Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Butera Knowless yasezeye muri Primus Guma Guma Super Star 4 https://mail.igihe.bi/butera-knowless-yasezeye-muri.html https://mail.igihe.bi/butera-knowless-yasezeye-muri.html 2014-03-06T07:34:52Z text/html rn HomeNews <p>Umuririmvyikazi avuka mu gihugu c'Urwanda Ingabire Butera Jeanne d'Arc, azwi kw'izina rya Knowless yasezeye mw'irushanwa rya Primus Guma Guma Super Star incuro ya 4 ririko ribera muri ico gihugu, ku mvo atahandi zivuye atari kuri we. <br class='autobr' /> Gusezera kwa Knowless mw'ihiganwa rya Primus Guma Guma Super Star(PGGSS) mu mpfunyapfunyo, ririko riba ku ncuro ya 4, aravyiyemerera we nyene. Mu butumwa yatanze, buvuga ko asezeye kubera afise ayandi masezerano menshi. <br class='autobr' /> Muri nya butumwa bwanditse mu rurimi (...)</p> - <a href="https://mail.igihe.bi/-knowles-.html" rel="directory">Knowles</a> / <a href="https://mail.igihe.bi/+-homenews-+.html" rel="tag">HomeNews</a>