Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Prophet's Voice yazanye "umunywamazi" wogabanya imvura yimirije kurwa https://mail.igihe.bi/prophet-s-voice-bazanye.html https://mail.igihe.bi/prophet-s-voice-bazanye.html 2014-08-27T11:03:47Z text/html rn HomeNews <p>Umurwi wa Prophet's Voice uriko utegura igiteramo bavuga ko ari ico guhumuriza imitima y'Abarundi iri mu bibazo n'ubwoba bwa kazoza. Igiteramo kizobamwo bishasha vyinshi harimwo ururirimbo rushasha rutegerezwa kuzokora kuri benshi. <br class='autobr' /> Mu gihe Abarundi bamwe bamwe bugarijwe n'ingorane, ubwoba, n'igipfungu ca kazoza, umurwi Prophet's Voice wabateguriye igiteramo co mu mudiho wa Raggae, bitiriye "Umunywamazi". Steven Kezamutima umwe mu bagize uwo murwi, asigura umutwe w'igiteramo uku gukwirikira:" (...)</p> - <a href="https://mail.igihe.bi/-inkuru-314-.html" rel="directory">Inkuru</a> / <a href="https://mail.igihe.bi/+-homenews-+.html" rel="tag">HomeNews</a>