Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Joseph BUTORE :“ico bene urugo badafunguye gitera amakenga umushitsi” https://mail.igihe.bi/Joseph-BUTORE-ico-bene-urugo.html https://mail.igihe.bi/Joseph-BUTORE-ico-bene-urugo.html 2018-07-05T14:17:20Z text/html en vianney HomeIrambuye HomeNews
Icegera ca kabiri c'umukuru w'igihugu Joseph BUTORE asaba abarundi kwijukira hamwe no gukoresha ibidandazwa n'ibihingurirwa mu Burundi kuko ata muntu ava hanze y'igihugu yobikunda abarundi batabanje kubikunda ubwabo.
- Ubudandaji / HomeIrambuye, HomeNews Ishirahamwe ry'amahinguriro mu Burundi ryatanguje ihuriro hayanishwa https://mail.igihe.bi/Ishirahamwe-ry-amahinguriro-mu.html https://mail.igihe.bi/Ishirahamwe-ry-amahinguriro-mu.html 2018-06-14T13:10:54Z text/html fr HomeIrambuye HomeNews
Ishirahamwe ry'amahinguriro akorera mu Burundi AIB ryatanguje ihuriro hayanishwa ry'amahinguriro akorera mu Burundi kuva kur'uyu wa kane igenekerezo rya 14 Ruheshi 2018. Umukuru w'ishirahamwe AIB, amenyesha ko iryo huriro hayanishwa rizomara iminsi itatu, rizofasha mu guteza imbere igisata c'amahinguriro mu Burundi.
- Ubudandaji / HomeIrambuye, HomeNews Abadandaza igitoro basabwe kunagura amaserano abaha uruhusha rwo kukidandaza https://mail.igihe.bi/Abadandaza-igitoro-basabwe.html https://mail.igihe.bi/Abadandaza-igitoro-basabwe.html 2018-05-24T13:11:40Z text/html fr HomeNews
Ubuyobozi bujejwe kugenzura igitoro mu bushikiranganji bw'ubutare n'agataka, busaba abadandaza igitoro kunagura amasezerano abaha uburenganzira bwo kudandaza igitoro mu Burundi.
- Ubudandaji / HomeNews Amasoko ane yasubiwemwo n'igisagara ca Bujumbura agiye kwinjirwa https://mail.igihe.bi/Amasoko-ane-yasubiwemwo-n.html https://mail.igihe.bi/Amasoko-ane-yasubiwemwo-n.html 2018-05-11T10:02:19Z text/html fr HomeNews
Mu gihe hari haheze iminsi hari imyidogo mu badandaza bafise ibibanza mu masoko yasubiwemwo n'igisagara ca Bujumbura, ubuyobbozi bw'igisagara ca Bujumbura bumenyesha ko amasoko ane muri ayo, azokwugururwa kw'igenekerezo rya 30 Rusama 2018.
- Ubudandaji / HomeNews Uburundi bugiye kwakira Ihuriro hayanishwa ry'amahinguriro akorera mu Burundi https://mail.igihe.bi/Uburundi-bugiye-kwakira-Ihuriro.html https://mail.igihe.bi/Uburundi-bugiye-kwakira-Ihuriro.html 2018-05-11T09:52:01Z text/html fr HomeNews
Umukuru w'Ishirahamwe ry'amahinguriro akorera mu Burundi AIB ririko rirategura ihuriro hayanishwa ry'amahinguriro akorera mu Burundi rizoba kuva kw'igenekerezo rya 14 gushika kurya 16 Ruheshi, mu nyubakwa z'ihoteri Club des vacances. Olivier SUGURU arongoye iryo shirahamwe, amenyesha ko kazoba akaryo ku mahinguriro y'Uburundi, ko kwerekana ivyo ahingura, no kumenyekanisha ibihingurirwa mu Burundi.
- Ubudandaji / HomeNews Ikigo API gihamagarira abadandaza kwiyandikisha kugira bakingirwe n'amategeko https://mail.igihe.bi/Ikigo-API-gihamagarira-abadandaza.html https://mail.igihe.bi/Ikigo-API-gihamagarira-abadandaza.html 2018-03-30T14:43:34Z text/html fr HomeNews
Ikigo kijejwe kworohereza abanyamitahe(API) gihamagarira abadandaza kwiyandikisha kugira bakingirwe n'amategeko,bongere bareke urudandazwa rwo mu gifuri kuko ivyo bikorwa bibazanira uruhombo.
- Ubudandaji / HomeNews Ishirahamwe AFRICANA KIKOI ryo muri Kenya ryatunganije ihayanishwa gurisha i Bujumbura https://mail.igihe.bi/Ishirahamwe-AFRICANA-KIKOI-ryo.html https://mail.igihe.bi/Ishirahamwe-AFRICANA-KIKOI-ryo.html 2018-03-30T11:25:36Z text/html fr HomeNews
Ishirahamwe AFRICANA KIKOI ryo mu gihugu ca Kenya ryaratunganije ihayanishwa ry'ibidandazwa mu kigo ndangamico I Bujumbura. Sylvane M. Chongwony ajejwe ibikorwa mu buserukizi bw'igihugu ca Kenya mu Burundi yuguruye ku mugaragararo iryo hayanishwa gurisha, yamenyesheje ko ibikorwa urudandazwa ruto ruto ariwo mushinge w'iterambere mu bihugu vya Afrika.
- Ubudandaji / HomeNews Ikigo OBR kiragabisha abadandaza batazotanga fagitire ku baguzi https://mail.igihe.bi/Ikigo-OBR-kiragabisha-abadandaza.html https://mail.igihe.bi/Ikigo-OBR-kiragabisha-abadandaza.html 2018-02-27T15:12:17Z text/html fr HomeNews
Ikigo kijejwe gutoza amakori n'amatagisi OBR, kimenyesha abanyagihugu ko hagiye gukoreshwa ifagitire ku badandaza bose atawuvuyemwo, mu gusohora ibidandazwa. NIYONZIMA Jean Berchimans ,komiseri ajewe itozwa ry'amakori hagati mu gihugu, avuga ko iyo fagitire izohabwa uwo wese aguriye ikintu ku mudandaza, mbere no kubagira uruja n'uruza n'amamodokari.
- Ubudandaji / HomeNews Lumitel Burundi yashikanye igisata ca internete 4G mu Burundi bwose https://mail.igihe.bi/Lumitel-Burundi-yashikanye-igisata.html https://mail.igihe.bi/Lumitel-Burundi-yashikanye-igisata.html 2018-02-23T15:07:31Z text/html fr HomeNews
Ishirahamwe ryo gutumatumanako Lumitel rimenyesha ko ryashikanye igisata ca Internete 4G mu gihugu cose. Mu kiganiro ku bamenyeshamakuru ishirahamwe Lumitel ryatunganije kuwa gatanu igenekerezo rya 23 Ruhuhuma 2018, mu nyubakwa za Roca Golf Hotel, icegera c'umuyobozi mukuru w'ishirahamwe Lumitel, NGUYEN HUY TAN yavuze ko naho Lumitel ari ishirahamwe ryo gutumatumanako rimaze igihe gito rikora, rimaze gushika ku vyipfuzo vy'abanywanyi bayo.
- Ubudandaji / HomeNews Bujumbura : Hari ubwoba mu bunguruza abantu ko igiciro c'igitoro gishobora gusubira kuduzwa https://mail.igihe.bi/Bujumbura-Hari-ubwoba-mu-bunguruza.html https://mail.igihe.bi/Bujumbura-Hari-ubwoba-mu-bunguruza.html 2018-02-08T09:13:10Z text/html fr HomeNews
Kuva kuwa gatatu igenekerezo rya 7 Ruhuhuma, harasubiye kwibonekeza ubukene bw'igitoto co mu bwoko bwa Esansi mu gisagara ca Bujumbura. Bamwe mu bunguruza abantu n'ibintu mu gisagara bavuga ko bafise ubwoba ko igiciro c'igitoro coba kigiye gusubira kuduzwa.
- Ubudandaji / HomeNews