Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576 IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......rnSPIP - www.spip.netMkombozi na K-Ross basohoye isanamu y'ururirimbo"Ndakuzirikana": Amafoto
https://mail.igihe.bi/mkombozi-na-k-ross-basohoye.html
https://mail.igihe.bi/mkombozi-na-k-ross-basohoye.html2014-10-29T08:26:04Ztext/htmlrnHomeNews
<p>Isanamu y'ururirimbo "Ndakuzirikana" yagiye ahabona, n'ururirimbo rwakozwe n'abaririmvyi Mkombozi na K-Ross wo mu Rwanda, isanamu ikozwe mu maguru masha kuko nta minsi iheze ururirimbo rusohotse. <br class='autobr' />
Inyuma y'amezi atari make Mkombozi ategura gukorana ururirimbo na K-Ross wo mu Rwanda ariko umwanya ukamubera impambamyi kubera cane cane ibikorwa vya Primusic, igikorwa bakoranye carangiye. Isanamu y'ururirimbo "Ndakuzirikana" bakoranye yasohotse. <br class='autobr' />
Tubibutse ko Mkombozi yatanguye kuja mu Rwanda (...)</p>
-
<a href="https://mail.igihe.bi/-amasanamu-369-.html" rel="directory">Amasanamu</a>
/
<a href="https://mail.igihe.bi/+-homenews-+.html" rel="tag">HomeNews</a>