Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Iran: Umukobwa amaze kwahukana incuro 10 mu myaka 2 https://mail.igihe.bi/iran-umukobwa-yarengukijwe-mu.html https://mail.igihe.bi/iran-umukobwa-yarengukijwe-mu.html 2015-03-10T15:10:24Z text/html rn HomeNews
Umukobwa wo mu gihugu ca Iran yarengukijwe imbere y'ubutungane yagirizwa gukoresha amayeri "escroquerie". Uwo amaze kwahukana incuro 10 mu myaka ibiri.
Amakuru atangwa n'ikinyamakuru 7sur7 ntatanga izina ry'uwo mwigeme w'imyaka 20 amaze kwahukana incuro 10 mu myaka iri munsi 2. Ubutungane bumukurikira ku caha co gukoresha amayeri "escroquerie".
None uwo mukobwa yabigenza gute?
Uwo mwana w'abakobwa yakunda kuja mu butambiro bwo mw'ijoro "boites de nuit", yaba agiye kuronderayo abahungu bava mu (...)
- Urukundo / HomeNews Uwo bokwubakanye amaze guhindura, ikanzu yokwambaye yayikoreye ibitangaza https://mail.igihe.bi/hasigaye-itanu-gusa-kugira-bareke.html https://mail.igihe.bi/hasigaye-itanu-gusa-kugira-bareke.html 2015-01-03T09:50:25Z text/html rn HomeNews
Hasigaye iminsi itanu gusa kugira bereke abavyeyi, incuti n'abagenzi ubukomezi bw'urukundo, umuhungu bagira bubakane yaciye umubwira ko atamukunda ko kandi atabugeni bagirana nawe. Kuva aho aca ategura ukundi yogira urubanza kandi yibagira ikibi yamukoreye.
Shelby Swink afise imyaka 23 aba mu gisagara ca Memphis i Tennessee amaze kwumva ko uwo bokwubakanye atamukunda ko kandi badashobora kwubakana, yategerezwa guhamagara abo yari yatumiye bose kugira abasivye. N'umubabaro mwinshi w'ibintu (...)
- Urukundo / HomeNews Umuhungu wa Ronaldo w'imyaka 14 yafashwe asomana n'umugore w'imyaka 27 https://mail.igihe.bi/umuhungu-wa-ronaldo-bamufashe.html https://mail.igihe.bi/umuhungu-wa-ronaldo-bamufashe.html 2014-12-26T12:39:35Z text/html rn HomeNews
Umwana w'umuhungu w'umukinyi rurangiranwa ariko avugwa ko vyinshi inyuma yaho bamufatiye ariko asomana n'umugore ahakwa kunganya imyaka na nyina.
Ronald Nazário de Lima umuhungu wa Ronaldo(Bresil) afise imyaka 14 n'uburebure bwa 1,85 (1,85m). Uwo muhungu avuza umuziki mu nzu y'ubutambiro (DJ en boîte de nuit). Bamufashe isanamu ariko asomana n'umugore ahakwa kunganya imyaka na nyina wiwe Milene Domingues kuko Lu Bernardi w'imyaka 27.
Lu Bernardi n'umwigisha w'abana bato (maternel), akaba (...)
- Urukundo / HomeNews Urutonde rw'indirimbo zumvirizwa cane mu gihe co gukora amabanga y'abubatse https://mail.igihe.bi/urutonde-rw-indirimbo-zimvirizwa.html https://mail.igihe.bi/urutonde-rw-indirimbo-zimvirizwa.html 2014-12-09T14:45:35Z text/html rn HomeNews
Iyo abakundana bariko barangura amabanga y'abubatse, hari indirimbo benshi bahurizako kwumviriza kugira bagire umwanya mwiza wo kuryoherwa.
Uruganda rudandaza indirimbo "Spotify" rwaragize amatohoza ku bantu bagera ku majana 200 bafise hagati y'imyaka 18 na 91, intumbero kwari gutora indirimbo 20 zumvirizwa cane gusumba izindi mu gihe abakundana barangura amabanga y'abubatse. Kubera uruganda "Spotify" rukorera mu bisagara vya Stokholm, London, Suede... n'ibindi, hakoreshwa cane icongereza, (...)
- Urukundo / HomeNews Abasomana bahana indimi bahana imigera myinshi y'udukoko https://mail.igihe.bi/abasomana-bahana-indimi-bahana.html https://mail.igihe.bi/abasomana-bahana-indimi-bahana.html 2014-11-19T15:38:03Z text/html rn HomeNews
Abahinga karuhariwe mu ndwara ziterwa n'udukoko dutoduto (bacteries) basanze gusomana bahana indimi umwanya muto ku bakundana bahanahana indwara ziterwa n'utwo dukoko zingana imiriyoni 80 zica mu mate bahana.
Abahinga bo mu kigo "Institut Micropia au Pays-Bas" baremeza ko mu mwanya ungana imisegunda 10, abasomanye bahana utwara duterwa n'udukoko bita "bacteries" tungana imiriyoni 80. Ikindi cigwa cakozwe kigatangazwa mu kinyamakuru Microbiome kivuga ko abasomana incuro 9 ku munsi batwara za (...)
- Urukundo / HomeNews Ingorane z'urukundo zirahanze François Hollande n'umuhungu wiwe https://mail.igihe.bi/ingorane-z-urukundo-zirahanze.html https://mail.igihe.bi/ingorane-z-urukundo-zirahanze.html 2014-09-13T09:22:59Z text/html rn HomeNews
Thomas Hollande umuhungu wa François Hollande nawe yahambije se wiwe mu ngorane z'abagore. Uwo bari bamaranye imyaka mu rukundo yaraye amusezeye, Thomas yumiwe.
Uwo muhungu wa François Hollande yaguye mu yabize aronse ubutumwa ko umuririmvyi Joyce Jonathan bari bamaranye imyaka ibiri amuhevye. Ese hoho iyo yamuhamagara akabimubwira amaso mu yandi ntavyumvire mu kiganiro "Tele-Loisirs". Joyce Jonathan asanzwe ari mw'ihiganwa "Danse avec les stars" yavuze ati :"Thomas Hollande ntitukiri (...)
- Urukundo / HomeNews Ibintu 7 bituma abagore bashobora kwahukana https://mail.igihe.bi/ibintu-7-bituma-abagore-bashobora.html https://mail.igihe.bi/ibintu-7-bituma-abagore-bashobora.html 2014-06-16T15:28:23Z text/html rn HomeNews
Abahinga muvy'urukundo baregeranije ibintu bishika indwi bituma abagore batiyumvamwo urugo bubatse canke bakanahukana bivuye ku nyifato z'abagabo babo.
Ivyo bintu 7 ni ibi bikwirikira:
1) Kurenga ibigo
Bamwe mu bagabo bakunda kurondera ivyo batari bwabone, ivyo rero bituma baca kurondera abandi bagore aho womenga n'ukurondera ahoruta ahandi. Hari uwohava yibaza ko umugabo yaharurutse umugore wiwe. Ivyo rero bituma umugore atacizera umugabo wiwe, iciyumviro co kwahukana kigatangura (...)
- Urukundo / HomeNews Urukundo nyakuri rumeze gute? https://mail.igihe.bi/urukundo-nyakuri.html https://mail.igihe.bi/urukundo-nyakuri.html 2014-06-03T10:47:07Z text/html rn HomeNews
Urukundo nyakuri ni ubugenzi bukomeye buba hagati yumukobwa n'umuhungu canke hagati y'umugabo n'umugore. Muri urwo rukundo hakabamwo ivyo abo bantu babiri bemeranya bo nyene hagati yabo.
Urukundo ni rumwe mu ngabire nziza gose twahawe n'Imana. Iyo ngabire iramurikira ubuzima bwacu bwose, ihindura vyose ni nk'izuba ritanga ubushuhe, rigatanga ibara ry'ikintu, umunezero, urukundo rutuma kandi n'ibindi vyose umuntu akora bigenda neza. Ariko rero urukundo ntirwama rworoshe, nk'uko benshi (...)
- Urukundo / HomeNews Umwungere wa Ekleziya aratanga insiguro y'urukundo nyakuri https://mail.igihe.bi/umwungere-wa-ekleziya-aratanga.html https://mail.igihe.bi/umwungere-wa-ekleziya-aratanga.html 2014-03-19T13:04:23Z text/html rn HomeNews
Muri kino gihe abantu benshi baragira ibibazo hageze ko bafata ingingo ntabanduka yo kwubakana, bakagira ubwoba ko urukundo rwabo rudashobora kumara imyaka bibaza ko bazomarana. Ivyo biri mu cigwa cakozwe n'umwungere wa Ekleziya Papa François, aho yahamagarira abo bose bafise ivyo bibazo kwikuramwo uwo mugenzo w'urukundo rw'akanya gato, kuko urukundo rw'abubakanye rutegerezwa kuba urukundo rw'ibihe bidashira.
Uwo mwungere wa Ekleziya atangura atanga insiguro y'urukundo nyakuri ruzira ubwoba bwo (...)
- Urukundo / HomeNews Kubera abagabo bamuhemukiye, yahisemwo kugira ubugeni n'imbwa https://mail.igihe.bi/kubera-abagabo-bamuhemukiye.html https://mail.igihe.bi/kubera-abagabo-bamuhemukiye.html 2014-03-12T13:20:25Z text/html rn HomeNews
Umuhumure w'umugore yarambiwe n'ukwahukana kw'iminsi yose n'umubano mubi w'abagabo, yahisemwo kugirana ubugeni n'imbwa yiwe. Kubana nayo bimuha amahoro kuko arizeye ko itamuhemukira nk'abandi abo.
Amakuru dusoma mu Kinyamakur 7sur7.be, umuhumure afise imyaka 47, yaramaze imyaka irenga 20 ata mugabo bari kumwe. Kubera akabonge kaho yahukanye amaze amezi makeyi agize ubugeni, vyamuteye kudasubira kwizera umugabo n'umwe. Amanda Rodgers yahisemwo kwibanira n'imbwa yiwe Sheba yoyo itazomuhemukira. (...)
- Urukundo / HomeNews