Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
rn
SPIP - www.spip.net

Umurwi Lion Story uzohurira mw'isabukuru n'umuririmvyi yawuboneye izuba
https://mail.igihe.bi/umurwi-lion-story-izohurira-mw.html
https://mail.igihe.bi/umurwi-lion-story-izohurira-mw.html
2015-02-12T13:48:48Z
text/html
rn
HomeNews

Umurwi Lion Story uri ku rutonde rw'imirwi yatumiwe kuremesha isabukuru igiye kubera aho i Goma, bazuhirirayo n'umuririmvyi yababoneye izuba mu mudiho wa Raggae.
Isabukuru igiye kumara iminsi itatu yatumiwe abaririmvyi, imirwi y'abatamba bavuye mu bihugu vya Congo Kinshasa, Urwanda, Uburundi no mu bindi bihugu vyo muri Afrika. Iyo sabukuru ifise icivugo:"Danser pour changer, chanter pour la paix", bisigura mu Kirundi:" Tamba kugira uhindure, ririmba ku bw'amahoro".

Mu mirwi igera kuri 33 (...)

Lion Story

HomeNews

Umurwi wa Lion Story wagiriza ubutegetsi iburabuzwa ryawo
https://mail.igihe.bi/umurwi-wa-lion-story-uragiriza.html
https://mail.igihe.bi/umurwi-wa-lion-story-uragiriza.html
2014-12-24T09:21:04Z
text/html
rn
HomeNews

Abakunzi b'umurwi Lion Story baribaza igituma uwo murwi ukunzwe cane utakigirisha ibiteramo canke usohore indirimbo nshasha. Abaririmvyi bo muri uwo murwi bavuga ko babaye barakinjuye kubera ubutegetsi butariko buraborohereza mu kazi kabo.
Umurwi wa Lion Story utanga ubutumwa buciye mu ndirimbo zikozwe mu mudiho wa Raggae umaze iminsi utaboneka mu biteramo, impavu n'uko umurwi wagumye winanata gukora kugira ushike kw'ihangiro ryawo ariko uburagizwa. Ariko rero hageze aho iterabwoba (...)

Lion Story

HomeNews

Umurwi wa Lion Story baratahura iciyumviro c'isabukuru ''Buja sans tabou''
https://mail.igihe.bi/umurwi-wa-lion-story-n-umwe-mu.html
https://mail.igihe.bi/umurwi-wa-lion-story-n-umwe-mu.html
2014-02-06T09:01:53Z
text/html
rn
HomeNews

Umurwi wa Lion Story n'umwe mu mirwi itandukanye yatowe gufasha mw'isabukuru «Buja sans tabou» yateguwe n'umurwi wa «Théâtre» «la troupe Lampyre», uwo murwi ubonako iyo sabukuru izobasha vyinshi mugushikiriza ivyiyumviro vy'abo.

Isabukuru «Buja sans tabou» ni akaryo keza k'umurwi wa Lion Story ko kuvugira k'umugaragaro, ko gusemerera ivyo benshi batavuga. Sikubwayo Roméo, umwe mubagize umurwi, ati: «gutorwa kugira dufashe mw'isabukuru, n'uko twebwe dusa nababitanguye kera kuvugira ahabona ivyo benshi (...)

Lion Story

HomeNews

Igiteramo canyuma ca Lion Story mu mwaka 2013
https://mail.igihe.bi/igiteramo-canyuma-ca-lion-story-mu.html
https://mail.igihe.bi/igiteramo-canyuma-ca-lion-story-mu.html
2014-01-01T07:46:19Z
text/html
rn
HomeNews

Umurwi wa Lion Story, ucuraranga ukongera ukaririmba indirimbo z'umudiho wa Reggea, waraye ukoze igitero canyuma mu mwaka w'2013. Abatingingwa ku mudiho wa reggae ntibatazwe n'aho ikirere kitari ciza cane kubera akavura kariko karatonyanga ku gisagara ca Bujumbura.

Ku muhingamo wo ku munsi wanyuma w'umwaka w'2013, umurwi wa Lion Story wararemesheje igiteramo. Nkuko bisanzwe, umudiho wa reggae niwo wavugijwe kuva mu ntango y'igiteramo gushika gisozere bugorovye mu mango y'isaha zibiri zirenga (...)

Lion Story

HomeNews