Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
rn
SPIP - www.spip.net

Umuririmvyi w'umurundi Jean Marie AHISHAKIYE agiye gushira ahabona indirimbo ziwe zishasha
https://mail.igihe.bi/Umuririmvyi-w-umurundi-Jean-Marie.html
https://mail.igihe.bi/Umuririmvyi-w-umurundi-Jean-Marie.html
2018-08-22T14:46:18Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Umuririmvyi w'umurundi azwi kw'izina rya AHISHAKIYE Jean Marie asanzwe aba mu gihugu ca Australiya amenyesha ko mu minsi ya vuba agiye gushira ahabona indirimbo ziwe zishasha zitatu zose zanditswe mu rurimi rw'ikirundi. Jean Marie AHISHAKIYE avuga ko izo ndirimbo zose zitanga ubutumwa bushingiye ku buzima bwa minsi yose.

umucuraranzi

HomeNews

Isanamu y'ururirimbo rushasha "No Love" rwa SAT-B
https://mail.igihe.bi/Isanamu-y-ururirimbo-rushasha-No.html
https://mail.igihe.bi/Isanamu-y-ururirimbo-rushasha-No.html
2018-07-26T14:19:27Z
text/html
en
Jean De Dieu
HomeNews

Isanamu y'ururirimbo rushasha "No Love" rwa SAT-B

Amasanamu

HomeNews

Isanamu y'ururirimbo rwa Natacha ft Fally ipupa yasohotse (Video)
https://mail.igihe.bi/Isanamu-y-ururirimbo-rwa-Natacha-22287.html
https://mail.igihe.bi/Isanamu-y-ururirimbo-rwa-Natacha-22287.html
2018-06-30T06:42:50Z
text/html
en
Jean De Dieu
HomeNews

Isanamu y'ururirimbo rwa Natacha ft Fally ipupa yasohotse (Video)

Amasanamu

HomeNews

Yves KAMIKIWE yagenywe kuba umuhanuzi mu bijanye n'amategeko mw'ishirahamwe ry'abaririmvyi mu Burundi
https://mail.igihe.bi/Yves-KAMIKIWE-yagenywe-kuba.html
https://mail.igihe.bi/Yves-KAMIKIWE-yagenywe-kuba.html
2018-06-02T08:53:42Z
text/html
fr
HomeNews

Umuririmvyi w'umurundi ,Yves KAMIKIWE, yagenywe kuba umuhanuzi mu bijanye n'amategeko mw'ishirahamwe ry'abaririmvyi bo mu Burundi, Amical des Musiciens du Burundi.

umucuraranzi

HomeNews

Indirimbo za Bob Marley ziracakunzwe inyuma y'imyaka 37 yitavye Imana
https://mail.igihe.bi/Indirimbo-za-Bob-Marley.html
https://mail.igihe.bi/Indirimbo-za-Bob-Marley.html
2018-05-11T07:13:20Z
text/html
fr
HomeNews

Uko umwaka utashe kw'igenekerezo rya 11 Rusama, abakunzi b'umuziki na cane cane abakunzi b'umudiho wa Reggae baribuka umuririmvyo Bob Marley afatwa nk'umwami w'uwo mudiho.Inyuma y'imyaka 37 yitavye Imana, abatari bake baremeza ko indirimbo za Bob Marley zidata uburyohe, kubera ubutumwa bukomeye yatanga mu ndirimbo ziwe.

umucuraranzi

HomeNews

Isanamu y'ururirimbo "Me and you" rwa 2 boys ft lolilo yasohotse
https://mail.igihe.bi/Isanamu-y-ururirimbo-Me-and-you.html
https://mail.igihe.bi/Isanamu-y-ururirimbo-Me-and-you.html
2018-05-08T06:58:23Z
text/html
en
Jean De Dieu
HomeNews

Amasanamu

HomeNews

IKOH ivuga ko hari indirimbo yakoze ziriko zirasohoka hadakurikijwe amategeko
https://mail.igihe.bi/IKOH-ivuga-ko-hari-indirimbo.html
https://mail.igihe.bi/IKOH-ivuga-ko-hari-indirimbo.html
2018-05-02T15:25:23Z
text/html
fr
HomeNews

Ikoh Multiservice imenyesha ko hari indirimbo ziri mu mugambi "You'll Love Changes", ikigabane ca kabiri ziriko ziraca ku buhinga ngurukanabumenyi hadakurikijwe amategeko, kandi hatari bwagere ko zisohoka, kuko bariko bariga inzira zo kuzisohoramwo. Ikoh Multiservice igasaba amaradiyo canke ibinyamakuru ko bitohanahana izo ndirimbo, ahubwo ko kugira umuziki w'Uburundi ugire agaciro, bofasha kurondera abariko barazihanahana.

umucuraranzi

HomeNews

Adjobalove yasohoye ku munsi w'amavuka yiwe isanamu y'ururirimbo rushasha
https://mail.igihe.bi/Adjobalove-yasohoye-ku-munsi-w.html
https://mail.igihe.bi/Adjobalove-yasohoye-ku-munsi-w.html
2018-04-11T14:15:55Z
text/html
rn
Egide NDUWIMANA
HomeNews

Umuririmvyi wo mu mudiho wa "Raggae" Adjobalove asanzwe ahimbaza isabukuru y'amavuka yiwe kuri uwu wa gatatu igenekerezo rya 11 Ndamukiza 2018 yasohoye amasanamu y'ururirimbo rwiwe "I'm Refugee", bisigura "Ndi impunzi".

umucuraranzi

HomeNews

Amasanamu y'ururirimbo rwa Big Fizzo " Ni wewe " yagiye ahabona
https://mail.igihe.bi/Amasanamu-y-ururirimbo-rwa-Big-21565.html
https://mail.igihe.bi/Amasanamu-y-ururirimbo-rwa-Big-21565.html
2018-04-04T12:26:15Z
text/html
en
Jean De Dieu
HomeNews

Amasanamu y'ururirimbo rwa Big Fizzo " Ni wewe " yagiye ahabona

Amasanamu

HomeNews

"Fondation Femi De J'Abat" yemerewe gukora ku mugaragaro. Hagiye gukurikira iki?
https://mail.igihe.bi/Fondation-Femi-De-J-Abat-yemerewe.html
https://mail.igihe.bi/Fondation-Femi-De-J-Abat-yemerewe.html
2018-03-30T13:54:14Z
text/html
rn
Egide NDUWIMANA
HomeNews

Ubushikiranganji bw'ubutungane bwatanze uburenganzira bw'ugukora ku mugaragaro kw'ishirahamwe "FONDATION FEMI DE J'ABAT" ry'umuririmvyi NSENGIYUMVA MINANI Félicien batazira Femi De J'Abat asanzwe aba mu gihugu ca Norvège. Ubwo burenganzira bwatanzwe inyuma y'aho uwo muririmvyi atanguje igikorwa c'ukwandika umuziki w'Uburundi mu gitabu (Encyclopedie de la musique burundaise).

Marechal Femi De J'Abat

HomeNews