Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Sat b yasohoye ifoto i pantalon igira ikoroke https://mail.igihe.bi/sat-b-yasohoye-ifoto-i-pantalon.html https://mail.igihe.bi/sat-b-yasohoye-ifoto-i-pantalon.html 2014-11-19T07:21:29Z text/html rn HomeNews <p>Iyo amaze iminsi mu gihugu ca Kenya, Sat b yashize ahabona ifoto igikiriza kiri gusa i pantalon nayo yayambariye epfo cane bimwe bita "Pocket Down". <br class='autobr' /> Iyo foto yanditse ko "The Satura amabafle" biboneka ko ari iyitiriwe ururirimbo aherutse gushira ahabona yise "Satura Amabafle". <br class='autobr' /> Raba i foto <br class='autobr' /> Mwomenya ko Sat b yahimbaje isabukuru y'amavuka kw'igenekerezo rya 16 Munyonyo, uwo muririmvyi asaba Imana ko uko agenda akura abe ariko n'ubwenge bukura. <br class='autobr' /> Raba isanamu y'ururirimbo 'Satura (...)</p> - <a href="https://mail.igihe.bi/-amafoto-389-.html" rel="directory">Amafoto</a> / <a href="https://mail.igihe.bi/+-homenews-+.html" rel="tag">HomeNews</a>