Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Cibitoke:Ishirahamwe CATD risabira ibihano umukoresha yaturiye umukozi https://mail.igihe.bi/Cibitoke-Ishirahamwe-CATD-risabira.html https://mail.igihe.bi/Cibitoke-Ishirahamwe-CATD-risabira.html 2018-01-03T07:49:11Z text/html fr HomeNews
Ishirahamwe rijejwe abakozi bo mu nzu CATD risaba ko umukoresha yaturiye umukozi wiwe mu ntara ya C'ibitoke yohanwa hakwirikije amategeko ; kuko ata makosa umukozi yokora yotuma ahanishwa igihano co gusukakwo amazi ashushe.
- Amabi  / HomeNews Kirundo : Umwana yaturiwe ibiganza n'umuvyeyi wiwe https://mail.igihe.bi/Kirundo-Umwana-yaturiwe-ibiganza-n.html https://mail.igihe.bi/Kirundo-Umwana-yaturiwe-ibiganza-n.html 2017-04-22T08:06:21Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Mu runani rw'amashirahamwe yiyemeje guharanira ineza y'abana (FENADEB : Fédération Nationale pour la Défense des Droits des Enfants au Burundi) basaba abajejwe intwaro hamwe n'ubutungane, ko bokorera hamwe, bagashira kandi inguvu hamwe kugira batuze ingeso imaze iminsi yibonekeza y'abavyeyi bahohotera abana babo.
Ishirahamwe FENADEB ribishikirije inyuma y'ayo mu ntara ya Kirundo hari umuvyeyi aturiye ibiganza vy'umwana wiwe, amwagiriza ko yihaye indya mu nkono.
Imbere y'aho gato, Pascasie (...)
- Amabi  / HomeNews Ishirahamwe ACPDH rirasaba leta n'abayiserukira kubahiriza agateka ka zina muntu mu mwaka wa 2017 https://mail.igihe.bi/Ishirahamwe-ACPDH-rirasaba-leta-n.html https://mail.igihe.bi/Ishirahamwe-ACPDH-rirasaba-leta-n.html 2017-01-05T16:34:55Z text/html rn Jean De Dieu HomeNews
Ishirahamwe ACPDH rirasaba leta n'abayiserukira kubahiriza agateka ka zina muntu mu mwaka wa 2017 mu gukurikiza nomu kudahonyanga amategeko yanditse.SAKE Mathieu asaba ko amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya politike yahagaritswe yorekurwa agasubira gukora ku mugaragaro
Source: Tele renaissance
- Amabi  / HomeNews UNICEF : Nta mwana n'umwe ategerezwa gusinzikarizwa agateka https://mail.igihe.bi/unicef-nta-mwana-n-umwe-ategerezwa.html https://mail.igihe.bi/unicef-nta-mwana-n-umwe-ategerezwa.html 2015-05-05T13:19:55Z text/html rn HomeNews
Ishirahamwe mpuzamakungu ryitaho abana Unicef ryasohoye itangazo, aho risaba abakorera mu gisata co kumenyesha amakuru gufasha bakingire abana gusinzikarizwa agateka kabo.
Muri iryo tangazo Ishirahamwe Unicef rimenyesha ko inyuma y'aho vyemerejwe ko hari umwana w'imyaka 15 agira kabiri yitavye Imana ahitwanywe n'urusasu mu myiyerekano iriko iraba mu gisagara ca Bujumbura, Unicef yibutsa ko ata mwana n'umwe ategerezwa gusinzikarizwa agateka canke atandukanwe n'abavyeyi yishimikije ivyashikirijwe (...)
- Amabi  / HomeNews Maison Shalom na SOJPAE bariyamiriza ipfungwa ry'imiyabaga itandatu i Muramvya https://mail.igihe.bi/maison-shalom-na-sojpae.html https://mail.igihe.bi/maison-shalom-na-sojpae.html 2015-04-22T10:36:52Z text/html rn HomeNews
Urwaruka rwo mu Burundi rurakwiye kwamirira kure abanyepolitike bashaka kurukoresha mu migumuko canke mu myiyerekano, ariko abana babo biryamiye mu mazu canke babarungitse mu mahanga.
Amashirahamwe yitwararika ineza n'agateka k'abana mu Burundi, Ikigo Maison Shalom na SOJPAE aserukiwe na barongozi Marguerite Barankitse na Jacques Bigirimana, barishikiye mw'ibohero i Muramvya, kuraba abana bafatiwe mu myiyerekano yo kuri uwu wa gatanu iheze, mu gisagara ca Bujumbura.
Muri ugwo rugendo, ayo (...)
- Amabi  / HomeNews Ikigo Seruka cashizeho urubuga ngurukanabumenyi rushasha https://mail.igihe.bi/seruka-cashizeho-urubuga.html https://mail.igihe.bi/seruka-cashizeho-urubuga.html 2015-03-30T09:05:13Z text/html rn IGIHE HomeNews
Ikigo SERUKA gisanzwe cakira abafashwe ku nguvu, cashikirije urubuga ngurukanabumenyi'' site internet ‘'rushasha rw'iryo shirahamwe, congera gishikiriza icese uburyo bwo kwitabariza bushasha umuntu akoresheje ubutumwa bugufi, mu ntumbero yo kurwanya ihohoterwa rifatiye ku gitsina.
Kubera rero intambara Uburundi bwaciyemwo , abagabo abakenyezi n'abana barahura ihohoterwa ryo gufatwa ku nguvu. Ibiharuro vyerekana ko abantu bari hagati y'120 n'i 130 aribo bama bafatwa ku nguvu buri kwezi, nk ‘uko (...)
- Amabi  / HomeNews SOJPAE irereka Reta y'Uburundi ivyokorwa mu kurwanya urudandazwa rw'abana https://mail.igihe.bi/ivyokorwa-na-reta-y-uburundi-mu.html https://mail.igihe.bi/ivyokorwa-na-reta-y-uburundi-mu.html 2015-03-27T14:37:53Z text/html rn IGIHE HomeNews
Gushiraho uburyo bwo guhanahana amakuru birushirije hagati y'igihugu c'Uburundi n'ubuserukizi bwaco mu makungu, hamwe no gukomeza amategeko n'inzego zijejwe gukinga no kurwanya urudandazwa rw'abana, biri mu vyotuma urudandazwa rw'abana rugabanuka mu Burundi.
Mu gihe muri kino gihe, na cane cane mu bihe vyegereje amatora, harakunda kwibonekeza urudandazwa rw'abana. Abo bana akenshi usanga baja kugirwa abaja, gushurashuzwa, gukoreshwa ibikorwa bibarengeye. Hari n'igihe batwarwa bakaja gukurwamwo (...)
- Amabi  / HomeNews SOJPAE: Abavyeyi baragaba urudandazwa rw'abana ruriyongera mu bihe vy'amatora https://mail.igihe.bi/sogpae-abavyeyi-baragaba.html https://mail.igihe.bi/sogpae-abavyeyi-baragaba.html 2015-03-12T15:14:44Z text/html rn IGIHE HomeNews
Urudandazwa rw'abana si agaseseshwarumuri hano mu Burundi rwaramyeho, ariko rero iyo hageze mu bihe vy'imbere y ‘amatora no mu matora nyezina ruca rwiyongera rwose nk'uko bivugwa nabo mw'ishirahamwe SOJPAE ryitaho agateka k'abana.
Ishirahamwe SOGPAE riratabaza abavyeyi, kugaba kuko iyo ngendo yabaye ndanse mu gihugu, batakambira abavyeyi bose kumera magabo kugira ntihagire umwana asubira kugirishwa nk'uko babishikiriza mw'itangazo basohoye ryatewe ko igikumu na Jacques Nshimirimana, umuyobozi (...)
- Amabi  / HomeNews SOJPAE rirajwe ishinga n'impapuro z'abaganga zidasa kuvya mfurambi vyakorewe umwana https://mail.igihe.bi/ishirahamwe-sojpae-riharanira.html https://mail.igihe.bi/ishirahamwe-sojpae-riharanira.html 2014-12-12T08:52:23Z text/html rn HomeNews
Ishirahamwe SOJPAE riharanira agateka k'abana rirajwe ishinga n'irerukurwa ry'umugabo yagirizwa kuba yafashe ku nguvu umwaka w'umukobwa. Risaba urwego rw'igihugu rw'abaganga kuraba mu nyandiko zatanzwe n'abaganga uwatanze icegeranyo c'ukuri ku bipimo vy'uko umwana yakorewe ivya mfurambi.
ISHIMWE Ornella w'imyaka 8 aba mu Nyakabiga bivugwa ko yakorewe ivya mfurambi n'umugabo w'imyaka 30 w'umubanyi wabo. Agifatwa, abavyeyi biwe bamutwaye mu kigo SERUKA hamwe no mu bitaro vya Reta « Hôpital Roi Khared » (...)
- Amabi  / HomeNews Igice ca kabiri c'ingaruka mbi zo kwikinisha(Masturbation) https://mail.igihe.bi/ingaruka-mbi-zo-kwikinisha.html https://mail.igihe.bi/ingaruka-mbi-zo-kwikinisha.html 2014-12-04T14:58:39Z text/html rn HomeNews
Ingaruka mbi zo kwikinisha(Masturbation) igice ca kabiri:
Kwinisha rero biratuma uko ubwonko bukora bigabanuka. Ivyiyumviro vyerekeza cane ku mibonano mpuzabitsina biratuma inguvu ubwonko bukoresha mu kwiyumvira zigabanuka, n'ubwenge buraheza bukagabanuka. Biratuma kandi umuntu adasubira kwumva umunezero mu gihe c'imibonano mpuzabitsina n'uwo bakundana.
Iyo umuntu ashukwa kenshi bituma imitsi nsozabwenge iremamara (affaiblissement des nerfs)
Iyo rero umuntu akunda kwikinisha arakunda (...)
- Amabi  / HomeNews