Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Jiji Seven ariko arondera abana bo mu miryango ikenye kuruta iyindi abafashe https://mail.igihe.bi/jiji-seven-ariko-arondera-abana-bo.html https://mail.igihe.bi/jiji-seven-ariko-arondera-abana-bo.html 2015-04-21T12:44:37Z text/html rn HomeNews
Jiji Seven yatanguye kugira amatohoza ku bana ba ntaho nikora agiye gutangura gufasha. Uwo muririmvyi asaba uwo wese afise umutima wo gutera intambara mu Burundi ateshwe ate, kubera hari n'intambara y'ubukene mu miryango.
Nk'uko yari yabimenyeshe imbere y'igiteramo giheruka, Jiji Seven yarafashe urugendo ejo aho yabonana n'abarongoye imitumba abasaba kumurangira imiryango ikenye cane kuruta iyindi ari nayo agiye kuzofasha abana babo kwiga. Avuye mu mu misozi ya MWAZA na KINDOBWE yo mu KABEZI, (...)
- Inkuru / HomeNews Jiji Seven agiye gufasha bamwe mu bana barenganijwe n'amategeko adakurikizwa https://mail.igihe.bi/jiji-seven-agiye-gufasha-bamwe-mu.html https://mail.igihe.bi/jiji-seven-agiye-gufasha-bamwe-mu.html 2015-04-07T11:54:03Z text/html rn HomeNews
Jiji Seven ariko ategura igiteramo co kurenganura bamwe mu bana badafise uburenganzira bwo kwiga; kandi hari amategeko avuga ko abana bose b'i Burundi bategerewa kwiga. Uwo muririmvyi avuga ati:"Article ya 28 ya convention ya droit de l'homme ivuga ko umwana wese afise droit a l'education. Ariko vy'ukuri siko bimeze ngaha mu gihugu cacu. Naratangaye kubona harabana benshi batiga, bamwe muvuganye ugasanga umuvyeyi wiwe yabuze amafaranga 2000F yogutanga kwishure comme contribution yo (...)
- Inkuru / HomeNews Jiji Seven yatanguye urukurikirane rushasha muri Studio nshasha https://mail.igihe.bi/jiji-seven-yatanguye-urukurikirane.html https://mail.igihe.bi/jiji-seven-yatanguye-urukurikirane.html 2014-12-03T12:08:28Z text/html rn HomeNews
Umuririmvyi Jiji Seven aratangura gushira amajwi mu ndirimbo zizoba zigize urukurikira rushasha. Urwo rukurikira rusa n'urwuguruye inzu y'ubuhinyanyuzi nshasha.
Urukurikirane ruzoba rugizwe n'indirimbo 10 zose zikozwe mu rurimi rw'icongereza, mu mpera za Nzero umwaka 2015 rushobora kuzoba rwasohotse. Nk'uko Jiji Seven abitubwira, urwo rukurikirane rukozwe kubw'amasezerano afitaniye n'inzu ifasha abaririmvyi yo muri Nigeriya yitwa iRecord Limited. Ari naco gituma izo ndirimbo zose zizokorwa mu (...)
- Inkuru / HomeNews Uwahoze ari musitanteri wa Komine Ngagara ashaka guhindura ibintu aciye mu ndirimbo https://mail.igihe.bi/musitanteri-wa-komine-ngaragara.html https://mail.igihe.bi/musitanteri-wa-komine-ngaragara.html 2014-08-26T10:21:59Z text/html rn HomeNews
Jiji Seven aherutse gutorwa mu bandi baririmvyi kugira akore ururirimbo rw'ishirahamwe "Association for Peace and Love in Jesus Christ". Abarongoye ishirahamwe barasigura igituma yatowe n'ico yatorewe. Jiji Seven arashimishwa n'uko yatowe mu bandi. Urwo ruriirmbo yipfuza kurushikana kure cane, ubutumwa bukenewe na benshi.
Ururirimbo Jiji Seven yatorewe kuririmba rwitwa "One God, One Blood, One Humanity" bisigura "Imana imwe, Amaraso amwe, Ubuntu bumwe". Uwahoze ari musitanteri wa komine (...)
- Inkuru / HomeNews Umuririmvyi Jiji Seven na Cynthia bagiye gushinga urwabo https://mail.igihe.bi/umuririmvyi-jiji-seven-na-cynthia.html https://mail.igihe.bi/umuririmvyi-jiji-seven-na-cynthia.html 2014-06-05T10:38:39Z text/html rn HomeNews
Ivyahora biri ku mutima w'umuririmvyi Jiji Seven yabishize ahabona, yasohoye amakarata y'ubutumire bw'ubugeni, akaba azokwubakana na Namahoro Cynthia.
Jiji Seven yasohoye amakarata y'ubutumire (invitations), azokubaka urwiwe kw'igenekerezo rya 18 Mukakaro. Cynthia Namahoro asanzwe aba mu gihugu ca Suede niwe bazokwambikana impeta y'ubudatandukana. Ku butumire bwiwe, Jiji yanditseko ati:"Tubiri tuvurana ubupfu, abakoreye hamwe bazana umwimbu ushimishije. Umwe atemvye uwundi aramuvyura, haragowe (...)
- Inkuru / HomeNews Jiji Seven, umuririmvyi yatorewe gukwirikirana ivyirwa vyo kurondera amahoro n'umutekano https://mail.igihe.bi/jiji-seven-umwe-mu-baririmvyi.html https://mail.igihe.bi/jiji-seven-umwe-mu-baririmvyi.html 2014-04-07T10:11:44Z text/html rn HomeNews
Ishirahamwe "Institute for Security Studies" (ISS), rikora ivyirwa ku bijanye no kurondera amahoro ku mugabane wa Afrika, riherutse gutora umuririmvyi Jiji Seven hamwe n'abandi baririmvyi bazoja gukwirikirana ivyirwa bijanye no kugarukana amahoro n'umutekano biciye mu banyamyuga (Artistes).
Abaririmvyi bagera kuri 25 bo muri Afrika baherutse gutorwa n'ishirahamwe rikora ivyirwa ku bijanye no kurondera amahoro n'umutekano "Institute for Security Studies"(ISS). Muri abo harimwo umuririrmvyi (...)
- Inkuru / HomeNews Jiji Seven yibazako agiye kuruhuka ariko siko vyagenze https://mail.igihe.bi/jiji-seven-yibazako-agiye-kuruhuka.html https://mail.igihe.bi/jiji-seven-yibazako-agiye-kuruhuka.html 2014-03-05T10:05:35Z text/html rn HomeNews
Urugendo umuririmvyi Jiji Seven yaramazemwo iminsi mu gihugu c'Urwanda ntirwabaye nk'uko yari yabiteguye. Ica hindutse n'uko yari azi ko agiye mu karuhuko, ariko ashitseyo bigaca bihinduka, yasanze hari abamunyotewe.
Kuva kw'igenekerezo rya 28 Ruhuhuma, umuririmvyi Jiji Seven yari mu gihugu c'Urwanda. yagiye inyuma y'iminsi mikeyi isanamu y'ururirimbo " Dance with me "isohotse. Jiji Seven akigenda yavugako agiye gufata akaruhuko gato. Ariko siko vyagenze
Ashitse mu Rwanda bamubwiyeko hari (...)
- Inkuru / HomeNews Ivyo umuririmvyi "Jiji Seven" yamereye abakunzi biwe azobishitsa vuba https://mail.igihe.bi/dvd-i-m-a-soldier-ya-jiji-seven.html https://mail.igihe.bi/dvd-i-m-a-soldier-ya-jiji-seven.html 2014-01-30T14:09:54Z text/html rn HomeNews
Isango umuririmvyi Jiji Seven yahaye abakunzi biwe riregereje, agatu yabateguriye agiye kugatekurura. Za ndirimbo indwi zegeranirijwe mu rukurikirane «I'm a soldier» yashize muri DVD nshasha izoba ibaye iya mbere yiwe hamwe nokwerekana ubuzima bwiwe bigiye gushikirizwa abakunzi biwe.
Irakoze Jean-Claude atangura asaba imbabazi abakunzi biwe, ati : «Ibigora bigora abagabo, kandi haruha uwuri ku kivi». Haheze iminsi abemereye gushira ku mugaragaro DVD yegeranirijwemwo indirimbo 7 yise «I'm a (...)
- Inkuru / HomeNews