Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Indoneziya: Abantu 832 bahitanywe n'ikinyamugigima https://mail.igihe.bi/Indoneziya-Abantu-832-bahitanywe-n.html https://mail.igihe.bi/Indoneziya-Abantu-832-bahitanywe-n.html 2018-10-01T10:48:17Z text/html en vianney HomeNews
Reta y'igihugu ca Indoneziya yamenyesheje yuko abantu bangana 832 nibo baharurwa ko aribo bamaze guhitanwa n'ikinyamugigima cabaye ku musi wa gatanu w'indwi iheze.
- Mu makungu / HomeNews Igihugu ca Reta Zunze Ubumwe za Amerika cagabishije igihugu ca Iran https://mail.igihe.bi/Igihugu-ca-Reta-Zunze-Ubumwe-za-22622.html https://mail.igihe.bi/Igihugu-ca-Reta-Zunze-Ubumwe-za-22622.html 2018-09-26T10:53:39Z text/html en vianney HomeNews
Umunyamabanga w'umukuru wa Reta Zunze Ubumwe za Amerika mu bijanye n'umutekano John BOLTON yagabishije igihugu ca Iran ko kizohura n'ingorane niyo cakorera ikintu kibi abanyamerika canke ibihugu bifitaniye imigenderanire na Amerika.
- Mu makungu / HomeNews USA:Umunyamabanga wa Reta avuga ko biteguriye kunagura ibiganiro na Koreya ya Ruguru https://mail.igihe.bi/USA-Umunyamabanga-wa-Reta-avuga-ko.html https://mail.igihe.bi/USA-Umunyamabanga-wa-Reta-avuga-ko.html 2018-09-20T10:23:01Z text/html en vianney HomeNews
Umunyamabanga w'igihugu ca Reta Zunze Ubumwe za Ameriaka,Mike POMPEO amenyeshako igihugu ciwe citeguye kwongera kugiranira ibiganiro n'igihugu ca Koreya ya Ruguru mu ntumbero yuko ico gihugu kireka gukoresha ibigwanisho ruhonyaganda.
- Mu makungu / HomeNews Uburusiya:Vladimir Poutine yemeje ko abakekwa kuroga Sergei Skripal Atari abicanyi https://mail.igihe.bi/Uburusiya-Vladmir-Putin-yemeje-ko.html https://mail.igihe.bi/Uburusiya-Vladmir-Putin-yemeje-ko.html 2018-09-12T15:32:45Z text/html en vianney HomeNews
Umukuru w'igihugu c'Uburusiya Vladimir Poutine yamenyesheje ko abakekwa kuroga Sergei Skripal yakekwa kuba inderetsi y'igihugu ciwe ata caha kiriho kijanye n'urwo rupfi rwabereye mu gihugu c'Ubwongereza.
- Mu makungu / HomeNews Igihugu ca Amerika kivuga ko gishobora gufatira ibihano sentare mpuzamakungu mpanavyaha https://mail.igihe.bi/Igihugu-ca-Amerika-kivuga-ko.html https://mail.igihe.bi/Igihugu-ca-Amerika-kivuga-ko.html 2018-09-11T19:53:12Z text/html en vianney HomeNews
Igihugu ca Reta Zunze Ubumwe za Amerika kiragabisha ko gishobora gufatira ibihano sentare mpuzamakungu mpanavyaha niyo yabandanya umugambi wayo wo kuburanisha abasirikare ba Reta Zunze Ubumwe za Amerika.
- Mu makungu / HomeNews Bresil:Uwuhiganirwa ikibanza c'umukuru w'igihugu yacumiswe https://mail.igihe.bi/Bresil-Uwuhiganirwa-ikibanza-c.html https://mail.igihe.bi/Bresil-Uwuhiganirwa-ikibanza-c.html 2018-09-07T10:44:22Z text/html en vianney HomeNews
Jair Bolsonaro ari mu bahiganirwa ikibanza c'umukuru w'igihugu muri Bresil yacumiswe imbugita ari mu gikorwa co kwiyamamaza mu buseruko bushira ubumanuko bw'ico gihugu.
- Mu makungu / HomeNews Ubuhindi: Abantu 400 bapfuye bahitanywe n'umwuzure https://mail.igihe.bi/Ubuhindi-Abantu-400-bapfuye.html https://mail.igihe.bi/Ubuhindi-Abantu-400-bapfuye.html 2018-08-22T16:24:54Z text/html en vianney HomeNews
Abantu bangana 400 bapfuye abaharurwa mu bihumbi nabo barata izabo inyuma yaho umwuzure uteye mu gace kitwa Kerala mu gihugu c'Ubuhindi.
- Mu makungu / HomeNews USA: Abapatiri 300 baragirizwa gufata ku nguvu abana https://mail.igihe.bi/USA-Abapatiri-300-baragirizwa.html https://mail.igihe.bi/USA-Abapatiri-300-baragirizwa.html 2018-08-15T12:06:30Z text/html en vianney HomeNews
Sentare nkuru yo muri Pennsylvanie muri Reta Zunze ubumwe za Amerika yasohoye icegeranyo y'abapatiri 300 bo muri Ekereziya Katorika baho muri Pennsylvania bagirizwa gufata ku nguvu abana barenga igihumbi mu kiringo c'imyaka 70 iheze.
- Mu makungu / HomeNews Espagne: Abantu 330 bakomerekeye mu giteramo https://mail.igihe.bi/Espagne-Abantu-330-bakomerekeye-mu.html https://mail.igihe.bi/Espagne-Abantu-330-bakomerekeye-mu.html 2018-08-14T11:54:24Z text/html en vianney HomeNews
Abantu bangana 330 nibo bakomeretse mw'ijoro ryo kuruyu wa mbere buca ari ku wa kabiri igenekerezo rya 14 Myandagaro 2018 bari mu giteramo c'umuziki ujanye n'umuco kama “Marisquino Festival” mu gihugu ca Espagne.
- Mu makungu / HomeNews Koreya ya Ruguru iragirizwa gukora ibigwanisho ruhonyanganda bishasha https://mail.igihe.bi/Koreya-ya-Ruguru-iragirizwa-gukora.html https://mail.igihe.bi/Koreya-ya-Ruguru-iragirizwa-gukora.html 2018-07-31T16:21:31Z text/html en vianney HomeNews
Igihugu ca Koreya ya RUGURU kiragirizwa ko kiriko kirakora ibindi birwanisho bishasha ruhonyanganda inyuma y'umwumvikano umukuru w'igihugu Waco yagiraniye n'umukuru w'igihugu wa Reta Zunze Ubumwe za Amerika Donald Trump.
- Mu makungu / HomeNews