Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
rn
SPIP - www.spip.net

Ashley arahakana ko adakundana na Satb
https://mail.igihe.bi/Ashley-arahakana-ko-adakundana-na.html
https://mail.igihe.bi/Ashley-arahakana-ko-adakundana-na.html
2017-12-01T09:52:33Z
text/html
fr
HomeNews

Ashley ashitse mu gihugu yamenyesheje ko ururirimbo "My Level" yarukoze abisabwe n'abakunzi biwe. Arahakana ko adakundana na Satb, amenyesha ko umuntu yaririmvye azomuvuga izina inyuma y'igiteramo yimirije.

Inkuru

HomeNews

Ashley Diva azoshigikirwa naba bitumwako mu giteramo yimirije
https://mail.igihe.bi/Ashley-Diva-azoshigikirwa-naba.html
https://mail.igihe.bi/Ashley-Diva-azoshigikirwa-naba.html
2017-11-23T15:03:42Z
text/html
rn
Egide NDUWIMANA
HomeNews

Ashley agiye gushira ku mugaragaro "Video" y'ururirimbo aherutse gusohora. Abaririmvyi batari bake bari ku rutonde rw'abazomufasha kuremesha igiteramo.

Inkuru

HomeNews

Ashley avuga ko ikorwa ry'umuziki mu Burundi ridatunganijwe neza
https://mail.igihe.bi/Ashley-avuga-ko-ikorwa-ry-umuziki.html
https://mail.igihe.bi/Ashley-avuga-ko-ikorwa-ry-umuziki.html
2017-10-27T15:04:26Z
text/html
fr
HomeNews

Ashley agiye gushira ahabona video y'ururirimbo aherutse gusohora. Uwo muririmvyikazi aravuga igituma adakorana cane n'abaririmvyi bo hanze mu gihe abandi baririmvyi bagenzi babirukira. Aranavuga agahaze ku gituma indirimbo ndundi zitavuzwa cane hanze y'igihugu.

Inkuru

HomeNews

Ireresi yateguwe na Ibra Kwizera yasubiriye kuja mw'ihiganwa mpuzamakungu
https://mail.igihe.bi/Ireresi-yateguwe-na-Ibra-Kwizera.html
https://mail.igihe.bi/Ireresi-yateguwe-na-Ibra-Kwizera.html
2017-08-30T12:07:09Z
text/html
rn
Egide NDUWIMANA
HomeNews

Ibra KWIZERA yakoze ireresi "Ashley" avuga ko uusubira mw'ihiganwa kw'iyo reresi kwabaye nk'igitangaza kuko yari imaze guhiganwa ahantu henshi, ikaba kandi iya kera. Kugira ibikorwa vy'abanyamyuga b'Abarundi bishirwe ku rwego mpuzamakungu, bisaba ko umuhinga amenya ico ariko arakora n'aho ashaka gushika, nk'uko bivugwa n'uwo yakoze iyo reresi.

Inkuru

HomeNews

Sat-b na Ashley boba bakundana
https://mail.igihe.bi/Sat-b-na-Ashley-boba-bakundana.html
https://mail.igihe.bi/Sat-b-na-Ashley-boba-bakundana.html
2017-08-16T13:57:05Z
text/html
rn
HomeNews

Ashley amaze iminsi yandika kuri facebook yiwe utujambo twoba twerekana ko hoba hari imigenderanire y'urukundo hagati yiwe na Sat-b. Eka si Ashley gusa, na Sat-b yanditse ayandi majambo nayo nyene yerekana imigenderanire y'urukundo na Ashley. Ashley asa n'uwubihakana.

Inkuru

HomeNews

Ikorwa ry'isanamu "Waya Waya"ryabaye akananira bahinga
https://mail.igihe.bi/ikorwa-ry-isanamu-waya-waya.html
https://mail.igihe.bi/ikorwa-ry-isanamu-waya-waya.html
2015-04-03T09:01:16Z
text/html
rn
HomeNews

Ikorwa ry'isanamu y'ururirimbo "Waya Waya" rwa Ashley yagize ingorane z'umuhinyanyuzi yoyikora kubera isaba kwitonderwa. naho biri uko, inyuma y'ukwezi ishobora kuja ku mugaragaro.

Haheze iminsi havugwa ikorwa ry'isanamu y'ururirimbo "Waya Waya" rwa Ashley, ariko gushika ubu isanamu ntirakorwa, twegereye umuririmvyikazi Ashley atubwire ingorane isanamu yiwe yagize. Ashley yishura ati:" Isanamu yatanguye kugomba gukorwa na JB Production ku buntu kugira kandi iyo nzu y'ubuhinyanyuzi imenyekane, (...)

Inkuru

HomeNews

Ashley arabeshuza abanditseko ibikorwa vyiwe bidatera imbera kubera inyifato mbi
https://mail.igihe.bi/ashley-arabeshuza-abanditse.html
https://mail.igihe.bi/ashley-arabeshuza-abanditse.html
2015-03-06T08:07:50Z
text/html
rn
HomeNews

Umuririmvyikazi Ashley Girukwishaka ariko ariyamiriza amajambo yanditswe n'uwitwa Frank pro ku bijanye n'isanamu y'ururirimbo "Waya waya". Ashley yagirijwe kuba afise inyifato mbi, no kutubahiriza amasezerano, nawe ati:"Abo bandika ivyo batatohoje n'ukuncafuza".

Frank pro yanditse avugako isanamu y'ururirimbo "Waya Waya" rya Ashley yosohotse mu ntango z'uku kwezi kwa Ntwarante, ikozwe na JP Production, studio ikorera mu Gihosha. Uwo Frank abandanya yandika ko abajejwe "studio"bahinduye umugambi (...)

Inkuru

HomeNews

Inyambaro n'inyicaro vya Ashley Girukwishaka bivugwako vyinshi
https://mail.igihe.bi/inyambaro-n-inyicaro-vya-ashley.html
https://mail.igihe.bi/inyambaro-n-inyicaro-vya-ashley.html
2015-01-23T14:25:15Z
text/html
rn
HomeNews

Umuririmvyikazi Ashley Girukwishaka akunze kwifotoza amafoto akavurwako vyinshi, ubu hoho yashizeko ifoto aho asa n'uwari gusa.

Imwe mu mafoto azokoreshwa mw'isanamu y'ururirimbo rushasha "Wayawaya" iriko ivugwako vyinshi ku rubuga rwa facebook. Bavuga cane ku kuntu Ashley yari yicaye n'ukuntu yari yambaye. Bamwe babona ko Ashley asigaye yifotoza nka ba Rihanna, Miley Cyrus, ba Kim Kardashian n'abandi bagore n'abakobwa bo mu za Bulaya na Amerika.

Ivyo biri uko mu gihe uwo muririmvyikazi avuga (...)

Inkuru

HomeNews

Umuririmyikazi Ashley yavanye muri Kenya intambo nshasha itazwi na hamwe kw'isi
https://mail.igihe.bi/umuririmvyikazi-ashley-yahora-mu.html
https://mail.igihe.bi/umuririmvyikazi-ashley-yahora-mu.html
2015-01-08T11:04:43Z
text/html
rn
HomeNews

Umuririmvyikazi Ashley yahora mu gihugu ca Kenya yahakuye ibitari bike bishobora ku mwungura ubwenge kandi bimufashe mw'itera mbere ry'umuziki wiwe. Yakoreyeyo indirimbo, yatanze ibiganiro ku nsamirizi hamwe n'amasezerano yagize yo kugurisha indirimbo ziwe.
Ashley yavuye mu Burundi aja muri Kenya yitavye ubutumire bw'umuririmvyi Chopha yashaka ko basubiramwo ururirimbo "Me Love you"rwa Ashley. Ashitseyo ntivyakunze kubera amahera Ashley yamusavye ntiyayatanze, uwo muririmvyikazi aca akora (...)

Inkuru

HomeNews

Ashley yagiranye amasezerano n'abazodandaza indirimbo ziwe
https://mail.igihe.bi/ashley-yagiranye-amasezerano-n.html
https://mail.igihe.bi/ashley-yagiranye-amasezerano-n.html
2014-11-26T13:42:41Z
text/html
rn
HomeNews

Ashley iyo ari mu gihugu ca Kenya ariko akora cane ibijanye n'akazi kiwe k'umunyamuziki. Kuva ashika muri Kenya, yashikiye mu biganiro ku nsamirizi n'imboneshakure. Ubu naho Ashley yagiranye amasezerano n'abagurisha indirimbo.

Inyuma yo gutumirwa mu biganiro ku nsamirizi n'imboshakure KBC iri i Nairobi muri Kenya, agakorana indirimbo n'umuririmvyi Chopha, Ashley aherutse kugirana amasezerano na "Room Tech" . Iyo nzu isanzwe ikora ibijanye no kumenyekanisha ibikorwa vy'abaririmvyi, igiye gukorana (...)

Inkuru

HomeNews