Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Urwanda: Umushikiranganji wa mbere w'Ubuhindi ari mu rugendo murico gihugu https://mail.igihe.bi/Urwanda-Umushikiranganji-wa-mbere.html https://mail.igihe.bi/Urwanda-Umushikiranganji-wa-mbere.html 2018-07-24T10:58:12Z text/html en vianney HomeNews
Umushikiranganji wa mbere w'igihugu c'ubuhindi Narendra Modi yakiriwe i Kigali kuruno wa kabiri igenekerezo rya 24 Mukakaro 2018,n'umukuru w'igihugu c'Urwanda Paul KAGAME ,mu rugendo arimwo murico gihugu rw'imisi ibiri.
- Rwanda / HomeNews Abayoboke ba Zebiya bahungiye mu Rwanda ntibarahabwa ubuhungiro https://mail.igihe.bi/Abayoboke-ba-Zebiya-bahungiye-mu.html https://mail.igihe.bi/Abayoboke-ba-Zebiya-bahungiye-mu.html 2018-03-31T10:09:49Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Abarundi bagera ku 2523 b'impunzi kandi b'Abayoboke ba Zebiya baherutse kuva muri Repuburika iharanira Demokarasi ya Congo, bimukira mu Rwanda, ntibarahabwa ubuhungiro kuko batarubahiriza ibisabwa na Reta y'Urwanda. Ivyo ni nk'ukwubahiriza amategeko agenga impunzi, kwemera guharurwa umwe ku wundi, hamwe n'ukwakira imfungurwa hamwe n'imiti bahabwa. Ubutegetsi bw'Urwanda bwasavye abo barundi kubanza kwubahiriza amategeko agenga impunzi, hamwe n'amategeko agenga abasaba ubuhingiro mu Rwanda.
- Rwanda / HomeNews Amasezerano y'isoko rusangi y'ubumwe bwa Afrika yemejwe Uburundi butarimwo https://mail.igihe.bi/Amasezerano-ashiraho-isoko-rusangi.html https://mail.igihe.bi/Amasezerano-ashiraho-isoko-rusangi.html 2018-03-22T06:49:04Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Ibihugu 44 vyo mu muryango w'ubumwe bwa Afrika vyateye umukono ku masezerano ashiraho isoko rusangi ry'ivyo bihugu, AFCFTA, ariko ingingo zijanye n'uruja n'uruza rw'abantu muri ivyo bihugu zikaba zitumvikanweko na bose, kuko ibihugu 27 gusa arivyo vyemeje izo ngingo.
- Rwanda / HomeNews Inama Uburundi butitavye yatanguye i Kigali https://mail.igihe.bi/Inama-Uburundi-butaserukiwemwo.html https://mail.igihe.bi/Inama-Uburundi-butaserukiwemwo.html 2018-03-21T08:03:21Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Abakuru b'ibihugu bigize umuryango w'ubumwe bwa Afrika bakoraniye i Kigali mu gihugu c'Urwanda kuva kuri uwu wa gatatu, mu nama y'ukwemezwa amasezerano y'ugushiraho isoko rusangi y'ubumwe bwa Afrika (CFTA : Continental Free Trade Area). Uburundi ntibwaserukiwe muri iyo nama, umukuru w'igihugu Petero NKURUNZIZA akaba yandikiye uwutwara ubumwe bwa Afrika, amubwira igituma atitavye iyo nama.
- Rwanda / HomeNews Rwanda : La jeunesse des différentes confessions religieuses appelée à consolider la paix https://mail.igihe.bi/Rwanda-La-jeunesse-des-differentes.html https://mail.igihe.bi/Rwanda-La-jeunesse-des-differentes.html 2018-03-20T11:33:42Z text/html rn Egide NDUWIMANA advertorial
Certains jeunes de la société sud-coréenne œuvrant pour la promotion de la paix dans le monde à travers la culture chrétienne ont rencontré les jeunes des différentes universités du Rwanda pour échanger sur la facon de promouvoir la paix.
- Rwanda / advertorial Abayoboke ba Zebiya bahungiye mu Rwanda bagabishijwe https://mail.igihe.bi/Rwanda-Impunzi-z-abarundi-zavuye-i.html https://mail.igihe.bi/Rwanda-Impunzi-z-abarundi-zavuye-i.html 2018-03-13T11:03:50Z text/html fr HomeNews
Umushikiranganji ajejwe gukinga ibiza no gutahukana impunzi mu gihugu c'Urwanda, asaba impunzi z'abarundi zavuye mu gihugu ca Republika Iharanira Intwaro Rusangi ya Kongo zimukira mu gihugu c'Urwanda kwisubirako zikemera gufungura ibifungurwa bahabwa.
- Rwanda / HomeNews Rwanda : Musenyeri Bimenyimana Jean Damascène yitavye Imana https://mail.igihe.bi/Rwanda-Musenyeri-Bimenyimana-Jean.html https://mail.igihe.bi/Rwanda-Musenyeri-Bimenyimana-Jean.html 2018-03-12T08:46:00Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Inkuru y'umubababaro kw'ishengero Katorika mu gihugu c'Urwanda, inyuma y'aho Musenyeri Bimenyimana Jean Damascène umwungere wa Diyoseze Cyangugu yo mu gihugu c'Urwanda yitabiye Imana ku mugoroba wo kuri uwu w'Imana igenekerezo rya 11 Ntwarante 2018, mu bitaro vy'i Kanombe i Kigali, mu gihugu c'Urwanda.
- Rwanda / HomeNews Abayoboke ba Zebiya bahora i Kamanyola banse bimwe mu bifungurwa bahawe mu Rwanda https://mail.igihe.bi/Abayoboke-ba-Zebiya-bahora-i.html https://mail.igihe.bi/Abayoboke-ba-Zebiya-bahora-i.html 2018-03-09T08:06:04Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Abayoboke ba Zebiya NGENDAKUMANA bahora mw'ikambi y'impunzi ya Kamanyola muri Repuburika iharanira intwaro rusangi ya Congo, bakaba baheruka kwimukira mu gihugu c'Urwanda kubera imvo z'umutekano wabo, banse gufungura ibifungurwa vyo mu mahinguriro bahawe, nk'uko vyemezwa n'ubuyobozi bw'Akarere ka Rusizi.
- Rwanda / HomeNews Umumenyereza w'umurundi Patrick Richard Ngwijuruvugo yatwaye igikombe ca mbere mu Rwanda https://mail.igihe.bi/Umumenyereza-w-umurundi-Patrick.html https://mail.igihe.bi/Umumenyereza-w-umurundi-Patrick.html 2017-11-27T13:48:57Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Kuri w'Imana uheze mu gisagara ca Kigali, ,niho harangira ihiganwa ryatunganijwe (tournoi d'ouverture) mu ntumbero yo gutanguza ihiganwa nyezina ry'igihugu mu mupira w'amaboko "Basketball" rigiye gutangura mu mpera z'ino ndwi. Umumenyereza w'umurundi Patrick Richard Ngwijuruvugo, n'umugwi aheruka kuja kumenyereza "REG" nibo batahukanye igikombe c'iryo higanwa.
- Rwanda / HomeNews Urwanda rugiye kwakira abimukira 30.000 bavuye muri Libiya https://mail.igihe.bi/Urwanda-rugiye-kwakira-abimukira.html https://mail.igihe.bi/Urwanda-rugiye-kwakira-abimukira.html 2017-11-23T12:53:54Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Igihugu c'Urwanda citavye akamo katewe n'umugabane wa Afrika ku vyerekeye igurishwa ry'abantu muri Libiya.
- Rwanda / HomeNews