Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Kanyosha : Abunguruza abaja mu ntara z'ubumanuko bafise amakenga ku gituro kigiye kwimurwa https://mail.igihe.bi/Kanyosha-Abunguruza-abaja-mu-ntara.html https://mail.igihe.bi/Kanyosha-Abunguruza-abaja-mu-ntara.html 2018-03-15T10:01:51Z text/html fr HomeNews
Abakora akazo ko kwunguruza abantu babakura mu gisagara ca Bujumbura babajana mu Bumanuko bw'igihugu, bamenyesha ko bashobora kubura abafata imodoka, mu gihe igituro c'imodoka cahora ku gituro kidandaza ibitoro ca Mogas, kiri kw'ibarabara rya kane ryo muri zone Kanyosha, cokwimurirwa muri karitiye nshasha ya Kizingwe-Bihara.
- ingendo / HomeNews Réservation d'hôtel dans le monde entier avec DS TRAVEL & INSURANCE AGENCY https://mail.igihe.bi/Reservation-d-hotel-dans-le-monde.html https://mail.igihe.bi/Reservation-d-hotel-dans-le-monde.html 2017-07-28T09:26:26Z text/html rn Egide NDUWIMANA advertorial
DS Travel & Insurance Agency vous aide à réserver une chambre d'hôtel à l'avance pour vous, où vous voulez.
- ingendo / advertorial Bourses en Chine ou des études en Inde : Faites un choix avec DS TRAVEL & INSURANCE AGENCY https://mail.igihe.bi/Bourses-en-Chine-ou-des-etudes-en.html https://mail.igihe.bi/Bourses-en-Chine-ou-des-etudes-en.html 2017-06-15T14:59:36Z text/html rn Egide NDUWIMANA advertorial
Etes-vous parmi ces étudiants qui souhaiteraient étudier en Chine à moindre coût dans différentes universités ou gratuitement par bourses du Gouvernement chinois ? L'Agence de voyage DS TRAVEL & INSURANCE AGENCY se propose votre partenaire privilégié dans l'accomplissement des procédures nécessaires et l'octroi d'un Visa.
- ingendo / advertorial Ivyambu bihuza Uburundi na Congo mu karere Rusizi vyugawe https://mail.igihe.bi/Ivyambu-bihuza-Uburundi-na-Congo.html https://mail.igihe.bi/Ivyambu-bihuza-Uburundi-na-Congo.html 2017-04-19T11:48:15Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Ubuyobozi bw'Akarere ka Rusizi bumenyesha ko bwafashe ingingo y'ukwugara ivyambu bihuza ako karere ka Rusizi n'ibihugu vy"uburundi hamwe na Repuburika iharanira intwaro rusangi ya Congo, kubera ikibazo c'umutekano n'urudandazwa rwa magendu ruhakorerwa.
Mu kiganiro Harerimana Frederic, Umuyobozi w'Akarere ka Rusizi yagiranye na IGIHE, yamenyesheje ko vyakozwe mu ntumbero yo gukingira inyungu z'umutekano hamwe n'ukurwanya urudandazwa rwa magendu.
HARERIMANA yasiguye ko ubuyobozi bw'akarere ka (...)
- ingendo / HomeNews Icegera ca mbere c'umukuru w'igihugu muri Somalia (Video) https://mail.igihe.bi/icegera-ca-mbere-c-umukuru-w-15774.html https://mail.igihe.bi/icegera-ca-mbere-c-umukuru-w-15774.html 2016-03-16T13:25:55Z text/html rn Jean De Dieu HomeNews - ingendo / HomeNews Ubuserukizi bwa Amerika burahakana ko ata bategetsi b'abarundi bwasibije urugendo https://mail.igihe.bi/ubuserukizi-bwa-amerika-burahakana.html https://mail.igihe.bi/ubuserukizi-bwa-amerika-burahakana.html 2015-10-08T10:05:32Z text/html rn egide HomeNews
Ubuserukizi bwa Reta zunze ubumwe za Amerika mu Burundi burabeshuza amakuru amaze iminsi akwiragizwa, avuga ko hari abategetsi b'abarundi basubijwe inyuma mu gihe bari bashaka kuja muri ico gihugu, bivuye ku cuka coba kitari ciza hagati y'Uburundi na Reta zunze ubumwe za Amerika.
Mw'itangazo ubwo buserukizi bwasohoye, bamenyesha ko abo bategetsi b'abarundi bavugwa ko bankiwe kuja muri Reta zunze ubumwe za Amerika batigeze batanga amadosiye asaba uburenganzira bwo kwinjira muri ico gihugu (...)
- ingendo / HomeNews Ibikorwa vy'ihuriro rya Crans Montana biriko birabera i Rabat https://mail.igihe.bi/ibikorwa-vy-ihuriro-rya-crans.html https://mail.igihe.bi/ibikorwa-vy-ihuriro-rya-crans.html 2014-06-21T08:24:11Z text/html rn HomeNews
Umukuru w'igihugu c'Uburundi Petero Nkurunziza ari mu gihugu ca Maroc, aho bitegekanijwe ko yitaba ihuriro rya 25 rya Crans Montana, izorangira kuri uwu wa 22 Ruheshi 2014.
Mu bikorwa vy'iryo huriro birongowe n'umwami w'igihugu ca Maroc Mohamed wa 5, umukuru w'igihugu c'Uburundi Petero Nkurunziza ari kumwe n'abandi bategetsi baserukiye ibihugu bitandukanye nka Blaise Compaoré umukuru w'igihugu ca Burkina Faso, umukuru wa Monténégro Filip Vujanovic, Umupfasoni Marie Louise Coleiro Preca wa (...)
- ingendo / HomeNews