Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Ikigo c'Abafaransa cahariye ukwezi kwa Ruheshi ibidukikije https://mail.igihe.bi/ikigo-c-abafaransa-cahariye-ukwezi.html https://mail.igihe.bi/ikigo-c-abafaransa-cahariye-ukwezi.html 2014-04-23T15:10:08Z text/html rn HomeNews
Ikigo c'abafaransa catunganije ikiganiro ku bamenyeshamakuru aho catanga urutonde rw'ibikorwa nyamukuru bigiye gukorwa mu mezi 3 ari imbere. Inyuma y'ivyo bikorwa bazoca baja mu karuhuko.
Nk'uko ikigo c'Abafaransa c'i Bujumbura cama kibikora uko amezi atatu aheze, kirashira k'umugaragaro urutonde rw'ibizokorwa. Urutonde rwashizwe ahabona n'urwo guhera mu kwezi kwa Rusama gushika muri Mukakaro. Ibikorwa bizokwugururwa n'igiteramo c'agakura kizoremeshwa n'umuririmvyi wo mu mudiho wa Rap ava mu gihugu (...)
- Bujumbura / HomeNews Ikigo ca IFB cuguruye imiryango inyuma y'ukwezi yugaye https://mail.igihe.bi/ikigo-ca-ifb-cuguruye-imiryango.html https://mail.igihe.bi/ikigo-ca-ifb-cuguruye-imiryango.html 2013-09-04T10:01:13Z text/html rn HomeNews
Ikigo c'Abafaransa co mu Burundi (Institut Français du Burundi) cuguruye imiryango inyuma y'ukwezi yugaye. Uwo mwanya wari uw'ibikorwa vyo gusubira gutunganya inyubakwa n'ibikoresho vy'ico kio. Wari n'umwanya w'akaruhuko ku bakozi bakorera ico kigo. Abantu rero ngo nibitege ibishasha vyinshi nkuko abayobozi bico kigo babimenyesha.
Ibikorwa vy'ikigo c'Abafaransa co mu Burundi kiri i Bujumbura congeye kugurura imiryango kuri uyu wa 4 Nyakanga 2013 inyuma y'ukwezi cugaye. Nkuko vyamenyeshejwe (...)
- Bujumbura / HomeNews Urukurikirane n'ibiteramo bishasha vya Gaël FAYE i Bujumbura https://mail.igihe.bi/urukurikirane-n-ibiteramo-bishasha.html https://mail.igihe.bi/urukurikirane-n-ibiteramo-bishasha.html 2013-06-11T05:32:45Z text/html rn HomeNews
«Pili pili sur un croissant de beurre » niryo zina Gaël FAYE yahaye urukurikirane rwiwe rushasha. Akaba agiye kugira ibiteramo bibiri i Bujumbura. Akazoba aherekejwe n'umurwi wiwe Milk Coffee & Sugar.
Kuri uyu wa kabiri, umuririmvyi Gaël FAYE yaremesheje ikiganiro ku bamenyeshamakuru aho yararamutse ashira ku mugaragaro urukirane rwiwe rushasha mu Burundi. Urwo rukirikirane rukaba rugizwe n'indirimbo 15. Inyuma y'ibiteramo bibiri yagize ku ndwi iheze mu gihugu c'Urwanda, iyi ndwi akaba (...)
- Bujumbura / HomeNews