshasha-ya-patient.html
2014-09-03T07:48:27Z
text/html
rn
HomeNews

Patient Matabaro na R Flow bashize ahabona isanamu y'ururirimbo "Changu ni Changu". Yakozwe n'umuhinyanyuzi abishoboye Black Arthur akorera muri "Akaga Videoz".

Tubibutse ko Matabaro yatsindiye Primusic umwaka w'i 2013 agatwara imiriyoni 15.000.000 z'amarundi, yaraye akwirikiwe na Christian muri Primusic 2014 nawe yatwaye imiriyoni 20.000.000.

Raba aha munsi isanamu isikuye ya "changu ni (...)

Amasanamu

HomeNews

Umuririmvyi Patient Matabaro abonako hari ivyo kosorwa kubatanga amanota muri Primusic
https://mail.igihe.bi/umuririmvyi-patient-matabaro.html
https://mail.igihe.bi/umuririmvyi-patient-matabaro.html
2014-08-22T11:03:55Z
text/html
rn
HomeNews

Patient Matabaro aherutse gutwara agashimwe k'ihiganwa Primusic umwaka w'i 2013, arashima uko ihiganwa ritegurwa kandi arabona ibintu bimwe bimwe vyohinyanyurwa ku ruhande rw'abatanga amanota. Amanota angana ibice 30% ava mu bakunzi b'abaririmvyi, Matabaro abona ko yoguma uko, kandi yaragabanijwe kare yari ki bice 50%.
Mu gihe hasigaye indwi imwe ngo haboneke umuririmvyi agira 3 atwaye agashimwe gatangwa n'ishirahamwe Brarudi biciye mw'ihiganwa Primusic, Patient Matabaro yatwaye ico kibanza ca (...)

Inkuru

HomeNews

Matabaro arabaza ati :"kuki?"
https://mail.igihe.bi/matabaro-arabaza-ati-kuki.html
https://mail.igihe.bi/matabaro-arabaza-ati-kuki.html
2014-01-04T12:53:21Z
text/html
rn
HomeNews

Amajambo arimwo akababaro, mu ruririmbo ruteguye neza cane, ruryohera amaso n'amatwi. Ni Patient Matabaro atanga ubutumwa mu ruririmbo rwiwe rushasha aherutse gusohora.

« Why ?»ni umutwe w'ururirimbo ruherutse gusohorwa na wa muririmvyi muzi cane aherutse gutsindira ihiganwa rya Primusic. Ururirimbo ruri mu mudiho wa Reggae, ruvanze ururimi rw'ikirundi n'icongereza, rukozwe ku buhinga bwa none ni rwo Matabaro ahaye abakunzi biwe nk'akaganuke k'uno mwaka mushasha tumaze iminsi mikeyi dutanguye. (...)

Indirimbo

HomeNews

Mukwege
https://mail.igihe.bi/mukwege-6841.html
https://mail.igihe.bi/mukwege-6841.html
2013-10-07T04:27:18Z
text/html
rn

Indirimbo

Bite
https://mail.igihe.bi/bite.html
https://mail.igihe.bi/bite.html
2013-10-07T04:20:12Z
text/html
rn

Indirimbo