Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
rn
SPIP - www.spip.net

Patient Matabaro yemeje ku mugaragaro umwigeme bakundanye
https://mail.igihe.bi/patient-matabaro-yemeje-k.html
https://mail.igihe.bi/patient-matabaro-yemeje-k.html
2015-01-08T07:08:27Z
text/html
rn
HomeNews

Umuririmvyi Patient Matabaro atanguye umwaka atangarije abakunzi biwe uwo bakundanye.

Amakuru y'uko Patient Matabaro yerekanye uwo bakundanye yatanguye kuvugwa mu gihe uwo muririmvyi yari mu giteramo citiriwe "how much I love" ca Kook-k. Kuri uwo munsi w'igiteramo Matabaro yoba yarahamagaye umwigeme yitwa Ines amubaza ko yoba azi ko amukunda uri uwundi yishura ko abizi, aca amusoma ku munwa. Aho hari kw'igenekerezo rya 01/01/2015. Haheze iminsi ibiri gusa, Matabaro yemeje ku mugaragaro ko (...)

Inkuru

HomeNews

Umuririmvyi Patient Matabaro abonako hari ivyo kosorwa kubatanga amanota muri Primusic
https://mail.igihe.bi/umuririmvyi-patient-matabaro.html
https://mail.igihe.bi/umuririmvyi-patient-matabaro.html
2014-08-22T11:03:55Z
text/html
rn
HomeNews

Patient Matabaro aherutse gutwara agashimwe k'ihiganwa Primusic umwaka w'i 2013, arashima uko ihiganwa ritegurwa kandi arabona ibintu bimwe bimwe vyohinyanyurwa ku ruhande rw'abatanga amanota. Amanota angana ibice 30% ava mu bakunzi b'abaririmvyi, Matabaro abona ko yoguma uko, kandi yaragabanijwe kare yari ki bice 50%.
Mu gihe hasigaye indwi imwe ngo haboneke umuririmvyi agira 3 atwaye agashimwe gatangwa n'ishirahamwe Brarudi biciye mw'ihiganwa Primusic, Patient Matabaro yatwaye ico kibanza ca (...)

Inkuru

HomeNews