Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576 IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......rnSPIP - www.spip.netInyuma y'urugendo rwa Pablo Tikken muri Kenya
https://mail.igihe.bi/inyuma-y-urugendo-rwa-pablo-tikken.html
https://mail.igihe.bi/inyuma-y-urugendo-rwa-pablo-tikken.html2013-10-31T06:55:20Ztext/htmlrnHomeNews
<p>Umuririmvyi w'umurundi Pablo Tikken aherutse kuganuka ava mu gihugu ca Kenya aho yari yagiye mu murwi w'abaserukira Uburundi mw'ihayanishwa ryabereye muri ico gihugu. Pablo akaba yararonse akaryo ko kuririmba rwiwe rushasha “Burundi my country”. <br class='autobr' />
Mw'ihayanishwa “Magical Kenya Travel Expo” ryabereye mu gihugu ca Kenya, Uburundi bwaraserukiwe. Pablo Tikken, umuririmvyi w'umurundi, yari mu murwi w'abaserukiye Uburundi muri iryo higanwa. Tikken yagiye ku butumire yaronse. Mu birori bisozera iryo (...)</p>
-
<a href="https://mail.igihe.bi/-inkuru-240-.html" rel="directory">Inkuru</a>
/
<a href="https://mail.igihe.bi/+-homenews-+.html" rel="tag">HomeNews</a>