Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Kook-k n'abandi baririmvyi bagiye gusohora ireresi https://mail.igihe.bi/Kook-k-n-abandi-baririmvyi-bagiye.html https://mail.igihe.bi/Kook-k-n-abandi-baririmvyi-bagiye.html 2017-07-10T14:55:56Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Kook-k avuga ko ibikorwa vyiwe vyo gutegura no gukina amareresi vyatwaye cane umwanya wo kuririmba. Ivyo abivuga mu gihe hari amareresi agera kuri 2 ariko ategura. Ivyo bikorwa vy'amareresi abikorera mu Burundi, ibindi akabikorera mu bindi bihugu, nk'uko avyivugira
- Inkuru / HomeNews Umukobwa azoboneka mw'isanamu "I am feeling" baramunyegeje mu maso (Amafoto) https://mail.igihe.bi/umukobwa-azoboneka-mw-isanamu-i-am.html https://mail.igihe.bi/umukobwa-azoboneka-mw-isanamu-i-am.html 2014-10-21T07:59:16Z text/html rn HomeNews
Isanamu y'ururirimbo rwa Kook-k iriko itegurwa, iyo nteguro yayo iboneka mu mafoto arimwo umukobwa ataco yahishije kuko hanini aboneka ari gusa. Iyo ndirimbo itanga ubutumwa bw'urukundo gusa.
Amafoto y'ururirimbo amaze kuja ahabona arimwo umukobwa yambaye agahuzu ko munsi gapfuka igitsina gusa. Baragerageje kumufuka mu maso kugira ntamenyekane ariko, ko azoboneka isanamu imaze kuja ku mugaragaro bari gushaka bakamwerekana.
Kook-k avuga ko ururirimbo "I am feeling it" ata kindi ruvuga atari (...)
- Inkuru / HomeNews Kook na Thity Love bibarutse umwana azanye bishasha https://mail.igihe.bi/kook-na-thity-love-bahejeje.html https://mail.igihe.bi/kook-na-thity-love-bahejeje.html 2014-10-06T11:39:32Z text/html rn HomeNews
Urugo rw'abaririmvyi Kook-K na Thity Love rwavutsemwo ikibondo, imfura y'umukobwa ije nk'icamwa c'urukundo hagati yabo. Uwo mwana azanye bishasha bitari bimenyerewe.
Inyuma y'imyaka itatu bubakanye, MPAWENIMANA Juma Habib azwi kw'izina ry'ubuhizi Kook- k n'umutambukanyi wiwe Nahishakiye Thierryve nawe azwi kw'izina rya Thity Love bahejeje kuronka ikibondo.
Kook-k ati :" Nipfuza ko umwana wanje Imana yomucisha mu nzira naciyemwo zose, ntibagiye ko yoba cane cane umuririmvyi. Vuba cane jewe (...)
- Inkuru / HomeNews