Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576 IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......rnSPIP - www.spip.netB Face avuga ko ata ngorane afitaniye n'abakora indirimbo zihayagiza Imana mu mudiho wa Rap
https://mail.igihe.bi/B-Face-avuga-ko-ata-ngorane.html
https://mail.igihe.bi/B-Face-avuga-ko-ata-ngorane.html2018-02-13T07:46:59Ztext/htmlfrHomeNews
B-Face, umuririmvyi wo mu mudiho wa Rap B-Face yaraye asohoye ururimbo rushasha yise « Hitamwo », aho adomako urutoke, akanegura abakora indirimbo zihayagiza Imana bakoresheje umudiho wa Rap. B-Face akavuga ko yaririmvye ikiri ku mutima, atawe bafitaniye ingorane.

Inkuru

HomeNews
Umuririmvyi B-Face yatoye zimwe mu ndirimbo ziwe zigiye gukorerwa amasanamu
https://mail.igihe.bi/umuririmvyi-b-face-amaze-kubona.html
https://mail.igihe.bi/umuririmvyi-b-face-amaze-kubona.html2014-10-16T13:57:24Ztext/htmlrnHomeNews

Umuririmvyi B-Face amaze kubona indirimbo ziri mu majwi "Audios" zibaye nyinshi, yigiriye inama yo gutanguza isekeza ryo kuzikorera amasanamu. Zibiri za mbere yahisemwo mu zindi zigiye gushirwa mu minwe y'abahinyanyuzi karuhariwe b'amasanamu.

B- Face ashaka ko isanamu ya mbere y'ururirimbo "Like This" yoyikora na Black G bamwe bazi kw'izina rya Africano. Iyo ashaka ko izokorwa n'abahinyanyuzi bakorera mu kibiri aribo Fleury Pro, Cherif Pro, na Johnny B. Ico gikorwa kirangiye, B Face avuga ko (...)

Inkuru

HomeNews