Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Alida Baranyizigiye ntadohoka mu gukora ivyo yemereye Imana https://mail.igihe.bi/alida-baranyizigiye-ntadohoka-mu.html https://mail.igihe.bi/alida-baranyizigiye-ntadohoka-mu.html 2015-01-09T13:45:50Z text/html rn HomeNews <p>Umuririmvyikazi Alida Baranyizigiye ntaradohoka kw'ibanga yemeye ryo kuririmbira Imana, yasohoye ururirimbo mpimbazamana rugira kabiri ruvuga amashimwe. <br class='autobr' /> Alida atangura aririmba ati : " Waravuze ko uzokwama hafi yanje, ndakwiteze Mwami wanje ngw'ino unkize. Ndakubonye ukundi gusha kuko ijambo ryawe ari iry'ukuri". Ayo majambo aririmbwa mu ruririmbo yaririmbanye n'uwitwa Jimmy yise "Amashimwe". <br class='autobr' /> Haheze ikiringo c'ukwezi kumwe n'iminsi uwo muririmvyikazi afashe iyo ngingo none amaze gusohora (...)</p> - <a href="https://mail.igihe.bi/-indirimbo-322-.html" rel="directory">Indirimbo</a> / <a href="https://mail.igihe.bi/+-homenews-+.html" rel="tag">HomeNews</a>