Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net The BFG uriko utegura igiteramo c'imponjo y'urukurikirane rwa mbere rw'umurwi https://mail.igihe.bi/the-bfg-uriko-utegura-igiteramo-c.html https://mail.igihe.bi/the-bfg-uriko-utegura-igiteramo-c.html 2013-10-15T01:56:29Z text/html rn HomeNews <p>Umurwi The Best Friends of God uriko uritegurira ku remesha igiteramo. Igiteramo kigamije gutanga imponjo ku rukurikirane uwo murwi watanguye gukora mu nzu y'ubuhinyanyuzi bw'umuziki. Uwo murwi ahanini ukora umuziki aurimwo amajwi gusa watanguye gukora urukurikirane rwa mbere rw'indirimbo zawo. <br class='autobr' /> Umurwi The Best Friends of God (The BFG) uriko uritegurira ibikorwa bibiri bihambaye: ukuremsha igiteramo no gukora urukurikirane rwa mbere rw'uyo murwi. Nko twabibwiwe na Nimubona Jackson batazira (...)</p> - <a href="https://mail.igihe.bi/-inkuru-214-.html" rel="directory">Inkuru</a> / <a href="https://mail.igihe.bi/+-homenews-+.html" rel="tag">HomeNews</a>