Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
rn
SPIP - www.spip.net

Ishirahamwe Dutezanye Imbere rivuga ko ibikorwa vyaryo bifasha kugwanya amayarara mu gisagara
https://mail.igihe.bi/Ishirahamwe-Dutezanye-Imbere.html
https://mail.igihe.bi/Ishirahamwe-Dutezanye-Imbere.html
2018-11-12T13:00:47Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Pierre Claver NIZIGIYIMANA arongoye ishirahamwe risanzwe rihingura umukara mw'iyarara « Urunani Dutezanye imbere » amenyeshako ibikorwa barangura mw'ishirahamwe ryabo bifasha kugwanya amayarara yibonekeza hirya no hino mu gisagara ca Bujumbura.

ishirahamwe

HomeNews

REGIDESO ivuga ko itangwa ry'amazi rizogenda nabi muri Mukaza na Ntahangwa
https://mail.igihe.bi/REGIDESO-ivuga-ko-itangwa-ry-amazi.html
https://mail.igihe.bi/REGIDESO-ivuga-ko-itangwa-ry-amazi.html
2018-11-09T07:24:02Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Ishirahamwe REGIDESO rimenyeshako k'umusi wa gatandatu igenekerezo rya 10 Munyonyo umwaka wa 2018 itangwa ry'amazi ritazogenda neza mu ma karitiye yo mu makomine ya Mukaza na Ntahangwa kubera ibikorwa vyo gusanura umuringoti.

ishirahamwe

HomeNews

Pascal BARANDAGIYE avuga ko amashirahamwe 25 ariyo amaze kwiyandikisha
https://mail.igihe.bi/Pascal-BARANDAGIYE-avuga-ko.html
https://mail.igihe.bi/Pascal-BARANDAGIYE-avuga-ko.html
2018-11-05T16:20:09Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Umushikiranganji w'intwaro yo hagati mu gihugu n'inyigisho zo gukunda igihugu Pascal BARANDAGIYE amenyeshako amashirahamwe mpuzamakungu angana 25 ariyo amaze kwiyandikisha hisunzwe itegeko rishasha riyagenga hamwe n'amashirahamwe 11 yatanze amadosiye ariko adakwije ibisabwa.

ishirahamwe

HomeNews

PARCEM rivuga ko ribabajwe no kubona umuce wa 5 w'ibiganiro ataco washitseko
https://mail.igihe.bi/PARCEM-rivuga-ko-ribabajwe-no.html
https://mail.igihe.bi/PARCEM-rivuga-ko-ribabajwe-no.html
2018-10-26T17:15:21Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Ishirahamwe ryishinze gukangurira abarundi guhindura ingendo n'ivyiyumviro PARCEM rimenyeshako ribabajwe no kubona umuce wa 5 w'ibiganiro biheruka kuba i Arusha mu gihugu ca Tanzaniya ataco vyashitseko kuko hari uruhande rumwe rwavyitavye hamwe n'urundi rutitavye ivyo biganiro.

ishirahamwe

HomeNews

ATRABU: hagiye kujaho ishure rizokarihiriza ubumenyi abashoferi
https://mail.igihe.bi/Ishirahamwe-ATRABU-rivuga-ko.html
https://mail.igihe.bi/Ishirahamwe-ATRABU-rivuga-ko.html
2018-10-25T15:15:22Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Umuvugizi akaba n'umunyamabanga w'ishirahamwe ry'abatwara abantu n'ibintu ATRABU,Charles NTIRAMPEBA amenyeshako hagiye gushingwa ishure ryigisha abashoferi batwara abantu n'ibintu mu ntumbero yo kubakarihiriza ubumenyi.

ishirahamwe

HomeNews

Rainbow Mining Burundi yemerewe gusubira gukora ibikorwa ryavyo
https://mail.igihe.bi/Rainbow-Mining-Burundi-yemerewe.html
https://mail.igihe.bi/Rainbow-Mining-Burundi-yemerewe.html
2018-10-18T11:12:24Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Ishirahamwe ricukura ubutare Rainbow Mining Burundi ryemerewe kubandanya ibikorwa ryavyo imyuma yaho amashirahamwe akorera mu gisata co gucukura ubutare ahagaritswe asabwa gukora yisunze itegeko rigenga ico gisata.

ishirahamwe

HomeNews

CAPES+ na PISC-BURUNDI asaba Reta kubaza ibizokwigirwa mu biganiro vyimirije
https://mail.igihe.bi/CAPES-na-PISC-BURUNDI-asaba-Reta.html
https://mail.igihe.bi/CAPES-na-PISC-BURUNDI-asaba-Reta.html
2018-10-17T19:21:58Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Amashirahamwe CAPES + na PISC –BURUNDI yasaba reta y'Uburundi kubaza ibizokwigirwa mu biganiro vyimirije hamwe no kumenyeshwa abantu bose batumiwe mu biganiro vyo ku ncuro ya 5 bigiye kuba mu misi iri imbere.

ishirahamwe

HomeNews

PARCEM isaba abanyeporitike gufasha gutorera umuti ikibazo c'ubukene kiri mu gihugu
https://mail.igihe.bi/PARCEM-isaba-abanyeporitike.html
https://mail.igihe.bi/PARCEM-isaba-abanyeporitike.html
2018-10-17T19:11:14Z
text/html
en
vianney
HomeIrambuye

Ishirahamwe ryishinze gukangurira abarundi guhindura ingendo n'ivyiyumviro PARCEM risaba abanyeporitike b'Uburundi gukora ibishoboka kugira bafashe gutorera umuti ikibazo c'ubukene kiri mu gihugu.

ishirahamwe

HomeIrambuye

PARCEM isaba inama yo ku rwego rwo hejuru yiga ikibazo c'amasanganya yabaye ndanse
https://mail.igihe.bi/PARCEM-isaba-inama-yo-ku-rwego-rwo.html
https://mail.igihe.bi/PARCEM-isaba-inama-yo-ku-rwego-rwo.html
2018-10-09T11:19:13Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Ishirahamwe ryishinze gukangurira abarundi guhindura ingendo n'ivyiyumviro PARCEM risaba ko haba inama yihuta yo ku rwego rwo hejuru mu gihugu kugira itorere umuti ikibazo c'amasanganya yibonekeza mu mihingo itandukanya y'igihugu murino misi.

ishirahamwe

HomeNews

Urunani ASSUR ruvuga ko rugiye gutunganya inama yo kuduza umwimbu w'amashirahamwe yarwo
https://mail.igihe.bi/Urunani-ASSUR-ruvuga-ko-rugiye.html
https://mail.igihe.bi/Urunani-ASSUR-ruvuga-ko-rugiye.html
2018-10-08T16:54:22Z
text/html
en
vianney
HomeIrambuye
HomeNews
MainSlideNews

Urunani rw'amashirahamwe ategekaniriza gushumbusha mu gihe c'impanuka ASSUR(Association des Societes d'assurance du Burundi) rugiye gutunganya inama ya mbere rukokoma ihuza abantu bose begwa n'ico gisata mu ntumbero yo kuduza umwimbu w'ayo mashirahamwe.

ishirahamwe

HomeIrambuye,
HomeNews,
MainSlideNews