Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576 IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......rnSPIP - www.spip.netIndirimbo y'amateka ya CNDD FDD yahawe agashimwe
https://mail.igihe.bi/Indirimbo-y-amateka-ya-CNDD-FDD.html
https://mail.igihe.bi/Indirimbo-y-amateka-ya-CNDD-FDD.html2018-11-08T11:26:24Ztext/htmlenvianneyHomeNews
Inyuma y'iminsi indwi gusa yanditse ku rubuga rwiwe rwa Facebook ko ashimishwa n'uko indirimbo yakoze ihuza Abarundi bo mu moko yose n'intara zose, umuririmvyi NSENGIYUMVA MINANI Félicien batazira Maréchal FEMI DE J'ABAT yaronkejwe agashimwe kagizwe n'ibahasha y'amafaranga y'amadorare agera ku gihumbi kimwe.

u Burundi

HomeNews
Mairie –Gisyo :Umuntu yakomerekejwe n'imvubu
https://mail.igihe.bi/Mairie-Gisyo-Umuntu-yakomerekejwe.html
https://mail.igihe.bi/Mairie-Gisyo-Umuntu-yakomerekejwe.html2018-09-21T08:28:03Ztext/htmlenJean De DieuHomeNews
Uwitwa Esperance NZORIJANA yaraye akomerejwe n'imvubu mw'ijoro ryo kuruyu wa kane buca ari kuruyu wa gatanu igenekerezo rya 21 Nyakanga umwaka wa 2018 inyuma yaho iteye murugo iwe.

u Burundi

HomeNews
Mairie-Mutakura: Abasuma 3 bapfuye barashwe
https://mail.igihe.bi/Mairie-Mutakura-Abasuma-3-bapfuye.html
https://mail.igihe.bi/Mairie-Mutakura-Abasuma-3-bapfuye.html2018-08-06T10:09:23Ztext/htmlenJean De Dieu
Abasuma batatu nibo baraye bapfuye bahitanywe n'amasasu igihe c'isaha umunani z'ijoro kuruyu w'Imana buca ari kuryu wa mbere igenekerezo rya 6 Myandagaro 2018 ku Mutakura mu gisagara ca Bujumbura.

u Burundi
Takayuki MIYASHITA, Ambassador of Japan to Burundi inaugurates the buildings constructed by the Japanese people
https://mail.igihe.bi/Takayuki-MIYASHITA-Ambassador-of.html
https://mail.igihe.bi/Takayuki-MIYASHITA-Ambassador-of.html2018-07-07T14:21:28Ztext/htmlenJean De Dieuadvertorial
On June 28,2018,H.E.Mr. Takayuki MIYASHITA, Ambassador of Japan to Burundi inaugurates the buildings constructed by the Japanese people for the Mutaho fundamental School in Gitega province.

u Burundi

advertorial
242e anniversaire de l'Indépendance des Etats Unis : Le Burundi plaide pour le rétablissement de la Coopération
https://mail.igihe.bi/242e-anniversaire-de-l.html
https://mail.igihe.bi/242e-anniversaire-de-l.html2018-07-06T09:28:33Ztext/htmlenJean De Dieuadvertorial
L'Ambassade des Etats Unis au Burundi a célébré ce Mercredi le 242eme anniversaire de la Constitution américaine, le jour où les Etats Unis ont déclaré leur indépendance, dans un document connu sous le nom de la Déclaration de l'indépendance. Anne Casper, Ambassadeur des Etats Unis au Burundi et Jean de Dieu NDIKUMANA Secrétaire permanant au Ministère burundais des Relations Extérieurs ont saisi cette occasion pour souligner le partenariat entre les deux pays. Tous les deux ont exprimé leur souhait de voir cette coopération continuer à se renforcer et les vies burundaises continuent à s'améliorer.

u Burundi

advertorial
Umukuru w'igihugu yagenye umukuru w'urwego nshingwantwaro rwa FMCR
https://mail.igihe.bi/Umukuru-w-igihugu-yagenye-umukuru.html
https://mail.igihe.bi/Umukuru-w-igihugu-yagenye-umukuru.html2018-06-28T05:47:07Ztext/htmlfrHomeIrambuye
Umukuru w'igihugu Petero NKURUNZIZA yagenye umuyobozi mushasha w'urwego nshingwantwaro rw'ikigega gitanga ingurane Fonds de Micro-Credit Rural FMCR.

u Burundi

HomeIrambuye
Umukuru w'igihugu yagenye abagize urwego nshingwantwaro rwa REGIDESO
https://mail.igihe.bi/Umukuru-w-igihugu-yagenye-abagize-22277.html
https://mail.igihe.bi/Umukuru-w-igihugu-yagenye-abagize-22277.html2018-06-27T19:12:28Ztext/htmlfrHomeNews
Umukuru w'igihugu Petero NKURUNZIZA yagenye bashasha bagize urwego nshingwantwaro rw'ishirahamwe ritanga amatara n'amazi mu Burundi REGIDESO.

u Burundi

HomeNews
CNC yashize ahabona igicapu c'ikarata nshasha y'abamenyeshamakuru
https://mail.igihe.bi/CNC-yashize-ahabona-igicapu-c.html
https://mail.igihe.bi/CNC-yashize-ahabona-igicapu-c.html2018-06-25T11:34:10Ztext/htmlfrHomeNews
Ikigo kijejwe gucungera ingene ibinyamakuru bikora mu Burundi CNC, cashize ahabona isanamu y'ikarata nshasha igiye guhabwa abamenyeshamakuru bakorera mu Burundi.

u Burundi

HomeNews
Uburundi bubandanya kwitegurira inama ya COMESA izobera i Lusaka
https://mail.igihe.bi/Uburundi-bubandanya-kwitegurira.html
https://mail.igihe.bi/Uburundi-bubandanya-kwitegurira.html2018-06-22T09:04:33Ztext/htmlenHomeNews
Reta y'Uburundi ivuga ko ibandanya kwitegurira kwakira inama ya COMESA, gushika umunsi abakuru b'ibihugu bigize iyo nama bazokoranira bemeze ko iyo nama itakibereye mu Burundi, nk'uko vyashikirijwe n'ubuyobozi bwa COMESA.

u Burundi

HomeNews
Jean Claude KARERWA arahumuriza ku magara y'umukuru w'igihugu bivugwa ko atifashe neza
https://mail.igihe.bi/Jean-Claude-KARERWA-arahumuriza-ku.html
https://mail.igihe.bi/Jean-Claude-KARERWA-arahumuriza-ku.html2018-06-22T08:11:21Ztext/htmlenHomeNews
Umuvugizi w'umukuru w'igihugu Jean Claude KARERWA NDENZAKO arahumuriza abarundi ko amagara y'umukuru w'igihugu Petero NKURUNZIZA adasinzikaye, aho akaba ari inyuma y'aho uwo arongoye Uburundi abonekeye acumbagira, kw'igenekerezo rya 7 Ruheshi i Bugendana, mu ntara ya Gitega, umunsi yari yitavye ibirori vy'ukwemeza ibwirizwa shingiro rishasha.

u Burundi

HomeNews