Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
rn
SPIP - www.spip.net

Steven Sogo ati:" Teshwa have, bisa abandi"
https://mail.igihe.bi/steven-sogo-ati-teshwa-have-bisa.html
https://mail.igihe.bi/steven-sogo-ati-teshwa-have-bisa.html
2015-05-05T10:15:27Z
text/html
rn
HomeNews

Steven Sogo yasohoye ururirimbo yiyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza, ati:" Democratie ntuvane nayo, nturambirwe ngo ushire hasi". Arongera ati:"Teshwa have, bisa abandi".

Nk'uko abantu batandukanye bariko berekana aho bahagaze ku bijanye no kwitoza kwa Petero Nkurunziza, n'abaririmvyi ntibasigaye inyuma, Steven Sogo aririmba avuga ati:" Democrasi twayironse turushe, ubuzima bw'abantu bwarahatikiriye, ni co gituma tudashobora kwihangana ngo tube abaja b'umuntu umwe canke akarwi, (...)

Indirimbo

HomeNews

Ururirimbo "Kwa Nyogokuru" rusubirwamwo ku mboneshakure nkuru yo muri Egypte
https://mail.igihe.bi/ururirimbo-kwa-nyogokuru.html
https://mail.igihe.bi/ururirimbo-kwa-nyogokuru.html
2015-04-09T09:25:27Z
text/html
rn
HomeNews

Indirimbo Steven Sogo yakoze mu Kirundi hamwe n'ibicurarangisho kavukire ziriko zisubirwamwo n'abandi baririmvyi bari kumwe mu mugambi wa Nile Project, uhuza abaririmvyi bakoresha ibicurarangisho ndangakaranga baba mu bihugu bisangiye uruzi Nile.

Isanamu "Video" iboneka ni iy'ururirimbo "Kwa Nyogokuru" rwa Steven Sogo Sogotolo. Iyo sanamu yafashwe igihe Sogotolo ariwe "Steven Sogo", n'abandi baririmvyi bava mu bihugu vya Uganda, Kenya, Egypte, Soudan, Etiyopiya, Sudani n'Urwanda, bari (...)

Indirimbo

HomeNews

Akabanga
https://mail.igihe.bi/akabanga.html
https://mail.igihe.bi/akabanga.html
2013-10-17T06:23:03Z
text/html
rn

Indirimbo

Indagano
https://mail.igihe.bi/indagano.html
https://mail.igihe.bi/indagano.html
2013-10-17T06:13:02Z
text/html
rn

Indirimbo

Agatirano
https://mail.igihe.bi/agatirano.html
https://mail.igihe.bi/agatirano.html
2013-10-17T05:54:08Z
text/html
rn

Indirimbo