Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
rn
SPIP - www.spip.net

Gitega : Femi de j'Abat ariko arasigura ibijanye n'igitabo '' Encyclopedie de la musique burundaise''
https://mail.igihe.bi/Gitega-Femi-de-j-Abat-ariko.html
https://mail.igihe.bi/Gitega-Femi-de-j-Abat-ariko.html
2018-02-02T08:59:59Z
text/html
fr
HomeNews

Umuririmvyi Felicien MINANI azwi kw'izina rya Femi de J'Abat arabandanya igikorwa co gutanguza, iyandikwa ry'igitabo kizoba kivuga k'ubuzima bw'abaririmvyi n'ubwo umuziki mu Burundi. Kur'uyu wa gatanu igenekerezo rya 2 Ruhuhuma 2018, ico gikorwa kiriko kibera mu ntara ya Gitega.

Utugenegene

HomeNews

OBDA : Kwandikisha ibikorwa mvabwenge kugira bikingirwe ni inyungu ku gihugu
https://mail.igihe.bi/OBDA-Kwandikisha-ibikorwa.html
https://mail.igihe.bi/OBDA-Kwandikisha-ibikorwa.html
2017-07-17T08:25:02Z
text/html
rn
HomeNews

Ikigo c'igihugu kijejwe gukingira agateka k'abahinga n'ibikorwa mvabwenge (OBDA : Office Burundais du Droit de l'Auteur et des Droits Voisins) gisaba abahinga, abaririmvyi n'abatunganya ibikorwa mvabwenge kwandikisha ibikorwa muri ico kigo kibijejwe kugira bikingirwe, ndetse babone kubironkerako inyungu, n'igihugu kihungukire.

Utugenegene

HomeNews

Abatanga ivyiyumviro baciye mu bicapo bokwubahirizwa n'ubutegetsi
https://mail.igihe.bi/uwuserukira-ubuhorande-ati.html
https://mail.igihe.bi/uwuserukira-ubuhorande-ati.html
2014-09-04T10:00:58Z
text/html
rn
HomeNews

Urwaruka rw'Uburundi rufise impano yo gucapa rwaronkejwe akaryo ko kuja mw'ihiganwa mpuzamakungu ryo gutanga iciyumviro biciye mu bicapo. Ihiganwa ryateguwe n'igihugu c'Ubuholande mu ntumbero yo gukomeza amahoro n'ubutungane mu Burundi no kw'isi yose.

Urwaruka rw'Abarundi rugera kuri 23 rwaratanze ibicapo vyabo mw'ihiganwa ririko ribera i La Haye mu Buhorande. Iryo higanwa rihuza ibihugu bigera kuri 50 vyo kw'isi, abambere 10 bazoronswa akaryo ko ibicapo vyabo bizokwerekanwa kw'isi nzima. Ibicapo (...)

Utugenegene

HomeNews