Deprecated:  Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
rn
SPIP - www.spip.net

Abatunzi 10 ba mbere kw'isi bamenyekanye
https://mail.igihe.bi/Abatunzi-10-ba-mbere-kw-isi.html
https://mail.igihe.bi/Abatunzi-10-ba-mbere-kw-isi.html
2018-05-29T08:48:49Z
text/html
fr

HomeNews

Umunyamerika Jeff Bezos, niwe aza mu kibanza ca mbere kw'isi, mu bantu batunze kurusha abandi. Uwo akurikirwa n'abandi babiri nyene bava mu gihugu ca Reta Zunze Ubumwe za Amerika, harumwo uwamaze igihe kinini ari muri ico kibanza.

Ubutunzi

HomeNews

Umwana mukuru wa Mowzey Radio yinjiye mu murwi w'umupira w'amaguru w'abana
https://mail.igihe.bi/Umwana-mukuru-wa-Mowzey-Radio.html
https://mail.igihe.bi/Umwana-mukuru-wa-Mowzey-Radio.html
2018-05-04T13:10:10Z
text/html
fr

HomeNews

Umwana mukuru w'umuririmvyi Mowzey Radio wo mu gihugu c'Ubuganda, aheruka kwitaba Imana, yinjiye mu murwi w'umupira w'amaguru w'abana, mu ntumbero yo guteza imbere ingabire yo gukina urwo rukino.

Utuntu n'utundi

HomeNews

Mexique : Umukenyezi yatanguye amashure yisumbuye ku myaka 96
https://mail.igihe.bi/Mexique-Umukenyezi-yatanguye.html
https://mail.igihe.bi/Mexique-Umukenyezi-yatanguye.html
2018-04-29T09:02:35Z
text/html
rn
Egide NDUWIMANA
HomeNews

Guadalupe Palacios, umunya mexikekazi w'imyaka 96 yarashitse ku cipfuzo ciwe mu kwinjira ishuri ryisumbuye. Hari haheze imyaka ine gusa yize gusoma n'ukwandika.

Ubusaza

HomeNews

Amajambo ateye amakenga ku barondera gukundana
https://mail.igihe.bi/Amajambo-ateye-amakenga-ku-21715.html
https://mail.igihe.bi/Amajambo-ateye-amakenga-ku-21715.html
2018-04-18T09:38:12Z
text/html
rn
Egide NDUWIMANA
HomeNews

Abantu benshi birabagora kumenya namba uwo bakunda nawe abakunda canke uko wiyumvira uwo ukunda ko nawe ariko akwiyumvira. Kenshi na kenshi hariho amajambo yumvikana ko hagati y'abashaka gukundana harimwo uwutabishatse.

Urukundo

HomeNews

Mbega ubuhanza bwoba ari ingwara ? "Ego na OYA"
https://mail.igihe.bi/Mbega-ubuhanza-bwoba-ari-ingwara.html
https://mail.igihe.bi/Mbega-ubuhanza-bwoba-ari-ingwara.html
2018-04-11T14:56:57Z
text/html
rn
Egide NDUWIMANA
HomeNews

Abantu benshi babona abafise ubuhanza barakunze kwibaza ikibazo gikurikira : "Ubuhanza bwoba ari ingwara? Inyishu ya Muganga yanonosoye ivyo kuvura ingwara zo ku rukoba, ni Ego na oya.

Utuntu n'utundi

HomeNews

Kunuka mu kanwa yoba ari ingwara? Umuntu afise ico kibazo yogira gute?
https://mail.igihe.bi/Kunuka-mu-kanwa-yoba-ari-ingwara.html
https://mail.igihe.bi/Kunuka-mu-kanwa-yoba-ari-ingwara.html
2018-04-04T13:12:56Z
text/html
rn
Egide NDUWIMANA
HomeNews

Kenshi turakunze kwumva mu kibano bavuga bati urya muntu iyariko aravuga mu kanwa ntamota neza na gato, aho haba ari mu rupfasoni kuko benshi bakunda kuvuga bati urya muntu aranuka mu kanwa. Iyo ariko aravuga wumva womubwira akegerwayo. Mbega kunuka mu kanwa vyoba arigwara?

Impanuro

HomeNews

Kwigunga kwoba kuri mu bituma umuntu ataramba
https://mail.igihe.bi/Kwigunga-kwoba-kuri-mu-bituma.html
https://mail.igihe.bi/Kwigunga-kwoba-kuri-mu-bituma.html
2018-03-30T09:23:24Z
text/html
rn
Egide NDUWIMANA
HomeNews

Kubw'icirwa abashakashatsi bakoreye mu gihugu c'Ubwongereza, kubaho uri wenyene canke kutagira abagenzi biratuma umuntu agira ingwara z'umutima. Ni harya umutima uhagarara canke isanganya ry'imitsi yo mu mutwe arivyo bita AVC mu rurimi rw'igifaransa.

Utuntu n'utundi

HomeNews

Uburundi mu kibanza ca nyuma ku rutonde rw'ibihugu abantu babayeho mu munezero
https://mail.igihe.bi/Uburundi-mu-kibanza-ca-nyuma-ku.html
https://mail.igihe.bi/Uburundi-mu-kibanza-ca-nyuma-ku.html
2018-03-15T10:21:57Z
text/html
fr

HomeNews

Igihugu c'Uburundi nico cashizwe mu kibanza ca nyuma kw'isi,ku rutonde rw'ibihugu bifise abanyagihugu babayeho mu munezero muke, nkuko vyerekanwa mu cegeranyo y'igisata ca ONU citaho ivy'umunezero (World Happiness Report 2018).

Ubutunzi

HomeNews

USA : Bill Gates yatakaje ikibanza ca mbere mu batunze kurusha abandi kw'isi
https://mail.igihe.bi/USA-Bill-Gates-yatakaje-ikibanza.html
https://mail.igihe.bi/USA-Bill-Gates-yatakaje-ikibanza.html
2018-03-09T11:38:24Z
text/html
fr

HomeNews

Umunyamerika Bill Gates,yahora mu kibanza kw'isi mu batunzi, yatakaje ico kibanza yari amazemwo iminsi muri uyu mwaka wa 2018, gifata uwundi munyamerika Jeff Bezos.

Utuntu n'utundi

HomeNews

Inkurikizi mbi y'ukunywa inzoga ku bakiri bato
https://mail.igihe.bi/Inkurikizi-mbi-y-ukunywa-inzoga-ku.html
https://mail.igihe.bi/Inkurikizi-mbi-y-ukunywa-inzoga-ku.html
2018-03-05T13:44:51Z
text/html
rn
Egide NDUWIMANA
HomeNews

Inzoga ni mbi ku magara y'umuyabaga cane gusumba umuntu akuze kuko bataba barakomera haba ku mubiri mbere no mu buryo bw'ibigumbagumba. Utuyoga duke ataco dushobora kwica na kimwe ku muntu akuze turashobora gukwegera ingaruka mbi zitoharugwa ku magara y'umuyabaga.

Impanuro

HomeNews