Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576 IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......rnSPIP - www.spip.netSam Over Mix ntiyahevye umuziki ahubwo yatandukiriye n'amareresi
https://mail.igihe.bi/sam-over-mix-ntiyahevye-umuziki.html
https://mail.igihe.bi/sam-over-mix-ntiyahevye-umuziki.html2013-10-23T03:12:34Ztext/htmlrnHomeNews
<p>Irakoze Hugues ariwe azwi cane kw'izina rya Sam Over Mix ni umurundi w'umurimvyi akina n'amareresi n'ibindi.Abakunzi b'umuziki wiwe baribaza iyo yagiye kuko bamubona mu kirabo « Iwabo n' Abantu » aho aririmba muri karaoke hamwe no ku kirabo « Kw'Isango » ndetse n'ahandi. Over Mix araseruka cane mu mahayanishwa y'ibidandaza canke y'ibikorwa nko mu mashirahamwe yo gutumatumanako amakuru za Africel, Smart. Ikibazo “None OverMix ageze he n'umuziki wiwe?” kikabasha riho kubazwa. <br class='autobr' />
Sam atangura aca umugani (...)</p>
-
<a href="https://mail.igihe.bi/-inkuru-230-.html" rel="directory">Inkuru</a>
/
<a href="https://mail.igihe.bi/+-homenews-+.html" rel="tag">HomeNews</a>