Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
rn
SPIP - www.spip.net
-
Mw'isanamu nshasha, Alida anezerezwa n'umukunzi wiwe
https://mail.igihe.bi/mw-isanamu-nshasha-alida.html
https://mail.igihe.bi/mw-isanamu-nshasha-alida.html
2014-09-16T08:30:36Z
text/html
rn
HomeNews
<p>Alida Baranyizigiye amaze iminsi ari mu bikorwa vyinshi vy'umuziki, yashize ahabona isanamu y'ururirimbo "I fell Alright". Alida aririmbira umukunzi wiwe ko aguwe neza bari kumwe. <br class='autobr' /> Alida mu rurimi rw'icongereza ruvanze igifaransa, aririmbira umukunzi wiwe yerekana mw'isanamu ati :" Numva merewe neza, ntakekeranya ubu uri ngaha. Sinumva ico nokora kugira ndabikwereke, kiretse ubisomye mu mutima wanje. Iyo umenya ico niyumvira igihe cose uri kumwe nanje, n'uko numva merewe neza". Ayo majambo (...)</p>
-
<a href="https://mail.igihe.bi/-amasanamu-326-.html" rel="directory">Amasanamu</a>
/
<a href="https://mail.igihe.bi/+-homenews-+.html" rel="tag">HomeNews</a>